Uyu mugabo amaze imyaka 25 Abayeho Nkabagore | Afite umugore Nabana | Ntawizerako atari umutinganyi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 22 апр 2022
  • Mu Burundi hari umugabo wigize umugore mugihe cyingana n’imyaka 25 yose kandi aracyakomeje, yambara imyenda yabagore, agakora imirimo y’abagore, ndetse no mu ijwi avuga nk’abagore ,igitangaje nuko atari umutinganyi kuko ubu afite umugore nabana bane.
    Uyu ni muntu ki? Ni iki gituma atitwara nk’abagabo? Nibibabazo byamujeho? Niryari abantu babimenyeye?
    #AfrimaxEnglish #AfrimaxFrancais #AfrimaxEnglish

Комментарии • 222

  • @manundayi2409
    @manundayi2409 2 года назад +35

    Sha ntabeshe peee mugihe cintambara kwitwa umuhungu canke umugabo cari kibazo gikomeye cane kweli ndavyibuka pee😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭 Yagize ihungabana rikomeye peee

  • @uwiragiyejeanpierreofficia7377
    @uwiragiyejeanpierreofficia7377 2 года назад +76

    Umuntu Uhita wirukira 🏃🏃🏃muri comment nkajye😂😂😂 Nankorere kuriyi photo yajye unkandire kuri subscribe
    Wikomereze kureba ikiganiro😂

  • @dusengimanamarie6195
    @dusengimanamarie6195 2 года назад +3

    Yoooo 😭😭 ndumva mbuze icyomvugape ,gs ndishimye cyane rwose ndumva amaranga mutima arimeshi. Burya ikintu cyagukijije cg umuntu ntiwamwibagirwa. Rero nishimiye kobiyakiriye kd bakaba babanye neza. Imana ikomeze umubanowabo .🙏🙏

  • @betachoiceartstudio8788
    @betachoiceartstudio8788 2 года назад +4

    Uyu mugore we aramukunda disi. This is true love!!

  • @hagenimanacassien7655
    @hagenimanacassien7655 2 года назад +17

    nyamara byaramukijije nukuri binkoze kumutima😢

  • @annonciatteahishakiy3693
    @annonciatteahishakiy3693 2 года назад +3

    Afrimax mwubahwe Kuko muduhaye amakuru yomuburundi yananiwe nogutohoza abanyamakuru bino.ahubwo Baja kumufyinatisha batamubaza impamvu.mrciiii bcp mnari nifuza kumenya baby ivyiwe

  • @jadoandyoweri2837
    @jadoandyoweri2837 2 года назад +4

    Afremaxtv you are the best 🥺❤️

  • @cyuzuzoinnocent204
    @cyuzuzoinnocent204 2 года назад +3

    Turabashimiye cyane afrimax TV mutugezaho inkuru nziza

  • @shejaclaire566
    @shejaclaire566 2 года назад +12

    None icyabimuteye KO cyashize yakongeye akagaragara nkumugabo ahubwo barinjiriwe ntibabimenya

  • @mutabazidivine9344
    @mutabazidivine9344 2 года назад +4

    Baby na Irambona . My love story😭😭😭😍😍😂😂😂

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 2 года назад +10

    Ingorane ziriho,har'abantu bakunda kugumya ibanga ryabo badashima gushira hanze ubuzima bwabo bwinyegeje ,biraboneka Ku maso y'uwo mugabo KO afise ibibazo,umugore nawe agashima kumugumiriza ibanga nanone barubakanye kandi babanye atariko ameze ,
    : Urwo nirwo rukundo nyarwo mu bubakanye.komera.

