NTAHOYAGIYE_EPISODE 4

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • Dukomeze kumenya amakuru ya Karire yatumye yemera kurongorwa n'umutama kuburyo atacomutera ubwoba.

Комментарии • 453

  • @chachachalifa9709
    @chachachalifa9709 Год назад +21

    Abaknz ba ntah yagiye mump lik tumenyan🥰🥰🥰💞💞💞💞👍👍👍

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Год назад +22

    Waoooo ntahoyagiye yamaze kudushwaramwo abayikunda nkanj tumenyan 👌👌👌

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Год назад +64

    Ntahonagiye hejuru cane 🤟🤟🤟 mundemere like abakunzi biyi movie

  • @irakozebelyse2354
    @irakozebelyse2354 Год назад +24

    Abo natanze mundemere 😍😍😍

  • @evlineeve9282
    @evlineeve9282 Год назад +27

    Karire Inyigisho Nziza cane kugwaruka uwigishijwe na ntahoyagiye ampe like nukuri🙏💕

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 Год назад +34

    En tout cas si nacerew cn abaza nyuma gonga like hama mwikomerez

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Год назад +9

    Abakunz biyi reresi twimenyanir 👍👍👍

  • @esperanceniyonkuru6970
    @esperanceniyonkuru6970 Год назад +6

    Reka mbanze ntwenge gato naho nacerewe ntarayimaraaa😀😀😀😀😀😀harya rero tiye ntanagatebe waguze umugeni yicarahasi.ibind ndabibandanya mpejje😛😛😛♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @nyiranezadative1311
    @nyiranezadative1311 Год назад +14

    Karire Love you so much from Rwanda

  • @hozanaimmaculee8013
    @hozanaimmaculee8013 Год назад +10

    Ndabakunda Cyn abarundi ndi mu Rwanda 🇷🇼

  • @ikundabayojosiane6676
    @ikundabayojosiane6676 Год назад +4

    Karire ndakupenda sana mwese muzi kwactinga neza cyane🥰 we love you from Rwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @Francus1609
    @Francus1609 Год назад +11

    Abakunzi ba Ntahoyagiye twahishikiye.

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Год назад +4

    Abari murukundo niy séries mugonge hano hashake hake🔥🔥🔥🔥duhite twimanukira

  • @audacie8413
    @audacie8413 Год назад +11

    Uziko ninjiye murukundo niy movie 🥰🥰

  • @ndagijimanadesire6356
    @ndagijimanadesire6356 Год назад +3

    Nukuri abahungu nk' abo IMANA ibabarire. Courage !!!!!!?

  • @odaoda2517
    @odaoda2517 Год назад +1

    Yooooo karire nataraba neza bagiye kogereza ikibi ariko turizey kwimana izosaha nawe Amedèe courage ubiteguranubwege biratwigisha cane bikatwibutsa ubuzim bwoguturwa namukaso

  • @akezakimana6985
    @akezakimana6985 Год назад +8

    Ndabakund bantu banj nanj ndimubambere kabisa abaz inyum yanj mump like

    • @wwee4537
      @wwee4537 Год назад

      Tuyikurikiranira hafi

  • @thierryngezahayo-8683
    @thierryngezahayo-8683 Год назад +1

    Warubizi kuvantaguye kukuraba uranyigisha❤❤❤🤔✔

  • @nsengumuremyisylvester4950
    @nsengumuremyisylvester4950 Год назад +2

    nari ndabizi nukuri👌👌👌👌👌👌👌courage nukuri mukomezwe na mpwemu kk mbona mubikora neza cane

  • @desirebigirimana9176
    @desirebigirimana9176 Год назад +5

    Courage kwer murashoboye harimwimpanur nyish

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Год назад +5

    Tous les jours naho ncererwa mpak nicare ndabe ntaho yagiye courage karire ♥ ♥ 💪

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Год назад +5

    🔥🔥🔥🔥🔥 my Beautiful movie
    Ntahoyagiye merci beaucoup 🙏🙏
    Courage team 🥰🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @sososoryne3261
    @sososoryne3261 Год назад +2

