Nyuma y'imyaka 3 ntabonana n'umukunzi wanjye ubu twakoze ubukwe! LOVE STORY

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • @1K STUDIO​
    ✅ Click here to subscribe: rb.gy/fesssh​​...
    🔔 Turn on notifications to never miss a new upload!
    Niba nawe wifuza kudusangiza inkuru yawe waduhamagara kuri: +250785510143
    Ntiwibagirwe gukora Subscribe, Like na Share!
    Instagram: / 1kstudio_​​
    Facebook: / 1kstudioz​​​
    Twitter: / 1kstudio​​​​​​​​​
    Website: www.onekafrica...

Комментарии • 50

  • @daniellanamahoro3667
    @daniellanamahoro3667 3 года назад +5

    Uyu mu aunty nanj mwamundangiy nkaronka umwana🤣🤣🤣🤣
    Vive l'amour WE love you folodo😘

  • @MoiseNsengi-kl2qo
    @MoiseNsengi-kl2qo Год назад +2

    Oooh YB😭😭💔💔RIP..who is still watching this!!!!

  • @MN-bh1hc
    @MN-bh1hc 3 года назад +7

    Abakobwa babarundi bavuga bitonze 👍

  • @benignenishimwe8051
    @benignenishimwe8051 3 года назад +4

    What?dodo yararongowe?ewe mukama abantu tutari mugihungu ntitumenyinkuru so dodo numwana wiwacu cibitoke tuva hamwe vraiment uzomufate neza aritonda.mais mbona umengo uyu mukwe wacu nuwo gutwika🥰🥰🥰🥰🥰.iyo terme yiwe ngumwana🤣🤣🤣

  • @galileeyvanrudigi1748
    @galileeyvanrudigi1748 3 года назад +2

    Ubundi ni mwebwe....congratulations guys

  • @ariellaakimana1920
    @ariellaakimana1920 3 года назад +1

    Umuana shan 😂😂😂um baby ❤️😍😍we lov u guyz 🇧🇮🇧🇮

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 2 года назад +1

    Imana ibahezagire abarundi na banyarwanda

  • @kamikazinadege2992
    @kamikazinadege2992 2 года назад

    😀😀😀😀🤣🤣🤣umwana yabaye umuaana kabisa!! Congratulations my peoples

  • @imanirihosandrine
    @imanirihosandrine Год назад

    Congratulations ma dodo ❤

  • @claireniyompamvu5420
    @claireniyompamvu5420 3 года назад +1

    Mugire urugo rwiza mbifurije kuzotunganigwa Iman ibishimire

  • @shopaholic4624
    @shopaholic4624 3 года назад +1

    Wow!!!! Umukama aze abubakire

  • @rasruhuhuma581
    @rasruhuhuma581 3 года назад +1

    Congrats ..lovely

  • @naomieofficial2869
    @naomieofficial2869 3 года назад +1

    kw'iyi couple inrwajee
    nukri ndabakunze vrt ndabipfurije kurambana ibihe vyose birimbere yanyu

  • @umutonipatience5741
    @umutonipatience5741 3 года назад +2

    Courage my couple

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 3 года назад +2

    Waoooo umurundikazi wacu tubipfurij urugo gwiza pee

  • @marvelladuhimpundu874
    @marvelladuhimpundu874 3 года назад +1

    😍😍😍😍😍i love youuuu guys muhezagirwe🙏

  • @jg9247
    @jg9247 3 года назад +3

    Umwana 🙄🙄🙄

  • @charissekarorero7054
    @charissekarorero7054 3 года назад +1

    Oooh😍😍Félicitations

  • @zuzu1421
    @zuzu1421 3 года назад +1

    Allah azabubakire urukomeye bravo guys

  • @ingabiranogermain7632
    @ingabiranogermain7632 3 года назад +2

    Yawe nanjye namaze imyaka 3 ntabonana numukunzi wanjye ariko ubu twarabonanye twakomeze nubukwe rwose natwe tuzabaha ubuhamya

    • @1KSTUDIORW
      @1KSTUDIORW  3 года назад

      felicitation,
      muzatwandikire kuri +250785510143

  • @ketsiangabirishimwe3104
    @ketsiangabirishimwe3104 3 года назад +1

    😍😍😍 les bb mubandany mukundana shaa

  • @alicedorianetuyishemeze2938
    @alicedorianetuyishemeze2938 3 года назад +3

    Umwana umwana umwana

    • @TheBizuzu
      @TheBizuzu 3 года назад +1

      Hahahah...wavyumvise nawe :-)...ni hatari pe!