    • @manimfasheansaansa7548
      @manimfasheansaansa7548 2 года назад

      Nanje ndabihamyak ar se vyomp kuk afis namaber

    • @donatilletuyishime9063
      @donatilletuyishime9063 2 года назад

      Uwapfuye yarihuse 🙆kubona umugabo yigiragutya? Afite uwakorera umutegeka kwigiragutyo urabonako abazimu bamugose hose kwitobagura sinakubwira mu izina rya Yesu nirukanye imyuka mibi

  • @marymiranda6646
    @marymiranda6646 2 года назад +10

    Yooo ni ihungabana disi

  • @madimadi3112
    @madimadi3112 2 года назад +8

    Yesu nkorera azagire icyo akora uyu mugabo yongere Abe umugabo abana be bazakure babona yabaye umugabo

    • @jackykanyange7213
      @jackykanyange7213 2 года назад +1

      Ivyo nukubesha none twebwe ntituba muburundi? Hubwo namba aringwara yagwaye, ntanisoni ngo nukubera intambara, nagende hariya niwe mugabo wenyene yaba muburundi? Arafise amadayimoni

    • @greechebrew5211
      @greechebrew5211 2 года назад

      Ahubwo se ko mbona ajunjamye??? Ni ubwitonzi bw'aba baby?

  • @mariamirakoze7299
    @mariamirakoze7299 2 года назад +1

    Baby oooh na na😂😂😂yabaye icamamare.

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 2 года назад +2

    ibaze ivyangobwa vyabagabo imitwarire yubagore😂vyaranseko agirigihagararo cabagabo😋Imana imutabare

  • @alianenyinawumuntu8835
    @alianenyinawumuntu8835 2 года назад

    Ndumiwe Koko Imana yo mwijuru ikurengere

  • @gadmayugi7960
    @gadmayugi7960 2 года назад +3

    Yoooo 😢😭😭😭😭 anteye agahinda kenshi. Ese Imana yamurinze urupfu yomutabara!

  • @AHERACYANE
    @AHERACYANE 2 года назад +2

    Wandemeye ukankandira kwifoto Yesu aguhe umugisha

  • @caritasnduwayezu4851
    @caritasnduwayezu4851 2 года назад +1

    Ihungabana. Intambara yishwe vyinshi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @joyeuxfn1996
    @joyeuxfn1996 2 года назад +3

    Nonese umunyamakuru arigusobabura ikirundi kandi byose bivugikakimwe nikinyarwanda?

  • @ACTION_TV⁸
    @ACTION_TV⁸ 2 года назад +4

    Afrimax LTD l love you

  • @fleurytufle
    @fleurytufle 2 года назад +2

    This Burundi🇧🇮🇧🇮😆🤝

  • @byosenews1090
    @byosenews1090 2 года назад +1

    Thank you

  • @iraeva2958
    @iraeva2958 2 года назад +1

    Afrimax niyambereeee kweriii

  • @yolo._96
    @yolo._96 3 месяца назад

    Yamse kwinjira mu kiroberi😂

  • @janviermfitumukizq1701
    @janviermfitumukizq1701 2 года назад

    Afrimax murakora pe!

  • @guzutoni5346
    @guzutoni5346 2 года назад +6

    Ngaaaahoo! Intambara weee!! 😔😔😔

    • @ndorimanaelesie4512
      @ndorimanaelesie4512 2 года назад

      Intambara yatwigishije byinshi ngaho dore isigaye ihindura abagabo abagore yewe twarumiwe.

  • @besttoptvrwanda5796
    @besttoptvrwanda5796 Год назад

    Biratangaje🤗🤗🤗

  • @user-hm3yn7ck2v
    @user-hm3yn7ck2v 4 месяца назад

    Hhhhhhh mukomerezah kbx muradutwikira peeeee

  • @hakuzimanafeliciencharles7490
    @hakuzimanafeliciencharles7490 2 года назад +2

    Yarahungabanye disi gusa lmana ishimwe kuba ariho.Ntabwo arega dushaka intambara abanyapolitike bige koroherana no kuyobora neza.😍

    • @claudineclaudine6145
      @claudineclaudine6145 2 года назад

      Yaratew nabadayimoni nn nya ntambara ntiyaheze ahubw afise iyi myuka mibi yamugiyemw mbg ko yank izina ryiw ivyovyo nibik ng bebb abazimu gs

  • @mamithalebrun9956
    @mamithalebrun9956 2 года назад +12

    Ntimugace imanza jyewe mbona buriwese yakagombye kubaho uko ashaka mubuzima bumuhaye amahoro pe

