DRAMA-T:B-FACE Yarampemukiye😭😭Ndashaka Muduhuze Mukiganiro Kimwe Kuri Hittoptv Avuze ukuri kwose
HTML-код
- Опубликовано: 28 сен 2024
- @bfaceofficial #bface #hittoptv1 @hittoptv #dramat @dramat1826 #burundi #rwanda #landrypromoter @LandryPromoter #kodebydramat #kode
Hittoptv1 Ntangi nimiryango yigisha ahubwo ihagarara mumuziki gusa..🙏🏻 Niya twese Landrypromoter ntako adakora ngo abazanire ibigezweho🙏🏻🙏🏻🙏🏻like abakunda umutananigwa Kode link ngiyo 👉🏽ruclips.net/video/y4KuExV19Xc/видео.htmlsi=aUEb5VOaS8J3c0bJ
Ufise icubaza landrypromoter: Tel: +25769501648
Mumpe like Uyumusi kuwemera Drama T👍🔥
Uwo nugwembe niwe uBurundi buhanze amasoo murekane nurya munyakayanza aririmba ibitagira umutwe namaguruuu
@@fleuryb8706 kliii bro ukwo nukurii
Hahahahahha Mhuni wangu huyoooo kwa ubola wake 😂😂😂😂😂😂 qmmke
Iyo Imana yuguruye ntawugara inyuma y'umuntu hari uyundi komera Drama T wacu❤
Mrs
Drama-T ww ur number 1 b-face nae ngir bizogend nez muyage muhuzaaa brooo Landry naeeee kumakuruuu👊👊👊
COURAGEE❤ Nta boost akoresha kandi naho yoyikoresha bitwara amafranga donc bisigura kuba wishoboye😂 abantu baronderer ibibazo aho bitari. Drama, this is your time to shine, kandi KODE is a banger🔥🔥
Imana yuguruye abandi barakakama piga kazi uombe Mungu
Ndakwikundira sha Dram t nkjundukunt witonda na stil yawe Aho abandi babona k arubwishime je mbona arukwifata neza vremt Big UP arik kandi na b face ndamukunda rero mukundane murondere guterimbere sha nivyo mbifuriza ubugenzi bwanyu bwohera nobabara kweri
Drama -T ,tu es très intelligent et professionnel 👌
Offcos
Drama T turimyuma yawe turakwemera❤❤❤
Rekana namabyi ngo ni be face yagupf dram t jtm trop❤❤❤❤
drama t ndamukunda sana kubera ari tonda sana ❤❤❤
@drama t bro ukuri tura kuzi abonabo bajaganya ivyo bajaganya turi nyuma yawe rekana nuyo mu swera ngo ni bonfinsi uyo murozi ni nzigo rufise yumufutu @baby boy va mu gacerere wishure izo mbwe bwe ziriko zitu vugira nabi umu vandimwe wacu drama t king of hit africa 🙏🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yeah really Landry ufise devoir. Turategereje iyo interview bazoba barikumwe
❤🎉 i like this conversation with Drama T😊 harimwo ukuri kbx
Dramat akora Hit niwe wambere afise 5milion peoples ❤
Drama T ntidushobora kukwanka, kirazira ❤
Mti wenye matunda nilazima upigwe mawe. nimumurek Drama T yiterer imbera Mana yanje! big up bro🥰
Ibimonyo muguhona Bicika amababa! Kand uwuhenzw nagahengwe Acaninkinzo,Kandi Agahararo ntikabura Agaharururko! We nutamurondera Uzobumbwira! Ba Landry bandany ubah inoti birira🎉
ndagushigikiye 💪💪💪👍👍
Twe ntitunanirwa man ❤ drama hejuru for music
BFACE yarampemukiye kabisa
Toka
Dram wwkora cane uzoshika kure kk igit kirakurira mubabaji
Thanks yuo san bro
Ntawemegwa ahavuka kl
Bahowiyakira dram
Musolait humura ntawaremew gukundana nabose nkuko atawushobora kwemerwa nabose nayo B face ashaje nabi agomba abadugirako iyishaje nibarwe
Landry Promoter nawe Ukomere kwibanga Bwana ubikora Fresh Msazaa Keep up The Great work bruh ama 🎉🎉🎉🎉🎉🎉 yawe bwana
Wubahwe drama T❤❤❤
Ntitwigera tunanirwa turasavye mubahuze B-face na Drama-t ayomatiku ahere 🥁🎧🎙
Courageeee drama THejuru cane mze urekane nabo ❤
🔥🔥🔥🔥🔥💪💪👑👑
Ingorane yaba ba face bigira ngo drama t numwana ariko ubwo nubujuju ,drama t numuntu aciye ubwenge kandi afise talent irenze.indirimbo ziwe ziraruhura
Ubundi umuntu atarimutoya wawe canke utavyaye sinumva ahonohera mukumwita umwana🙆umuntu yisumira akiyambika...... 😊
Impatiemment j'attends.
