Kugira igihugu kizogere ku mbonakazoza kimeze neza,Abarundi bokwijukira n'amashirahamwe guteganiriza

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024
  • #Burundi: Urwego rucungera ivyo guteganiriza impanuka #ARCA rwifadikanije n'ihuriro ry'amashirahamwe yo guteganiriza kazoza #ASSUR yaratunganije kuva kuwa 25 Mukakaro 2024, indwi yahariwe guteganiriza impanuka ku ncuro igira gatatu. Umushikiranganji wa mbere yuguruye ivyo bikorwa yasavye amashirahamwe yo gutegakaniriza gukora y'isunze amategeko ngo niho abanywanyi bayo bayagirira icizere.

Комментарии •