BMBC Group iriko irubaka amazu ya kijambere muri Miroir azoba acungiwe umutekano ku buryo bwa none.
HTML-код
- Опубликовано: 15 окт 2024
- #Burundi: Inyubakwa z'amagorofa 15 zigeretse rimwe nizo zubatswe na BMBC Group muri Miroir 1 zose zikaba zaramaze kugurwa. David Ntamakuriro arongoye #BMBCGroup amenyesha ko uwo mugambi ari mutoyi ku yindi iriko irarangurwa agahamagrira n'abandi kuza kugura amazu mu wundi mugambi uriko urarangurirwa aho bita muri "Diaspora City".
Burundi burakeye vuba turakira agasuzuguro courage bana bigihugu nimuhe looking nziza kugihugu🎉🎉🎉🎉❤❤
06:34 "Ati shiramwo umunyu canke wukuremwo"..🤐🤭🤣😂🤣😂 Abahinga nubu baraciga ico kibazo co gukura umunyu mundya 😂
Wipfuza kwumviriza intahe z' abakiriya ba BMBC , ja Kuri Chaine youtube ya BMBC Burundi urabe Intahe zitandukanye . Ukeneye ibirenga aho uzoze muri BMBC ubibaze.
Ingo hano KARUSI ndabahe amatongo meshi kurigusa 😂
Mubirimwo neza
Komera cane
Uyo nta project yiwe turabona yahejej
Wipfuza kwumviriza intahe z' abakiriya ba BMBC , ja Kuri Chaine youtube ya BMBC Burundi urabe Intahe zitandukanye . Ukeneye ibirenga aho uzoze muri BMBC ubibaze.
Why don't make street good
Twereke amazu Ari fini yiyi campany