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 года назад +1

    Manaweeee abarundi tumusenger kand nuwomugor wiwe iyaba yasenga yomusengey. Kuk nimba yabikoz kubwintambara yariguca abivamw hama akabandany ubuzima rer uwonumudayimoni ubarimw peeer

  • @marieclaire6535
    @marieclaire6535 2 года назад +2

    Ndumiwe gusa ntakindi🤔isi yaheze🙃

  • @nzayisengajoseph472
    @nzayisengajoseph472 10 месяцев назад

    nubundi isi irashaje bajyebakora ibyobasha ka byose byahanuwe ubu burimuntu wese arikwirwana ho

  • @igihozosandrine6762
    @igihozosandrine6762 2 года назад +4

    ngo bishimiye uko babanye ariko ntimukabeshye ahubwo bafite umutwaro utaboreheye Yesu abagirire neza pe

  • @kalisaeu68
    @kalisaeu68 2 года назад

    Ndahwereye

  • @jcfjbgstjv9505
    @jcfjbgstjv9505 2 года назад

    Aaaaa kumbe yiyoberanije kugira ntibamwice ndabitahuye birumvika cane.

  • @aishanizeyimana8763
    @aishanizeyimana8763 2 года назад

    Genda Afrimax uranyemeje pe!we undutohoreje amakuru yiwacu i Burundi kd atayo twari tuzi.

  • @auxy9583
    @auxy9583 2 года назад +2

    Wapi hano hatimo iyindi mpamvu Ibyishe inyuma!

  • @juriennewamboi2284
    @juriennewamboi2284 2 года назад +2

    Niba amukorera akazi kabasha Kanye bitwayiki kuba yiyambarira nkabagore

  • @UwayezuJanet-nm3uz
    @UwayezuJanet-nm3uz 3 месяца назад

    afrimax muzadusure irwamagana rwose

  • @iradukundajonathan4714
    @iradukundajonathan4714 2 года назад

    Murakoz can

  • @alexisnsabiyaremye1363
    @alexisnsabiyaremye1363 2 года назад

    ewe burundi urambaye😂😀😀😀😀

  • @nicoleainembabazi4611
    @nicoleainembabazi4611 2 года назад +3

    Gasita akora incingano zurugo

  • @shejaclaire566
    @shejaclaire566 2 года назад +1

    Ubu c abana bazakura babone ise yambara ibitenge koko🙆

  • @loveinaction8111
    @loveinaction8111 2 года назад +1

    Ko utaturamukije iburundi ko tugukurikirana

  • @sarttsa9118
    @sarttsa9118 2 года назад +2

    Mana 🙈🙈🙈🙈🙈🇧🇮🇧🇮

  • @japhetfidelejohn7135
    @japhetfidelejohn7135 2 года назад

    Afise amabere mukama

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 года назад +10

    Baby wa nyumbani😂😂 🇸🇦🇧🇮🥰

    • @belysekampemana4732
      @belysekampemana4732 2 года назад

      Nihatari

    • @upendowakwelinaamani1060
      @upendowakwelinaamani1060 2 года назад

      Mm jiaelewa hii ruga niambie ilikuaje hadi akawa mwanamke na wakati yeye ni mwanaume na anamke na watoto

    • @chimyornyvette3883
      @chimyornyvette3883 2 года назад

      @@upendowakwelinaamani1060 ni mwanaume anava nguo za wanawake😅😅,anawatoto wa4 namke mumoja

    • @upendowakwelinaamani1060
      @upendowakwelinaamani1060 2 года назад

      @@chimyornyvette3883 yaan mim nilijua ni wale wanaume wanaopendana wanaume kwa wanaume yaan waleashoga sasa huyu kumbe yeye ni anapenda kuvaa mavazi yakike hadi anatembea kama wanawake na anajua kujiremba anamzidi mkewake jamani dunia hii inatupeleka mbio sana kwakweli🤣

    • @chantalmugisha6454
      @chantalmugisha6454 Год назад

      hhhhhhh cha sammuel ndamuzi kuva kuntango gushika azanye umugore twarakuranye naho avuka tura babanyi nibombo rimwe😂😂

