Hallo . Je suis membre du club . Je voudrais de tout coeur pour vos encouragements . Nous sommes à l'oeuvre pour la sauvegarde de la cultire burundaise à travers nos chants et danses. Si vous voulez nous appuyer , on peut vous donner les coordonnées de la présidente . Merciii bcp
Très belle chanson ❤
Thank you to my ancestors 🤲🏾
❤❤❤
Nôtre Burundi est un paradis terrestre
Imana ibakomeze muri kino gikorwa co gutāka igihugu cacu!
Yemwe Jew ndabakuuunda caane nukuri!!...imana ibakomez mugume mudushikiriza utwiwacu turyashe.nihaba hariho ico mukeneye kijanye nuguterera kugira mugume muduha bishasha Jew ndahar nditeguye gushiramwo ukuboko kwanje Kuk ndabakunda birenze!!!😍😍😍👍👍👍💪🏼
Hallo . Je suis membre du club . Je voudrais de tout coeur pour vos encouragements . Nous sommes à l'oeuvre pour la sauvegarde de la cultire burundaise à travers nos chants et danses. Si vous voulez nous appuyer , on peut vous donner les coordonnées de la présidente . Merciii bcp
Vyiza cane
Muvyina neza.
Turi muri Canada turiko turabumviriza.
Murakaramba!!!
Murakoze cane kutwumviriza iyo muri mu mahanga, tuzobandanya dutsimbataza akaranga k'iwacu!
@@clubgiramahoro
Ego ni ukuri.
Akaranga tugakwize isi yose. 😍
j'adore vos chansons, Club Giramahoro.... Bishoboka mura gushira kuri you tube video iri hano abakobwa bagera kuri 15 kandi batamvye neza cane peee!
mushireko clip yayo
Your songs are great! Can't have enough of them! Keep it up
So good
Très belle chanson, je pourrais avoir la traduction s'il vous plaît 🙏🏽. Que Dieu vous bénissez et garde le Burundi 🇧🇮🇧🇮🥰🙌🏽
Merci, on pourra faire des traductions de chansons peut-être plus tard..
@@clubgiramahoro d'accord mercii ❤️❤️
❤❤❤
Mukomeze. Ijwi ryiza pe. Ariko mwibagiye Bujumbura bahoze bita rural kuko muvuga Bujumbura nkumurwa mukuru. Muzoyishiremwo nayo
Très belle chanson mes Sœurs 💓💓💓
Great Song.Keep up
Murakoze cane!