CEREZA by DUDU & G S CREW (official video lyrics)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 13 окт 2024
  • CEREZA by DUDU & G.S.CREW
    Hey friends, as promised this is the single. Be abundantly blessed.
    Abigishwa ba Yesu igihe bari kumwe nawe mu bwato hagati mu gihuhusi bibaza ngo bagira bapfe kuko Yesu yarasinziriye. Hari igihe duca mu bintu, haba mu buzima, mukazi, mu muryango eka mbere no mu gihugu, ukamenga Imana ntibibona canke ukamenga Umwami Yesu arasinziriye. Ukamenga ntanakimwe abona canke ntashaka kwishura.
    Ariko ikintu kimwe gikomeye nuko, uko bimeze kose, Umwami Yesu "ARI" mu bwato ncuti zanje!!! Kandi naho bisa nabi ngaho hanze, nukuri ntacoshobora kubika ubwato burimwo umukiza w'ubugingo. Ubwato ngaha bwogereranywa n'ubuzima bwawe, akazi kawe, umuryango wawe, eka mbere no mw'ishengero ryawe canke mu gihugu.
    Nimba Umwami Yesu arimwo, ntanakimwe gishobora kubika ubwo bwato! Yesu yaravuze ngo "Muri iyi si muzohabonera amakuba, ariko muhumere kuko naraneshejeje" Jhn 16:33. Muri zaburi 121 naho hakavuga ngo "Ukuzigama ntahunyiza, ndetse, ntakubita n'urugohe."
    Ahubwo umve ikibazo aho kiri: Mbega Uramaze kumutumira mu BWATO bwawe? Canke ni wewe ukibutegeka? Canke nimba waramutumiyemwo, waramuhebeye vyose? Canke wamuhaye bimwe bimwe? Kuko Yesu atakubereye umwami, ntashobora kukubera umukiza!!! Kugira ngo akubere umukiza abwirizwa kubanza gufata ikibanza ciwe, mu buzima bwawe. Nimba utaramutumiramwo, uyu munsi ntugucike, ukririko urumviriza ino ndirimbo, Umuhamagare yinjire. Niwe avuga ngo: "Ehe ndi kurugi ndakomanga, uwumva ijwi ryanje akugurura ndinjira dusangire". Apo 3:20
    Bless you friends.
    D.T.N
    DOWNLOAD HERE
    / cereza

Комментарии • 46

  • @ChistianIrakoze
    @ChistianIrakoze 8 месяцев назад +2

    2024 ndacayunviriza kbs nyuma yimyak imunani inaniye kuvuza kuri piano❤

  • @steveirakoze685
    @steveirakoze685 2 года назад +1

    Hezagirwa mwana w'i Burundi

  • @iradukundaeric8321
    @iradukundaeric8321 2 года назад +1

    Vyose Yesu azobizibiza

  • @andybirenzi
    @andybirenzi Год назад

    Numvirije iyindirimbo unomunsi, numva ndahezagiwe!! Thank you @dudu, imaniguhezagire cane!!!

  • @amoskagimbi7326
    @amoskagimbi7326 Год назад +1

    Nukuri Dudu uri umuhinga ukuntu ndavyumva harimwo ubuhinga budasanzwe, may God bless you 🙏!!

  • @richardmahirwe3151
    @richardmahirwe3151 4 года назад +3

    Iyi nzaguma nyumve ntizamva mumatwi

  • @elianeakimanaeliane3391
    @elianeakimanaeliane3391 2 года назад +1

    Amen vyose YESU azobicecekesha

  • @jeaninembonihankuye6577
    @jeaninembonihankuye6577 Год назад +1

    Waouhhhhh

  • @claudiafuraha1916
    @claudiafuraha1916 3 года назад +1

    Good song dudu is from Burundi

  • @cherydieudonne9502
    @cherydieudonne9502 2 года назад +1

    Dudu is specialist singer
    Thank you for inspiring so far😊

  • @oserndikuriyo690
    @oserndikuriyo690 4 года назад +3

    nice song

  • @jehova-jireirirura2260
    @jehova-jireirirura2260 4 года назад +1

    Nimpore mumutima kubwa kristo mumutima wanj

  • @belykanbella7653
    @belykanbella7653 6 лет назад +1

    Ooh my God, urakoze cyane Dudu, iyi ndirimbo insubije muri 1999 mbega Imana yazibije ikiyaga! Kandi nubu iracyakomeza kuko ubwato burimo umukiza w"ubugingo, ni impore nukuri, God bless you richly bro Dudu

