Nzizigira Yesu gusa. Nzizigira nkiriho,

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 27 янв 2025
  • 1.Nzokwama nkwizigira,
    Nzi k'utazompemukira:
    Ni naramuka ngowe
    Nzizigira Yesu gusa.
    Nzizigira nkiriho,
    Kugez' ah' azoncisha
    Mu kirimba c'ijuru
    Nzizigira Yesu gusa.
    2. Mmurikirwa n'umuco
    Wa Mpwemu w'Imana Yera;
    Iy' anjana sintemba:
    Nizigiye Yesu gusa.
    3. lyo mmerewe neza
    Mu bugingo, ndaririmba,
    lyo ngowe, ndasenga
    Nizigiye Yesu gusa.
    4. Uko bukeye nzama
    Nizigir' Umwami wanje;
    Mu bizombako vyose,
    Nzizigira Yesu gusa.
  • ВидеоклипыВидеоклипы

Комментарии • 94