Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ndahashitse kare mumpe amashurwe yanje ,abakunzi ba film ndundi ❤❤❤
yoooo mbega abant bazigukina neeeee zaaaaa waaaoooo ndabakund ♥️♥️ cane
Mbay N2 mump lik zanj😂🎉❤
Numerien courage vrt 🎉🎉🎉Film yamber iryosh nkuk bravooo❤❤❤nabakiny beza dis🎉🎉🎉🎉
Ariko reo bino bintu vyamazina mukwiye kubishira hamwe kubera ukukuntu biguma vyihindura bigirante biradutevyaa😊
Nimwongereze ibirungo gusa naho mwogumiza nivyo ndababwiyeko biryoshe courage
Nanj uyumus ndabaye mubambere abaza nyuma mbisabire murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Muminota cumi nkaba ndahashits abaza nyuma mundemer
Iyi film nzoyikurikirana mpaka ihez gusa ubu mwari mwadusonzesheje
Tuguma turi maso mulurindira ko mudushirirako❤❤🎉🎉
Ndabakunda cane.jina et claude ❤❤Patrick na ange mutore amashugwe yanyu❤❤❤
Clod agira yih uwund mwana kabsa !😃😃😃 follow from 🇿🇲🇿🇲
Waoooo nanj nacerewe abaza nyuma ❤ ako gatim ndakabone
Muri 35min nanj Nar nageragej uno musi kuzindura ndabakunda cane❤❤❤❤❤
Birihutigwa bimez gt kwa Claude ngo nuko uziko ukina uri série kabisa rujiyorushatse komeza ndabona akarimbere karahindi ❤❤❤
Naho nacerew courage twar tuyikumbuy❤️❤️🌹🌹🌹🇧🇮🇰🇪
Yoooo Hejuru cne nukr❤❤❤ Courage🎉❤❤ mutunyarukirize abashitse kare muzoba mukoze❤❤❤❤
J ndabakunda vrt!umwandits niyakire amashurwe yiwe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤ abakinyi mwes mwubahw
Yooh Claude Pol sana ndabon nubw wahemukiy Ange ntiyar ww warakomerets Jina fatiraho mwikundanire❤❤❤❤ hashee
Jina waguyeko guma hamw rek kumwita inyamaswa🤣🤣haaa birame ndore
Nange ndahabaye kumunota 47 film dukunda cyane ariyo Rujiyorushatse ihageze
Jewe nacerewe Ndabizi Gusa Ndbknd caneeee ❤❤❤❤❤
Nizereko ntari uwanyuma abaza ubwanyuma mugonge hano
Murakaza neza abo muri WAR'UBIZI nayo abakunzi ba série RUJIYORUSHATSE muze hano tumenyane.
Waoooo murimo neza turabakunda Can❤❤❤🎉🎉🎉
Nubwonacerew sinagenda ntavuzeko ❤️❤️❤️
Nkabandahagez sinacerew gos ndab ururukund rwa jina na claude kbs ruzojiyorushast bash bakunz barw tumenyan nda❤❤❤❤❤❤❤
Narindayikumbuye vrt mwayitebanye
Amashurwe yose🌹🌹🌹🌹🌹🌹nayamwebw abakinyi ba Rujiyorushatse🎉❤muranezer cn.mubandany guter imber mwes.claude wavyitwayemw nez mukwumv uwukwihishako🙊🤣♥️😘
❤❤❤❤❤
Turabakunda cyane ❤️❤️🥰
Wuaa courage
Courage ❤❤❤❤❤
Waooooo ❤❤❤❤❤ mwakiny nez vrt Claude tor amashurw yaw♥️♥️♥️♥️🌹🌹🌹🌹
Wa muhungu claude ngirango s'umugomee, avugisha ukuriii
Nkaba ndahageze😂 courage❤
Courage 🎉🎉❤❤
♥️♥️♥️♥️
Mur6 min nkabandahashits
Welcome back rujiyorushatse nar mbakumbuye😢😢reka nteramane namwe ndavuga munyuma 🥳🥳🥳🥳🥳🙏🙏🙏🙏🌹🌹🌹💃💃💃