    Love so muche team warubizi &BMT🥰🥰🥰🥰🔥🥰

  • @axellaassia8930
    @axellaassia8930 Год назад +6

    Mamawe grace🤣🤣🤣🤣🤣ego uramwambitsibara karire😁😁bamukase wumuntu ni danger gs sibose harabamez neza

  • @makinimoses9041
    @makinimoses9041 Год назад +4

    Number one mugihugu cose mur'abambere walah

  • @pascasienyanfwi966
    @pascasienyanfwi966 Год назад +7

    ❤️✌️basha ndahar🇧🇮🇰🇪

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd Год назад +4

    karire courage ndagukunda cane ndashima uburyo witwara muri firm

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 Год назад +5

    Ndazindutse

  • @claudineshemezimana9519
    @claudineshemezimana9519 Год назад +3

    Mimi wanje vyaguma vyoroha Yesu ni se wimpfuvyi mwiza Aho turemeranya♥️♥️

  • @emerykidoboziki292
    @emerykidoboziki292 Год назад +5

    Nacerewe jewe uyumusi ntaco ariko nimunpe Ayo mlikeee

  • @emerimanadivine6855
    @emerimanadivine6855 Год назад +2

    Iyi flm mwibuk vyish rab muce kumayange ndasavy kuko mbon munayiteban nzemurapfum muyiduh 2jrs mundwi ndasavye murek kugum mudutevy mubon muyiduh munatevy iyo mupfum mugumiza jeudi.

  • @user-hp5qf7bu4d
    @user-hp5qf7bu4d Год назад +2

    Ubuvyeyi nkubwo burabaje .nkuwo aruwawe ntiwomwipfuriza gupfa😢😢😢😢😢😢😢

  • @umutisondeka1
    @umutisondeka1 Год назад +9

    Love from Arcy Lucky #Ntitwisondeka

  • @Andasphotography257
    @Andasphotography257 Год назад +16

    Love from andas photography 📷💪 warubizi🙏

  • @stitore2388
    @stitore2388 Год назад +1

    Amédée courage Nadine wewe ivyawe nuwomuhabara wawe bizomenyekana mimi pore sana wubahwe

  • @evaristenganyirimana2676
    @evaristenganyirimana2676 Год назад +6

    Namba1

  • @catm9144
    @catm9144 Год назад +3

    Mimi sanze ntwenze ngo nta muntu numwe yizeyeko ubufasha kuriyisi yuzuye umururazi kitetse yesu wenyene

  • @sarandayisenga6686
    @sarandayisenga6686 Год назад +2

    Wawooo mubahwee ndabakunda

  • @abizeratv2989
    @abizeratv2989 Год назад +1

    Ewe Karire lmana ihora ihoze ewe uzoba ikiremesha murmuryango komemera lmana izokomora ewe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ amahoro

  • @clairiantiranyibagira5942
    @clairiantiranyibagira5942 Год назад +3

    Turabakund cyan courage

  • @dorianeyankunze440
    @dorianeyankunze440 Год назад +3

    Mwarimwatunyoteje zamuratunyarukiriza kukoharimwinyigisho

  • @user-is4fj2ix3u
    @user-is4fj2ix3u 4 месяца назад +1

    Karire nikobamukadata bamera gs ndagukunda cyane mperereye mu Rwanda Kigali gasabo

  • @gladysirt7606
    @gladysirt7606 Год назад +8

    Sukuzinduka gusa ndarenze😂😂

  • @dorinendikumana4996
    @dorinendikumana4996 Год назад +4

    Muri abambere kbxa mwubahw turabakunda cane

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Год назад +2

    Mbega film nziza weee mbega abakinyi beza 🥰🥰 vrm mukina muri séreuse umengo ninyavyo courage vrt KARIRE mpor bamukas wandi mwikebuk merci kunyigisho nziza turabakunda 🥰🥰🇧🇮🇸🇦

  • @irakozebelyse2354
    @irakozebelyse2354 Год назад +5

    Tuba twahageze ❤️❤️❤️

  • @JoselyneAkimana-co1xs
    @JoselyneAkimana-co1xs 2 месяца назад +1

    Karire inyigisho nziza cneeee abumva nibumveee💓😍😘

  • @wilsonericndihokubwayo5253
    @wilsonericndihokubwayo5253 Год назад +7

    Namaze kuhishikira!!!

