Inkuru y'urukundo:ibyo yankoreye ni ubuhamya bukomeye,isomo kuri buri mukobwa wese,Nanubu ndacyari 😭

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 31 янв 2025

Комментарии • 8

  • @murekatetemelanie6140
    @murekatetemelanie6140 Год назад +3

    Ayiweeee mbega Ben wumihemuwee, aragakizwa ahure namaraso ya Yesu

  • @laetitiakabirori0201
    @laetitiakabirori0201 Год назад +4

    Ariko kuki abagabo bashigikirana mu mafuti? Jack, aho guhana Ben, akamubuza guca inyuma umugore we, ntasize gupanga konona undi mwana, anabimufashamo!

  • @AriceArice-tn8vk
    @AriceArice-tn8vk Год назад +4

    Yooombega Ben Mana mugenderere

  • @shopaman-f3h
    @shopaman-f3h Год назад +3

    Urakoz muvyey impanur zaw ziranyubats

  • @laetitiakabirori0201
    @laetitiakabirori0201 Год назад +3

    Umutwe n'ubwenge abantu bakoresha mu guhemuka bobukoresha mw'iterambere isi yahinduka.

  • @TwayinganyakiSolage
    @TwayinganyakiSolage Год назад +3

    Good story

  • @MarcCiza
    @MarcCiza Год назад +4

    Abahungu cnk abagano nkabo nibenshi ariko bibukeko igihemu kidapfa cnk ng kibore,bahore biteze urubanza

  • @ukundimanafrederic5481
    @ukundimanafrederic5481 Год назад +3

    Bwenge base