Guhemukirw biraryan 😢arik Claude inzir war wafash siy kand kugir uronk uwukwizer nikibaz 🔥💪❤️
Yooo iheze ntashaka mwubahwe vrt ❤
Courage mes amis❤❤❤❤
Crgeee ange ; Claude ;kercy; Patrick.....etc👍
Courage nukur urukund rujiyo rushatse
Nnj nkaba ndahageze ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Uwambere ni jew today
❤🎉🎉courage fercitansoi 🎉🎉🎉❤❤❤ courage vrm
🎉❤❤❤❤❤ love this series
Igezahiryoha vrt courageux ❤❤❤
Une leçon
COURAGE DIISIIII MURASHOBOYE🎉🎉🎉❤❤❤❤
Jina,urabanza udhishoze neza,utandukanye uruzi nikiziba
Murashoboye vrt ❤❤❤❤❤
Mwubahw mubikin nez can gus harumufanz ntabonyemw Kam ni kado sinz
Have Chris ntabwo icaha gihorerwa ikindi wasanga wobiguyemwo kubi gukabije kwel ariko wambaye agakabutura kagufi cane rwose 😊😊ukinaneza cane ndakw❤❤❤
Je suis parmi les 5 premiers❤❤
Noe kimengo irahez 😮 bandany
Meakoze cyane kudukorera indi episode ndabakunda cyane guturuka murwanda
Mutunyarukirize iya kabiri? Jew ndashimye aho ngeza
courage vrm eddy
Non komuduh part ntoya kand ariho yarigeze kuryoha
Ashobora kuba yarahindutse korode jina muhe amahigwe ariko wicunge ntawomenya
Aragukund kl kbr akubwij ukur kwose
Rujiyo rushaste hejuru cane❤❤❤❤
Shishikara muterimbere turabakunda❤❤❤
Claude vyiza ubuzukuri kose vrt, vuba muduhe suite
Nanj ndahageze kantore agatebe ndavuga hanyuma
Muranyarukana épisode 10 ndabona izoba iryoshe cane.
Mwakinyee nezaa courage
Kumb ngendan ningw ntabizi nahig ange amusab imbabaz
Karabayeee weww non aciyaguheba
Mbay no1 kbs
❤❤❤❤❤🎉🎉
❤❤❤❤good
Nari narakwiyumvisemwo nabi Claude ivyowakoreye ange pol nawe siwewe gusa ntuzontere so ndabakunda cane
Courage cneeee bantu b'lmana turabakunda kanini ❤❤❤
Ikindi gice niryari
Jina uraronse umu chch nukuri gusa nawe warabeshe izina 😂😂😅
Courage beza ham Claude ndagukunda ufise namenyo meza
Bravo
Ubahwa cn🙏🙏🙏
Naje ndahari mubazikunda.
Mwari mwaratunyoteje❤❤❤🎉🎉🎉
Ndabakunda sanaaaa
Muri kumwanya ntimucerwa kugum muduh rujiyorushatse ntimucerwa kbx muzokwam uko
Courage
Wangaruste wamugorewe😂😂🎉😢😢😮😅😅
Iko gice c' icenda ni confession
Mbona yoshaka akamukunda kwamubwije ukuri kose nibazako atazomuvanga ko asigaye yicuza.gusa ndabakunda❤
Courge cane 🎉❤❤
Basha ndabona hagiye gusha
Man iy season muarayitevy nzoyihe hapfi 2saimene
Nikirara cumusore😊
Vyari bikaze pe ibaze iyo nabi ya Cl2 kwel abantu nkabo mwikebuke
Rek manz nicar ndaburukund rwa Claude na Juna ndavug mpejej
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Claude ningwe nukuri.gsa kugwa sibibi ikibi nukugumayo.Claude ariko arahinduka mukubwira ukuri Jina nakomerezaho azovayoooo
😢😢😢😢😢😢😢??????urijirawye jina??????😢😢😢😢??😢😢😢
Mubikora nez muduhe ep10 nayo
Courage bagenzi