  • @vianneyhacimana
    @vianneyhacimana 8 месяцев назад +1

    4:31 ❤❤❤ 5:07

  • @frankizere2444
    @frankizere2444 3 года назад +1

    Proud of u brother...iyi song irampezagira cane broher ariko nizawe zose zimpezagira cane na cane cane igihe wagira shooting Zion Beach mwarampezagiye cane

  • @angenduwimana6895
    @angenduwimana6895 7 месяцев назад

    After 9yrs🥹still listening to this song as if ariho nkiyumva🥰🫶🏽

  • @alainblaise9401
    @alainblaise9401 3 года назад +1

    😭😭😭Oooh Jesus! Dudu, Uwiteka abandanye agusiga amavuta vraiment. ❤️❤️

  • @guyinnocentarakaza9441
    @guyinnocentarakaza9441 5 лет назад +1

    Ntakitazomwumvira avuze vraiment by blessing dudu

  • @espoir2366
    @espoir2366 3 года назад

    Very nice 👍

  • @colombeakimana2855
    @colombeakimana2855 6 лет назад +2

    Oooooh My God ... Is there any person who read the description? ... It tells a lot thanks Dudu T Niyukuri gukora ico Imana yakuremeye

  • @angengabirano2329
    @angengabirano2329 9 лет назад +1

    woow, iyo ndirimbo inyibukije twinshi, il ya presque 15 ans. merci Dudu for ur blessing songs..

  • @alicencuti8398
    @alicencuti8398 8 лет назад +1

    may God bless u abundantly man of God@Dudu t Niyukuri

  • @lydieburundi988
    @lydieburundi988 9 лет назад

    Imana ibaheezagire cane, ino ndirimbo nubwambere ndayumvise, kandi ndashima iyimpaye mu gihe cayo. Insubijemwo intege. Ndashobora kwatura nti : N'Impore!!!!

    • @DuduTNiyukuri
      @DuduTNiyukuri  9 лет назад +1

      Reka habandanye kuba impore mu mutima wawe mbere no muvyo ukora niwakire impore mwizina rya Yesu

    • @lydieburundi988
      @lydieburundi988 9 лет назад

      Amen. more blessings to you.

  • @celestinngendakubagabo2046
    @celestinngendakubagabo2046 6 лет назад +1

    Very and very interesting.May God bless all of us.Amen

  • @TheAndyseka
    @TheAndyseka 9 лет назад +2

    GREAT - used to sing this song with ma grand ma, twenty years ago,

  • @espoirrutare5258
    @espoirrutare5258 6 лет назад +1

    This one is New igihe cose ndayumviriza Bless you Dudu

  • @steffy_keina
    @steffy_keina 4 года назад +1

    How i love this song😭❤️

  • @bukeyenezarosemine6585
    @bukeyenezarosemine6585 6 лет назад +2

    C ma chanson préférée😍

  • @nkurunzizaeric1126
    @nkurunzizaeric1126 9 лет назад

    This is so special, you sing it, and the whole story comes to me as a movie.
    Vyose YESU azobizibiza ngo CEREZA....
    Blessings to you and The TEAM

  • @DuduTNiyukuri
    @DuduTNiyukuri  9 лет назад +2

    Yes Andy u right. And this song becomes new everytime we sing it.

  • @armandmugabo1170
    @armandmugabo1170 4 года назад

    masterpiece , kudos

  • @irvineniyonizigiye2302
    @irvineniyonizigiye2302 9 лет назад +1

    Wow, thanks guys for the angelic song, CEREZA...God bless you

  • @bellardarnauldkamaro6209
    @bellardarnauldkamaro6209 9 лет назад +1

    ExCellent

  • @NIKBONF
    @NIKBONF 9 лет назад

    Dudu I am so blessed with this song God bless you more anointing in Jesus name!

  • @Nininahazwe
    @Nininahazwe 6 лет назад +1

    👍