Kora akazi atakumviriza ivyo abantu bavuga kuk ntamuntu azokwigera ashima nabose n'umwana w' Imana yakoze ibitangaza agahindura amazi imvinyu nticabujeko bamubamba. Ibikorwa birivugira nuwuzokwanka azoheba yemer ko urukwavu runyaruka
B- Face agomba kwigira Ngangari . Drama T kabisa wanke agasuzuguro
Imana iguhinduriy Amateka abas bavuga ayabo
Drama t turagukunda ark nimwige gukorana nabandi ba artists jew ikibazo mfis nuko uburundi tutokwama inyuma murivyose . Aba artists jew ndabakunda ark nibige ukuntu boteza imbere umuziki ndundi wacu bave mumahane.
Narakwanse kuburyo ntashaka nukukubona🤮🤮🤮🤮🤮 kuberubwirasi bwawe!!B_Face azama arumushingantahe ❤❤❤❤❤ twemera wew ntandero ufise
Wowe uri ikijuju😂
ni rofa kbxa 😂😂😂
❤
Nibamuveko arabarenze
❤❤❤love you Drama t
Drama t nukuri ararengana iyaba harico yiyagiriza ntiyari kuvagati b face azoze bahurire mukiganiro
🔥🔥
😲😲😲😲😲😲
Dram ndamwemera❤
❤❤❤
DramaT u’re very WISE at young age u’re and will always be at the top so accept to be a topic👌🏻
Nah nzob ndumw Drama T mukund kub❤
❤❤hit top tv
Peti yangu, ubuzima nubwimana ,abavyemera mumpe link
you need to concentrate on your projects my brother don't waste your time with those who talk. do you remember the day you left your family?? who was with you?? we are here to support a good job not ony body
Shaa Amazi arashuha ntiyibagira ibumbeho !!! Shuhe shaaa tembeya uwone
Oya abafana bagiye ntibari bawe twebwe turachahari
Nimuhuze
Compara interview ya Baby killer niya b face muca mutahura cqui s pa7.ishari nakagaye hoshiiiiiii. my baby killer on est là tkt
♥️🥰🥰
Uyu dogo amesha ona kujiona laundry mwambie usani usimuleweshe 😢😂
Aho B face yakuye confidence yo gu posta indirimbo atari rwiwe ataruhusha numva nipfuza kuhamenyaa😭😭😂😂
Bface ikimwishe nukwibona ngira yaribajije
B face ntazi KO drama t amurenze talent kabisaa
❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
❤🙌🤝
Iyo ndahiro ntiyarikenew ukuri kwawe niw ubukuzi kuko ntaco wohindura mukwemez abantu Gus wukuri ubukuzi
Ntimwumvikane Dr T et B F
toka 😅muhuy sha yogutwik sha
Ni babe batahura akazi umuntu akora ivyagusa bitera ubwenge buke.
