Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murakoze cyane mama none iyofu niyoki ntabwo nayisobanukiwe
maman karib nanj ndabikund maman azobikuziman knd murasa❤❤❤❤❤
Mbega mbega ibishimbo weeeee yooo urumwana mubi pe urabona ukuntu unteye umunoho ga wamuvyeyi 🤰mwiza ntaco imana ikumpere umugishaaa 🙏🏾🙏🏾
yoooo karibu none dusangire,😂
Urakoze muvyeyi
😄😄💯❤️
Ejo nzobitegura numve bisa neza kbx😋😋
bizokuryohera
Urakozecyane mubyeyikurwigisha ndimurwanda
murakoze gushima🙏
Waouuu biraryoshe biraboneka
waouh, ❤
Oe vineger wayishizemo ryari .knd courage turagukundaaaa❤
♥️❤🙏
biraryoshye wee ndabikumbuye pe,urakoze maman kandi bonne appétit ❤
pareillement merci
none uzobitegure ahuri ntavya,♥️
Urakoze kabisa biraryoshe cane nzobiteka
urabigeza birakunda
Merci pour la recette Jeannine. Je m'abonne
merciiiiii♥️🙏
Murakoze pe
namwe
Très bon
merci
Merci bcp
Urakoze mubyeyi mwiza
amen
Urakoze kutugirinama
amen amen
Bakunzi banje ibi biharage nimwabifungura muzokwama mwifuza kubitegura
Merci Madame biraryoshe cane
muzobitegure bizobaryohera
Merci pour la vidéo
De rien 🙏
Iyo Onja ni cyakirungo bashyira mwisombe cg nikindi?
Iyo fu niyiki?
Reka ndabikarange ndabikoze agaceri
birajana cane
Nivyambere.
merci bcp
Btibihige
Bn après midi, kandi urakoze caane kurutwo duharage utweretse ingene dutegurwa. Merci bcp
mirakoze gushims
❤wakoresha vinegre iyariyo yoze
iyera niyo Sawa,♥️
Wigisha neza mama❤️❤️ kandi biraryoshye
amen bitegure bizokuryohera
Murakoze ngira nanje ndabiteke
egome uzombwira
Ndagukunda❤mubara yose Muvyeyi mwiza ❤. Mukanya ndaje tubisangire
nanje ndagukunda, ♥️
Biraryoshe pe
cane gose mugenzi♥️
Kunata turavyumva,jewe nkunda umuceri kubi
oh bn appétit
Biryoheye ntarabirya
biramara nukuri
Neza kbs
urakoze
Natwe turagukunda kubera uritonda uvuga neza
murakoze❤️
Ibi bishyimbo byaryoha cyane urishije chapati
egome hose biramirika ncuti yanje
Bjr...iyo ONGA wiyimfotorera nkaraba neza iyariyo?pls
ndayirondera Ubu ntayo
Urakoze cane muvukanyi ndaje nzobitegure ndavyumviruze🙏🙏💞
urakoze gushima bizokuryohera♥️
❤❤ hezagirwa muvyeyi, mbega usizemw indimu gusa ntushiremwo vinegre nti vyokunda?
egome ntangorane❤️❤️❤️
❤❤❤
♥️♥️😀
Gusa ibishyimbo birasa neza
cane gose
Narabitse biraryoha pe
courage❤
Ariko disi urumumama mwiza pe ❤njyewe ndumunyarwandakazi ndagukunze pe ukuntu wabitetse kumbabura nibyiza kweri.
murakoze mubanyi mwiza,,♥️
Ubivanga bitarash mugenzi
Biba vyahiye mugenzi
Ndagukunda ukuntu wivugira nta video yawe nimwe inshika
waouh balikiwa❤️
Uyu mu Mama anyigishije guteka neza ibishyimbo !! Hano Canada sinakundaga kubikoresha ku meza
oh ibiharage ni repas nziza,ninaza uzobinzimane♥️😀
Wewe ntako udakora kugira Dutere infungurwa zikwije imiryango
egome kugira abakunzi banje banezerwe
Nukutwigisha kujana nibihe
egome
Ndaba kobitukur atatomat
NTA tomate
Yoo biraryoshye cyane none iyo fu washyizemo ni ifu y iki KO ntasobanukiwe?
ifu y'ivyema
y'ibiyoba canker y'ubunyobwa mu kinyarwanda
Ibyema ni iki?
ubunyobwa mukinyarwanda
Mbeguduharage turyoshe wee murakoze cane muvyeyi kukwitanga kutwigisha
namwe murakoze gushima❤️🙏
Wentabiharage vyosumbinyama
yooooooo
Uduhe nimero yawe
Ja kuri Jeanine tv iriko hejuru ncuti yanje
Abantu mwitukuza mwaragowe urabona ukuntu usa nabi.
yooooo
Ariko muzi kuvuga nabi wabuze ukundi kuntu wobimubwira neza utarize kuvuga gutyoManyina mama usaneza pe pe👍🏽👍🏽 ariko uzoreke kwitukuza kuko sivyiza mama wanje love you😘😘
Nukul kuvuga mumvugo mbabarira matwi birakenew🤔
Wabuz kuraba ivy bishimbo abantu mwabay gt ??ivy vyokwitukuza wabinony wenyene utacoka
Ibutaha uzatwigishe gutegura isosiYomumagi murakoze
Urambabarira nvira ni mise en scène kubera urihuta cane mugabo mpore ngira ubushaka kwereka abantu ingene bigenda
✍️
Maggi n' uburozi noguhanura kuyiheba
narayihevye
Reka ndabitek nanj
courage biraza kukuryohera
Uwantumye uburoso bwo ku maguru anyandikire bwarabonetse anyandikire inbox ndamubwire ingene bumushikira murakoze❤
Ndayikeneye
Maggi uzoyihebe nimbi cane ku magara y'abantu.
egome mugenzi
Uzotwigishe guteka ubugali bwimyumbati.
iyera
egome nicokimwe
gusa vinaigre blanc imota neza
iyera niyo sawa
vinaigre yera niyo Sawa
vinaigre blanc

Ariko muzi kuvuga nabi wabuze ukundi kuntu wobimubwira neza utarize kuvuga gutyo
Manyina mama usaneza pe pe👍🏽👍🏽 ariko uzoreke kwitukuza kuko sivyiza mama wanje love you😘😘
Nukul kuvuga mumvugo mbabarira matwi birakenew🤔
Wabuz kuraba ivy bishimbo abantu mwabay gt ??ivy vyokwitukuza wabinony wenyene utacoka
Ibutaha uzatwigishe gutegura isosi
Yomumagi murakoze