Nakutambua sana Apolinaire.nlisikiliza nyimbo zako kwa mara ya kwanza 2010 wakati nilienda rwanda kufanya kazi kutoka Kenya.Mungu akubariki sana maana wimbo huu bado unagusa sana mioyo
Imana iguhezagire cane Mukozi w Imana. Indirimbo zawe zirilwo amavuta. Ntiziza zisaza. Zihembura imitima ya benshi. GOD BLESS YOU. NAKUZE NDAZIKUNDA CANE. Love you from South Africa
Amen. Ubutumwa buri mu ndirimbo zanyu burakomeye, ni amajambo koko ava mu mutima wiyeguriye Imana kandi utahura ubuntu bwayo. Uhoraho abongere inkomezi. Muraduhezagira cane.
Je nashaka kubabaza iyi ndirimbo wayanditse uri mubiki muruhe buzima,kuko iramfasha ikanyibutsa ko har'Imana ikora,ishitsa amasezerano,urakoze Mana yo mw'Ijuru
Appollianire aracari number one Gospel artist in Burundi...Imana Iguhezagire cane Mukozi W'Imana .Indirimbo zawe zafashije benshi . Urasize amavuta pe.
Who's here in 2024 for this amazing Gospel of God
🙏🏽🙏🏽😭❤️❤️
@@Ncutiy blessings on your ways
🙌🙏🙏
Indirimbo idahera uburyohe, keep doing , we don't have anything to offer to our Lord
Jeww😢😢😢😢😢
Abakunda Appornaire nkanjye mumpe like, dukomeze guhezagirwa cane gose
Good song papa wac uhezagirwe can
🙌🙌🙏
Sinzi uko nabivuga,gusa birandenze gushima ni uku , Uwiteka, ushimwe mwami
Décembre à Milan 2023. Playlist avec sœur je venais de Paris. Toute la journée dans la présence de de
Dieu.
🇧🇮
Who’s here in November 2024 amazing gospel song
Until 2023 this song is still shaking my heart , stay blessed 💜💜
Mbega notanga iki mwami nk'ishimwe ryawe?
Merci pour cette merveileuse louange🙏UHORAHO abah'umugisha.
AMEN! Hallelujah niwe mufasha atabura guseruka narrabibonye n’ubu nuko. Shimwa YESU!
Nakutambua sana Apolinaire.nlisikiliza nyimbo zako kwa mara ya kwanza 2010 wakati nilienda rwanda kufanya kazi kutoka Kenya.Mungu akubariki sana maana wimbo huu bado unagusa sana mioyo
Nukuri ntanakimwe twatanga😭❤️❤️🙏🏼uganze imitima yacu mwami. Uri Imana yibihe byose. Ndagukunda cyane Mana
Imana ikomeze kukwibiramabanga yivyimitima yabantu dukeneye
Nuubuu turacahariiiiii ziracadufasha iz ndirimboo
My favorite song as kid and still on , blessings Over blessings to everyone who list to this beautiful song 🇧🇮 🇷🇼
Me too
@@uwayezulucie9603kkivvit😊😢😮iii
Same here😂
Amen
3:37 @@uwayezulucie9603
Muhezagirwe cane kubutumwa bwiza muhejj kuduha biciye mundirimbo vyukuri vyose nikubera imana
Nukuri imana ibahe igusha kuko nakindi nabifuriza namunsi washira numvise iyindirimbo kuko irapfasha cyane❤
Imana iguhezagire cane Mukozi w Imana. Indirimbo zawe zirilwo amavuta. Ntiziza zisaza. Zihembura imitima ya benshi. GOD BLESS YOU. NAKUZE NDAZIKUNDA CANE. Love you from South Africa
Holy Spirit is moving in us 😭😭 I feel him!
Lord God, thank you. Orakoze cyane
Imana ibandanye kutuzigamira uyumwubahwa wa KRISTO ndamukunda ndamukurako vyishi
Ooooh Lord what can i offer u, I love u JESUS❤
Mbega notanga iki Mwami nk'ishimwe ryawe ndaguhaye umutima wanje nguwuganze mukiza👐👐
Amen. Ubutumwa buri mu ndirimbo zanyu burakomeye, ni amajambo koko ava mu mutima wiyeguriye Imana kandi utahura ubuntu bwayo.
Uhoraho abongere inkomezi. Muraduhezagira cane.
Appolinnaire arakwiye gushira ingufu nyishi mu muziki. Niho yatanga ubutumwa ku bantu beshi cane
Haleluyaaaaaa....Buzoca
Courage les Amis kure cane niho mbifurije
Favorite song since a was kid up to now it's still reveals within me
Apollinaire i love you so much🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
This song still ❤❤❤ great song generation and generation
Ndaguhaye umutima wanje uwuganze mukiza🙏🙏🙏 uhoraho aguhaze akwongerereze amavuta warahezagiwe turagukunda cneeeeee
Ndaguhaye umutima wanje ngo uganze Mukiza. Sinzoguheba haba namba...
Sinzoguheba habe namba
Ndakwibuka mwatubereye umugisha mugiterane in Chicago Illinois 🇺🇸
Turabakunda cane kandi indirimbo zanyu ziradufasha merciii🥰🫂
Iyi ndirimbo nayitangizaga gahunda zanjye z'umunsi bikambera neza nubu ndongeye ndayisubukuye Appo watumye dukunda Imana mu buto bwacu Imana izabikwiture
Halleluah..!!! Haba namba Mana sinzoguheba pe.!!! 🙌🙌😭 ntacyo mfise notanga nk'ishimwe Mana atari jewe nyene.