Landry vrt ngo NDI muma cours kugira nzokwakire dadjuuu
Uwukijije Ntumukira Kweri
Ariko mirinivyago
Dram T reka kwisemba uwo mukuyakukuya jew ubu nabitahuye projet nirwaye so Urafise uburenganzira bwokumukuramwo nareke ivyo bintu
Ah ntakintu nakimw uriko uvugisha ukuri ivyo vyos nububeshi kubera ndabiz ntavyemezo nabimw ubufitiy hubwo wavuze nibidake ew wisarishij hinge reo nyenivyemezo naw azokumaramaz uzosigar uricuza ico waporomekey...barakubeshe abo nyn ba Landry kumb urikwegey
Watching from Uganda 🇺🇬
Drama nibakuveko abakwanse ntibaz ibukorwa vyake bihoze ibukorwa bizivugira
Hama ndatanze ubutumwa kuri wakayanza uzuracunga ururimi imbere Yoku dedemba (inuma nikijwangajwanga ntibivuga kumwe )
Vyari vyizanyene bavuganye kugirango impari zihere
Ariko ibibintu biteyubwoba kuko muburundi birashoboka kugira iyindi ntera ivyo produce wiwe Dram t ukuri turakuzi ntahindure ururimi
Imyaka ufis niyo kuvuga Ivy ushats vyos kuko ntiwiyumvira,hama uwutaranirwa agaramy agirango ijuru Riri hafi.gusa watanz akazi kub menyeshamakuru ni bon.😂😂😂
Drama nincabwenge,ico gifaransa,icongereza gitwike mpaka hama abavuga bavuge
Bamwe tuzi iterambere ry'indimi turabizi
i agree u #Landry #Drama_T
Dramat nta mu islam arahira nkukwo muvyuzoza urakora nugusenga gusa vyose imana irabikora
Ibereho utababay di dramat
Uyo mu journaliste ni Edisson ntawundi
babaz nez
Drama t❤❤❤❤❤
Drama t ndamutazira jewe Justin Bieber of Burundi wubahwe I ❤❤❤❤
Ni danger
Akarimi kumwe gakamwa ayera
Muraho,randry mbega B face ntarav gitega?turakeney kumeny ukur muvyabay kuk mumuzik ndundi harih ibintu birik birab,biratey isoni.
Hazohava havugira ingumu🙈
Baby killer & umutananigwa❤
Non nisewiwe ahamwubaha drama t wekora uritonda urubaha Kandi uzam wubaha ntitukwanka wankwa nabakwanka abagukunda turahari uyomuntu aramez ukuntu
Drama T hejuru cne araciye ubweng azonabica courage bro
Means nibaramenyera gukora giProfessionel😢😅
Abantu mufise ibiro bike murirata😏😏😏
Landry mpa numéro ya drama t
Dram t courage bro👊
Uwonumuhimbo wahiti dogo gendabukebuke utazima nka baoden😂😂
Towa fuyo uko atazimye naho?
Gend gake dog iyisi tugezemo itandukanye niyakirya gihe caba baoden 😅
Nguyo Dadju araje, muri tayari??? Ako kantu karacumita!!! 😂😂😂
I hate you drama t but I like you like. I like poeple ❤❤
Burya vovota nuyo mwana yayiririnvyi nahora ndamwunva izina ntaramubona kwl gs arashoboye ashiremwo inguvu kbs imbere niheza caneeee
Uranryohera vrt
Uyumu petit ari trend shak murab ikikiganiro viens kigezeko non nazo ya boostinze
ico nobahanura nimureke kunya uyomwana umuziki waramuvunye,mwebaza ngo nimushasha ariko jewe ndibuka 2015 COCACOLA yamuhaye agashimye ka pawar bank (ibika umuriro wa telepho) nubundi bushimwe butandukanye kuko niwe mu'Raper wenye mwicogihe yashobora kurimba abantu bose bagakoma ashi ico gihe B.face muvuga ngo nuwakera ntitwari tumuzi,Mc Drama yari umuraperi aratandukanye na Drama T arahibongoza
@heppy768 ndakwunganire ukeney ukuri bazobibaze Mc ami pro niwe abizi neza mur coca cola i muyinga aho yatanze show abaririmvyi bazanye baduteye swataaa so baturrkere umwana wacu imana ikomeze kumwugururira imiryangooo
Uyo dogo bamureke arakaze sana kazi kazi kuenda mbele 🇧🇮🇿🇦
Turabafana
Naho indirimbo yawe yose uzoduha tuzoyikunda