Franick je te connais pas mais iyi channel ndayikurikirana.novuga ko jusqu'à present ukorana professionalisme,faut pas foirer petit.maze kubona aba detenteurs b'ama channels bari indisciplinné
Muriko muratembera ba muca ahantu heza,twebwe turi hanze mukatwereka ko mu burundi hsteye imbere,siko muhora mutubwira,naho mutweretse amabarabara yuzuye ibinogo,ahantu umengo ni muri village ana ari ikibazo kuko ushize vifeo hanze irabwa n,abantu benshi bo hanze,en fait tu fais la publicite d,un pays.La prochaine fois,tenez compte de la remarque
Thx Franick na Drama-t kudutembereza umujiwacu twari tuhakumbuye kuhabona🇧🇮🇧🇮 uzohore ukora nkuzi vlog zogutembera muyaga nivya fresh sana😊
Franick uri content creator wa danger kand uzotera imbere keep it up
Mbega ibiganiro vyizaaa💗💗💕
Komereza cane aho , ndabakurikirana cane ngaha muri Malawi 🇲🇼🇲🇼nta Kiganiro ntumviriza harimwo inyigisho nyinshi ❤❤❤
He is a good guy
Iyi vlog irantembereje i Bujumbura 🎉🎉🎉❤❤❤
Ako ga création karatesa vrmt tugum tubona igisagara cacu neza👌👌
🔥
✅❤️👌
Bomboclat ❤❤❤
Hejuru cane m'a big brother❤💥
Mana duhe amahera kubera niyo atuma uvuga ukumvigwa ehe umwana muto sh gus yoshak yokwicarik bashak kuber inoti ziwe terimbere sh mwana wiwacu imuyinga🎉
Je simbizi aranyica kbs interview arimwo ntisinziriza
Simbizi ni mwijako wa Bdi
Musaza ibiganiro vyaw ni otop hama Drama T collabo na Rema turayikeney Yezu Agira neza Ayigushitseko
Franick vlogs zawe ni bon xna🔥🔥🔥👍🏽🫡
Turakwemera mwana wigihugu
Papa chamika❤
Franick je te connais pas mais iyi channel ndayikurikirana.novuga ko jusqu'à present ukorana professionalisme,faut pas foirer petit.maze kubona aba detenteurs b'ama channels bari indisciplinné
❤❤❤
🔥🥰🥳
Ngo ndamubonyeu daramatiiii😂😂😂 🤭
Urabizk ndakwemer bruh🤌hama iy nickname yae nuk ivugw the answer(De Ansaa cnk De Ansee)
🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰✌️
Melanin ❤💪23/11/202 🫡🫡🕺
❤❤❤🎉🎉🎉
❤🎉❤
My lovely brother ever drama t ♥️
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🎉❤❤❤❤❤🎉❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Darama ti
✊️🔥
We simbizi urasara mumutwe je niyomva ayo mavunja kwqtayongwae wew urirofa simbizi
Hhhh ntivyorosh😂
Dramat kumenga uracumbagira uzohava utubihiriza ikirori
Mukund kubi
Muriko muratembera ba muca ahantu heza,twebwe turi hanze mukatwereka ko mu burundi hsteye imbere,siko muhora mutubwira,naho mutweretse amabarabara yuzuye ibinogo,ahantu umengo ni muri village ana ari ikibazo kuko ushize vifeo hanze irabwa n,abantu benshi bo hanze,en fait tu fais la publicite d,un pays.La prochaine fois,tenez compte de la remarque
Nn se aho si heza
❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉❤
❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