  • @uwimanaanita3443
    @uwimanaanita3443 2 года назад

    Asananeza. Arisiga bikamubera nihatarii abanababo nibobazongirikibazo

  • @holygatechoir4712
    @holygatechoir4712 2 года назад

    oh my God

  • @user-vy5ml6lm1h
    @user-vy5ml6lm1h 5 месяцев назад

    Uyu baby mumuhebere sumuntu

  • @dieudonnemukeshimana599
    @dieudonnemukeshimana599 2 года назад

    C'est mieux, vivre comme tu le souhaites

  • @umushamboyassin8836
    @umushamboyassin8836 2 года назад

    I can feel yo pain and I got yah

  • @alimashabani2252
    @alimashabani2252 2 года назад +1

    None kwintambara yaheze nabireke none kwatabwanwa fise komeza uko uzohura nibisauzi bizogucinyuma🤣🤣🤣

  • @thetemetv2
    @thetemetv2 2 года назад

    Ooohh

  • @clarissemunezero4846
    @clarissemunezero4846 2 года назад +2

    Ew baby sha😂🤣🤣🤣

  • @angeliquemaniratanga6735
    @angeliquemaniratanga6735 2 года назад

    Yooooo bebi yagez ngaha naho?

  • @sacka1000
    @sacka1000 2 года назад +6

    Ndi kugerageza gushaka isura ye aramutse yitwaye kigabo nkayibura pe.

  • @user-mc7ib5hf8s
    @user-mc7ib5hf8s 3 месяца назад

    Karabaye pe ibi nibwo nabibona

  • @iteritekacycy9244
    @iteritekacycy9244 2 года назад +1

    Baby sha😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂arabay um star😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂amafyeri afise niyo anyica😂😂😂😂😂Imana irihangana nukuri😂😂😂 yiooooo ewebashahu😆😆😆

    • @fifi6737
      @fifi6737 2 года назад +2

      Mujya mumubona se koko ni gutya ameze?

  • @Cherissa_
    @Cherissa_ 2 года назад

    Uyu numurundi wiwacu kbx

  • @mukakarangwaassie3196
    @mukakarangwaassie3196 2 года назад +2

    Yooooo😭😭

  • @fabricehavugimana3296
    @fabricehavugimana3296 2 года назад

    Uyo akwiye gusengerwa naba pasteur. Bakamugirira amafungo

  • @kevineinarukundo7229
    @kevineinarukundo7229 2 года назад

    Hhhhhhh baba hehe kwl😅

  • @papabitangazaofficialtv638
    @papabitangazaofficialtv638 2 года назад

    Birababaje

  • @5damhozz728
    @5damhozz728 2 года назад +5

    😍😍😍😍

  • @mpeace5283
    @mpeace5283 2 года назад

    Barase ibwa mumutwe

  • @rogenzambimana2860
    @rogenzambimana2860 2 года назад

    Nuwo mukamesa naw Aflimax ntuze uraduhenda ngo murugombo

  • @majedalotaibi9350
    @majedalotaibi9350 2 года назад +1

    Numugab aft aban 4 kwel numugor

  • @myvenif3627
    @myvenif3627 2 года назад

    Nihatali pe

  • @didi-dr1di
    @didi-dr1di 2 года назад

    baby yageze kuri Afrimax Tv

  • @BLF-wi3ve
    @BLF-wi3ve 2 года назад +2

    Ikibi ni uko yaba ari umutinganyi.

  • @agabadenis1106
    @agabadenis1106 2 года назад

    Uva wapiii kbs ntazapfe ameze atyo imana imutabare azanpfe yarabireste naho biriya sibyo ..................wapiii

  • @ToyotaAline
    @ToyotaAline 3 месяца назад

    mwizina ryayesu

  • @nkurunzizagasominari571
    @nkurunzizagasominari571 2 года назад

    Ikibazo nikubana.bagira ipfunwe ryo kubonaso arumugore mubandi bagabo.

  • @irakozeyves1781
    @irakozeyves1781 2 года назад +2

    Afrimax ; uwomuntu aba muburundi aba mugace akahe. twebwe ko turi i Burundi Uwomuntu atawe tuzi.

