Amasengesho mpuzamadini yari amaze iminsi itatu abera ku murwa mukuru w'intara ya
HTML-код
- Опубликовано: 4 фев 2025
- Amasengesho mpuzamadini yari amaze iminsi itatu abera ku murwa mukuru w'intara ya #Ngozi kuri Stade yitiriwe #Agasaka ka Inarunyonga yasozerewe kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2025. Yaba Umugambwe #CNDD_FDD watunganije ayo masengesho, yaba Umukuru w'Igihugu yari yayatumiwemwo, bose bashikirije ico bakuye muri ayo masengesho, bongera bamenyesha n'ibigiye gukorwa.
#Burundi
Urimwiza kwijambo mwubahwa ndagukunda