intahe ya patiri amando kana

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 сен 2024

Комментарии • 12

  • @user-vy2xl4hb5i
    @user-vy2xl4hb5i 11 месяцев назад +2

    Amen,Imana si umuntu avuga ntashitse .icivuze iragishitsa.

  • @josianendihokubwayo-wo7bf
    @josianendihokubwayo-wo7bf 11 месяцев назад +1

    Yesu Arakora Pati
    Imana Ibishimirwe kuko Iteramira Ijambo ryoyo kugirango Irishitse Amen Amen
    Pati nanje Iyontahe Iramfashije
    Ngo murondere Ubwami bw'Imana nokugororoka cank gutungana vyayo ngo Ibisigay ninyongera
    Ntiburuko Ibigenza
    Muhezagirwe cane Pati Imana nyene Amahoro Ukomez kukunezereza

  • @desideratenimpagaritse588
    @desideratenimpagaritse588 11 месяцев назад +1

    Murakoze cne nyakubahwa musaserdoti w'Umukama ndahezagiwe kandi ndigishijwe

  • @JeanineNiyimpaye
    @JeanineNiyimpaye 24 дня назад

    Mukama dude umutima wokugukunda gusumba ibintu vyose

  • @user-uk8if4mv6s
    @user-uk8if4mv6s 10 месяцев назад +2

    Amen amen yuzu arakora

  • @esperencendayishimiye6559
    @esperencendayishimiye6559 3 месяца назад

    Imana ikugirire neza patiri wacu

  • @user-je6xh2kq2o
    @user-je6xh2kq2o 6 месяцев назад +1

    Imana yaraguhezagiye gukizimitima yabantu

  • @EmmanuelBUCANAYANDI
    @EmmanuelBUCANAYANDI 2 месяца назад

    Hezagirwa

  • @MuhimpunduChristelle
    @MuhimpunduChristelle 10 месяцев назад

    Ninahazwa yezu

  • @BelyseAKIMANA-tm2hx
    @BelyseAKIMANA-tm2hx 8 месяцев назад

    Amen amen pati inyigisho yanyu irampezagira pe

  • @modesteyves9402
    @modesteyves9402 18 дней назад

    Hagize umpa number za telephone za padiri amando

  • @modesteyves9402
    @modesteyves9402 12 дней назад

    Hagize umpa number za telephone za padiri Amando kana