  • @ndayisengajolie2651
    @ndayisengajolie2651 3 года назад +1

    Yesu abubakire nezaaa

  • @angesignolinx5829
    @angesignolinx5829 3 года назад +1

    Nivyiz kabisa❤❤❤

  • @godlywoman7775
    @godlywoman7775 3 года назад +1

    Muremewe muremewe😍😍🙌🙌

  • @marlenemossi8458
    @marlenemossi8458 3 года назад +2

    😍😍😍😍😍😍l’Amour sha😍😍😍😍😍

  • @lichou1942
    @lichou1942 3 года назад +1

    Hoba namwe mwagumye mukundanye jeho umwaka umwe dutanye vyamunaniye kwihangana atera inda uwundi 😢😢😢😢

    • @mushishifrancine1542
      @mushishifrancine1542 3 года назад +4

      Pole uwo ntiyari rwawe nihamwe nah mwari kubana yar kukubabaza ibitari ivyawe vyogenda kare

    • @1KSTUDIORW
      @1KSTUDIORW  3 года назад

      pole sana

  • @nikuzenicoles9361
    @nikuzenicoles9361 3 года назад +1

    AWW 😍😍😍

  • @mariamam5719
    @mariamam5719 3 года назад +1

    Waawee🙌🇧🇮🇧🇮

  • @justinegatoto3612
    @justinegatoto3612 3 года назад +1

    Umu baby sha😂

  • @christineteganeza7447
    @christineteganeza7447 3 года назад +1

    Wow🥰🥰🥰🥰

  • @thetinecimpaye8657
    @thetinecimpaye8657 Год назад

    Umwaaana

  • @sarahfeni1866
    @sarahfeni1866 3 года назад +1

    🇧🇮 Niho turi

  • @hafpixels4172
    @hafpixels4172 3 года назад +1

    😂😂😂😂 umuana yubahwe

  • @micomyizagisette71
    @micomyizagisette71 3 года назад +1

    umwaanaaaa

  • @lievinnailsofficiel3562
    @lievinnailsofficiel3562 3 года назад +1

    🙌🙌🙌🙌

  • @gtagta6160
    @gtagta6160 3 года назад +1

    Why amwita umwana Wesh🤭🤭🥺c'est pas mignon

  • @verlasruta2813
    @verlasruta2813 3 года назад

    🙏🙏🔥🔥

  • @ndayisengajolie2651
    @ndayisengajolie2651 3 года назад +2

    Iyo terme yumwana irankuyeho urukundo rwubu hahaha

    • @najatn1781
      @najatn1781 3 года назад

      🤣🤣🤣🤣birakaze non yubstse numwana koko🧑‍🌾🧑‍🌾

  • @fifi6737
    @fifi6737 3 года назад

    Umuana, sikia sha hhhhhhhh

  • @kobusingemunyanajesca6428
    @kobusingemunyanajesca6428 3 года назад +3

    Mugabo abarundi mbakunda kubi

    • @TheBizuzu
      @TheBizuzu 3 года назад

      Hahaha urakoze gukunda abarundi 😊🥰 turabakunda abanyarwanda natwe❤

    • @jox1738
      @jox1738 3 года назад

      We love u 222222

    • @najatn1781
      @najatn1781 3 года назад

      Abarundi twubahwe urabona nako ga terme kumwana kotukisangije🤣🤣

    • @TheBizuzu
      @TheBizuzu 3 года назад

      @@najatn1781 🤣🤣😅😅🤣😅 twubahwe kweri ...haha urantwengeje:-)