Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Miss Kelly wacu Ari trop Mature 😍😍 no munyishu uravyumva.. en tt cas courage à Elle🥰.. et j'espère k tuzobona ivyavuye mu mugambi wiwe
Mbega Nasra ! De toute ma vie, n'ubwambere numvise umu musulmane w'I Bujumbura avuga ikirundi kitavanze n'ubindi!!
Ntabwishime afise jwe ndamukunda
Aba miss bose baba ari beza kumaso! Gusa jewe nikundiye ka Nasra🥰. Nakunze surtout ijwi ryiwe😂
Umuntu yabafotoye vrmt ubwa mbere yarababesheye elles sont très belles
Miss kelly😘😘😘👸🏽🥰🥰🥰🥰
Nice @Hosy Irakoze ✌️🙌🙌,ukora neza vraiment ,turagushigikiye muvyo ukora kabisa 👐,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Miss Kelly 😘👌
Ivya miss birimwo amanyanga menshi bazobikureho
kelly yarabikwiye kabisa. merci kelly
Miss 19👌👌👌👌
Emelyne niwew maz nkunda Ko twigirira icizer courag❤🇧🇮💋💋
Nassra Irakoze 🙏🙏🙏
Mwese muri beza… courage!!
☆☆☆ Hosy none je sindatahura aba miss baba rundi!☆☆☆ nibareke Emelyne abandanye sha. Abo nabo bisoze
Kelly👌👌👌
Gusa nibaza KO boshira imbere plus le projet kuko n'ico kintu Kiri important pour la société que de faire les yeux doux à la voiture.
Mubisanzw 'guha ingurane abantu Bose bar muburund ntibikunda ,pour cela ,iyo muvuga imigambi muz murakorera kubishoboka
Emelyne ❤️❤️❤️❤️❤️
Kelly wpiiiiiiiii 😂😂😂natahe🤣🤣🤣🤣
Uwo Wu mupira wa bancobu nimba baravye ubwenge apana ubwiza bwo ku mubiri?
Emelyne, Nasra muratesa
Wapi kweri narabaye decu kuko batisunga critère ziranga izindi higanwa kugwego mpuzamakungu!!!!😠Kubwanje la beaté prime sur tout kuko niyo base même ya competition!!!!Projet urashobora kuyiba abandi ariko........ehhhhhhh😔😔😔
Nimbantacyibazo wambabarira ugakora kwiyofoto ukankorera subscribe ❤❤❤
Ndibaza ko muri Miss Burundi ntabushurashuzi burimo nkubwi wacu murwanda muzarabe neza
Ntawamenye wawa mbona bikaze
Gus aba miss bomu rwanda ni beza sicokimwe no mubarundiii nj mwiza ni marvella na megane aband mbon basazwee
@@didivine6827 nibeza arik huzuyemw ubushurashuzi 🥺
@@didivine6827 wapi bose nico kimwe.Harimwo beza n'abandi basanzw
Ubwiza nikumutima ko mbona tubatora nivyo baba biyemeje ntibabikore mbabari sha
Miss Kelly wacu Ari trop Mature 😍😍 no munyishu uravyumva.. en tt cas courage à Elle🥰.. et j'espère k tuzobona ivyavuye mu mugambi wiwe
Mbega Nasra ! De toute ma vie, n'ubwambere numvise umu musulmane w'I Bujumbura avuga ikirundi kitavanze n'ubindi!!
Ntabwishime afise jwe ndamukunda
Aba miss bose baba ari beza kumaso! Gusa jewe nikundiye ka Nasra🥰. Nakunze surtout ijwi ryiwe😂
Umuntu yabafotoye vrmt ubwa mbere yarababesheye elles sont très belles
Miss kelly😘😘😘👸🏽🥰🥰🥰🥰
Nice @Hosy Irakoze ✌️🙌🙌,ukora neza vraiment ,turagushigikiye muvyo ukora kabisa 👐,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Miss Kelly 😘👌
Ivya miss birimwo amanyanga menshi bazobikureho
kelly yarabikwiye kabisa. merci kelly
Miss 19👌👌👌👌
Emelyne niwew maz nkunda Ko twigirira icizer courag❤🇧🇮💋💋
Nassra Irakoze 🙏🙏🙏
Mwese muri beza… courage!!
☆☆☆ Hosy none je sindatahura aba miss baba rundi!☆☆☆ nibareke Emelyne abandanye sha. Abo nabo bisoze
Kelly👌👌👌
Gusa nibaza KO boshira imbere plus le projet kuko n'ico kintu Kiri important pour la société que de faire les yeux doux à la voiture.
Mubisanzw 'guha ingurane abantu Bose bar muburund ntibikunda ,pour cela ,iyo muvuga imigambi muz murakorera kubishoboka
Emelyne ❤️❤️❤️❤️❤️
Kelly wpiiiiiiiii 😂😂😂natahe🤣🤣🤣🤣
Uwo Wu mupira wa bancobu nimba baravye ubwenge apana ubwiza bwo ku mubiri?
Emelyne, Nasra muratesa
Wapi kweri narabaye decu kuko batisunga critère ziranga izindi higanwa kugwego mpuzamakungu!!!!😠
Kubwanje la beaté prime sur tout kuko niyo base même ya competition!!!!
Projet urashobora kuyiba abandi ariko........ehhhhhhh😔😔😔