Best artist of East Africa love ❤️
Imana yaraguhaye amavuta knd izogukomez ushishikar wibera mugitutu cisumb vyos
Ntakintu nakimwe cyadukura Ku Mana niyo buhungiro yonyine umuntu atabona uko avuga wa Mana bakureke witwa nzizaaa amazina yose na y'Imana yacu yonyine
Dieu est tout en tout mureke Imana ibe Imana
Starting 2024 with this fav song 🥹🙏🏾
Praise the Lord Jesus Christ of Nazareth!
🙏🙏🙏🙏🙏
Je nashaka kubabaza iyi ndirimbo wayanditse uri mubiki muruhe buzima,kuko iramfasha ikanyibutsa ko har'Imana ikora,ishitsa amasezerano,urakoze Mana yo mw'Ijuru
Imana iguhe imigisha kubw'umurimo wayo ukora. Turagukunda Appo.
Iyi ishobora kuba yarabaye Concert ya Matake! Izi ndirimbo iyo nzumvise bisa nkaho aribwo bwa mbere.
Mbega notangiki
Ngwamenye ishimwe
Ryanjye.....naguhaye umutima
Wanjye nguwuganze mukiza🙏🥰🥰🥰🥰
Think you brother Appolinaire❤
I feel this song all the time 😔😔thank you Jesus for the Love ❤✨✨
Appollianire aracari number one Gospel artist in Burundi...Imana Iguhezagire cane Mukozi W'Imana .Indirimbo zawe zafashije benshi . Urasize amavuta pe.
Imana ibandanye imugirira neza kand naje sinzomuheba
Thank you Apôtre, ibaye nshasha muri Jew muri kino gitondo! May God’s hand remains upon you forever we love 🥰🥰🥰
Mbega notangikii??😭😭😭😭. nothing i can offer you Lord
Ce chant me bénie merci seigneur ❤❤❤❤
Be blessed man of God, u blessed my heart with yr songs and yr humility. Courage courage
I'm in Kampala but I love your songs Soo much...bless you mn of God
Amen IMANA IGUHEZAGIRE IYINDIRIMBO
yafashije imitima ya benshi 🧎♀️🙏🤲
GOD BLESS you BROTHER🇺🇲🇺🇲❤
Indirimbo iraryosh cane❤❤
Nguhaye umutima wanjye uwuganze Mukiza❤
Imana niyo buhungiro😊❤
YOU ARE BLESSED MAN OF GOD
Turabakunda cyane Appolinaire na madam🙏🏼🙏🏼🙏🏼💓
Be blessed apostles indirimbo irimo isengesho rikomey
Ni maeva alleluia ❤❤❤❤amina buya mati ni maza niza ego sha rwandais❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Alleluiaaaa imana ni neza ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Uhezagirwe nimana ndagukunda amahoro yimana abomeho imisi yokubaho kwawe kose
Imana niyo buhungiro ni ukuri caneeeeeeee
Numufashatigerayovya😭😭sinzomuheba🙌🙌
My favorite song of all the time
Be blessed..
I've always been blessed by your songs. Frm🇷🇼
Amen amen ndaguhay umutim wnje uwuganze mwami
A Praise And Worship Dedicated Life...
We Love This Ministry
Amen Imana ikomeze kubagura
Numufasha kabx🗣️🗣️🗣️🗣️
2024 god answered my prayers🙏🏽🙏🏽
Ndishimye chane be blessed
❤️❤️ thank you for this song
.This song gives me hope to continue when I feel like I'm failing🥺😭😭😭mbega notangikii??😭😭😭🙌🙌
Be blessed ❣️👌
Ukwo nukur Papa
Nukuri Imana nubuhungiro❤❤❤
Here october 2024 Yahweh IS our everything if he bless none to Can curse
Sinzoguheba habanamba 👐👐Amen
❤ndabikundira bantu banj kubuntumwa muduh
Sinzoguheba habe na mba ❣
I really like I have received the repentance and being blessed
Amen🙏
Ntaco mfite noguh mana nguhay umutima wanj uwuganz mukoza😭😭😭😭
Your songs move me another state of feeling
May the Lord bless you
Gasanirwa Nimana pastor
You make me to feel better
Be blessed man of God
Haleluyah 🙏🙏🙏 thank you God to everything you've done for me 🙏🙏
Praise the Lord
THANK YOU JESUS
J adore vraiment la chanson
Yes I believe ur my savoir good Jesus Christ 🙏💖
Mukomerezaho
Haleluya be blessed man of God
Amen. Be blessed
Umutim waj uwugaz❤🇧🇮🇰🇪
Mbega notanga iki??? My God bless all
Icubahiro nic’Imana 🙏🙏
Imana niyobuhinguro🖤
Uhabwe umugisha
Imana niyo nuhungiro bwanjye ubu no mubihe bizoza iteka ryose 🙌🙌🙌🙌😔😔😔😔😔06.05.2022
Mbega notangiki Mwami nishimwe ryawe tuguhaye ibyacu byose natwe utuganze mukiza 13.05.2023
Hallelujah . be blessed man of GOD
P
Indirimbo iradufasha sana
Naguhaye umutima wanjye uwuyobore mwami
My favourite❤️🙏
Amina,bitagira,iherezo,
Genda ApR ndagukunda .