  • @JeannetteNkurunziza-sr2qt
    @JeannetteNkurunziza-sr2qt Год назад +3

    Karire courage🥰

  • @nkunzimanabellarmin1488
    @nkunzimanabellarmin1488 Год назад +1

    Thierry kweli Imana iramubona uheza guhemuka ibigori bikera

  • @ThierryveHicuburundi
    @ThierryveHicuburundi Год назад +2

    Ariko sh Grâce ngomba umbwire series ukinamwo udakora ibibi(ishusho y'umuntu,umupfakazi,Ntahoyagiye,...)Mimi nawe ndashaka series ukinamwo uhimbawe(Ishusho y'umuntu,imwe yamwe na Theophile,.........)

  • @ariellaininahazwe6840
    @ariellaininahazwe6840 Год назад +1

    Mimi ma chérie ❤ ihorere vyose biba kumugambi w’Imana ukina neza cane ndagukunda kubi ❤

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 Год назад +5

    Narinzingo nazindutse non natanzwe

  • @filijancendayikengurukiye4047
    @filijancendayikengurukiye4047 Год назад +1

    Mukomba ww urazi icatumye ubuka kurazi kukina uri seriye kandi niyamana ndabakunda sana 🙏 ❤🇧🇮🇿🇦

  • @cedricharumukiza3780
    @cedricharumukiza3780 Год назад +1

    Mukomere cane mubikira neza love from Gitega

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 Год назад +2

    Sha ahari grâce ntivyoroha sha Mimi!!!! Gusa nyene courage

  • @belinenduwimana2309
    @belinenduwimana2309 Год назад +12

    Série ntaho yagiye oyeeee abotumvyumva kumwe ntimwibagire kugira linke

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 2 месяца назад +1

    Ndabakunda mwese filme nziza cane yimpanuro❤❤❤❤

  • @CarineNshimirimana-rs7us
    @CarineNshimirimana-rs7us Год назад +2

    Courage mukobw a mwiza ❤

  • @jeanboscondayizeye2286
    @jeanboscondayizeye2286 Год назад +3

    Ndashima jean de dieu NZAMBIMANA adahengeshanya kutubarira ko hageze

  • @divinemunezero1145
    @divinemunezero1145 Год назад +4

    Mimi ubikora neza mwiza nkunda💓❤️

  • @ivonneirakoze5736
    @ivonneirakoze5736 Год назад +2

    Courage mungu mbere

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 Год назад +1

    Warubizi courage🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @elogenemeje4406
    @elogenemeje4406 Год назад +2