    • @francinebizimana6678
      @francinebizimana6678 2 года назад

      nivyo kabisa numurundi akora ama telephone na maradiyo aba isororezo

    • @belysekampemana4732
      @belysekampemana4732 2 года назад

      Aba mukamesa

    • @irakozeyves1781
      @irakozeyves1781 2 года назад

      @@belysekampemana4732 ok . Nahatali kbsa ms uwo naho twohura sinomenya ko ari umugabo. urabona ko yamaze kwigira umugore

    • @irakozeyves1781
      @irakozeyves1781 2 года назад

      @@francinebizimana6678 ok

  • @evelynemunezero7981
    @evelynemunezero7981 2 года назад

    Mana weeee abah ?mu burundi

  • @ugiriwabomarieclaire9502
    @ugiriwabomarieclaire9502 2 года назад

    Yewe, tubiharire lmana

  • @zoneempire300
    @zoneempire300 2 года назад

    Urumvako disi byose byazankwe nkamateka

  • @emmanburundi9573
    @emmanburundi9573 2 года назад

    Bb ndakwikundira

  • @safi_jdtv659
    @safi_jdtv659 2 года назад

    Please mugihe urebye aka ka video komeza urebe nizindi ukore like na subscribe comment na share

  • @adelinadn2628
    @adelinadn2628 2 года назад

    Mu Kinindo ni mu cyaro ?!! 😀😅 @Afrimax

  • @Fayimah
    @Fayimah 2 года назад

    Hello my friend nitwa keza ndakwinginze mfasha ukande kwi photo yange ukora sabscalab ndakwinginze mfasha ukande kwi photo yange

  • @shejaclaire566
    @shejaclaire566 2 года назад

    Oya nagende

  • @ancilaniyonziza6646
    @ancilaniyonziza6646 2 года назад

    Ubu ni ubugwari kd uku nuguhinyura imana yamuremye

  • @user-dz7cj9ov1p
    @user-dz7cj9ov1p 2 года назад +1

    Uyu numuzimu wafrika

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 года назад

    Nibibazo

  • @martinhabimana
    @martinhabimana 2 года назад +2

    Mbabajwe nabo bana babo bixabaviramo kuba abatinganyi

    • @jackykanyange7213
      @jackykanyange7213 2 года назад

      None abari barahungiye mwishamba kobatarigumyemwo kubera ryabakijije? Nareke kubesha nidayimoni iri muriwe, ituma atagira nisoni, mbabajwe nabobana yavyaye gusa

  • @kirabiranyarocky
    @kirabiranyarocky 2 года назад +2

    Ndakwinginze kanda kuri iyi photo ukore subscribe mukomeze gushyigikira umukobwa wanyu💞💕Ndabakunda!

  • @Hozianaa
    @Hozianaa 2 года назад

    Ubu yambara n'amakarisp n'amasutiye😏😏

  • @kibochaoliva6984
    @kibochaoliva6984 2 года назад +2

    I cannot blame him because what happen so you have to enjoy that life

  • @samblessings1358
    @samblessings1358 2 года назад

    Wow cakora byaramurokoye

  • @janenshimiyimana2924
    @janenshimiyimana2924 2 года назад

    Yewewe ntobyoloshe ubwoumugolewe bitamubangamila ntakundi nyine

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 2 года назад +1

    Kalibu 🇧🇮🇧🇮💋💓💓💓💓💓

  • @ndikumwenayoamiel8378
    @ndikumwenayoamiel8378 2 года назад

    Ngahoda😂😂😂

  • @Bihozagara
    @Bihozagara 2 года назад

    Ese ubwo urasemura harumunyarwanda utazi ikirundi

  • @bintoukeita8239
    @bintoukeita8239 2 года назад

    Baby byamuvirimo kugwara trauma yarasaze.

  • @lolitaimena9782
    @lolitaimena9782 2 года назад +2

    Yewe barasa PE🤣🙄😅😅😅😅

  • @ingabirejoyeuse1586
    @ingabirejoyeuse1586 2 года назад +3

    Niwe uteye nkabagore kurusha umugore we😂😂😂😂