    Love u karire 🥰

  • @Jombawayuser-ps2vp4nh7u
    @Jombawayuser-ps2vp4nh7u 9 месяцев назад +1

    Ntaho yagiye hejuru cane ewe nari narahomvye❤❤❤❤

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 Год назад +1

    Mwaduhay iminota mik💖💖😘

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 Год назад +1

    Ino série iramara wallah courage mimi

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 Год назад +3

    Karire weee so bon joue jtm bcp love from Dodo dorine

  • @IVYIZIGIROTv
    @IVYIZIGIROTv Год назад +5

    😱😱😱😱

  • @kevineigiraneza
    @kevineigiraneza Год назад +1

    ♥️knd courage

  • @ntirampebaange
    @ntirampebaange Год назад +4

    Ntagusiba ntuma ncererwa💪🏿💪🏿

  • @niyomwungerejohn1444
    @niyomwungerejohn1444 Год назад +5

    Mimi courage kabx❤️✌️

  • @irakevine338
    @irakevine338 Год назад +5

    Hing nicar ♥️

  • @user-xm4gd6ng5c
    @user-xm4gd6ng5c 11 месяцев назад +1

    Ntahoyagiye hejuru knd courage

  • @iteritekaaudrick697
    @iteritekaaudrick697 Год назад +1

    Ndabakund kanin 💕

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 Год назад +1

    Bash Ahantu habahar solange haba hatey ubwoba 🙄😒😒😒 Karire wanjye mpole Sha 😥 ndakwikundira 🥰🥰🥰

  • @Chanyqueen
    @Chanyqueen Год назад +4

    Bantanzeeeee

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 Год назад +1

    Gusa milleye courage vrm

  • @nzambimanajeandedieu7453
    @nzambimanajeandedieu7453 Год назад

    NTahoyagiye.ewe karire shaaa iyinkuru iranduhije ncaaaneee

  • @Chazontime
    @Chazontime Год назад +1

    Mama weeee,fire🎆🎆🎆🎆🔥

  • @evaristenimbona6670
    @evaristenimbona6670 Год назад +1

    Big up sana 💖💖💖💖👊👊👊👊

  • @akimanathienigbanani9305
    @akimanathienigbanani9305 Год назад +1

    Iyi film nayikunze kbx❤️❤️❤️❤️🇧🇮

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 Год назад +2

    Courage

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 Год назад +1

    Film nziza cane congratulations turinyuma zanyu hama munze mutwogera iminota vrtm 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏✌️

  • @jeanboscondayizeye2286
    @jeanboscondayizeye2286 Год назад +3

    Number uno 👆

  • @esperanceniyonkuru6970
    @esperanceniyonkuru6970 Год назад +1

    Mimi weeee nukuri wihangane,we muka data nawe,,oya sha gezah guhohotera umwana.muduha iminota mik

  • @paulbizimana3421
    @paulbizimana3421 Год назад +1

    Oooooh gaciye gahera!!!!!🤗🤗

  • @user-zu7by9ky2o
    @user-zu7by9ky2o 3 месяца назад +1

    Mudukorera firime nziza ❤😮😅🎉

  • @alphonsine122
    @alphonsine122 Год назад

    Mimi pole sana Imana yaduhishije vyinshi abahungu nkabo barakwiy kwikebuka kuko batazi ibirimbere

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 2 месяца назад +1

    Man fasha umukobwa waw karir arabangamiw😮😮😮😮

  • @JosianeHarerimana-p8z
    @JosianeHarerimana-p8z Месяц назад +1

    Abounding murateye imbere❤❤❤❤

  • @alexisbutoyi1206
    @alexisbutoyi1206 Год назад +5

    Mumpe like ndi mubambere mwubahwe

  • @erckkarim5771
    @erckkarim5771 Год назад

    wongegwe umugisha udukinira neza ubandanye ushira ahabona turinyuma zawe d Karire

  • @habibi5688
    @habibi5688 Год назад +2

    Courage mubirimwo neza, film irarenze pe🥰🥰

  • @MerveilleMeme-m3b
    @MerveilleMeme-m3b Месяц назад +1

    Karire inyigish nziza caneeee❤

  • @user-se8sh2lk2z
    @user-se8sh2lk2z 7 дней назад

    Mimi humura imana irikumwenawe komera❤❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @abdoulkarimmavukiro1116
    @abdoulkarimmavukiro1116 Год назад +3

    Courage team yose turabakinda

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 Год назад +2

    Love from Josiane 💓 courage

  • @jamesrukundo4024
    @jamesrukundo4024 Год назад +1

    Karire love you so much from jj james ubikora nez!

  • @user-qe6tt8qe8k
    @user-qe6tt8qe8k 6 месяцев назад

    Ntahoyagiy hejur kbx utanzinyigisk kurwaruk nimunkorr like