GERVAIS NDIRAKOBUCA ARAGABISHA ABIKIKA MU KIZA MU KUZIMBA IBINTU BITWAJE INGORANE IGIHUGU KIRIMWO🇧🇮
HTML-код
- Опубликовано: 27 июн 2024
- "No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #gervaisndirakobuca #burundi
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com/fulgencemika Развлечения
Mungu wangu
Nareke kubesha abanyagihugu kuko turazi ubwenge kuva aho vyadugiye ibiciro niho mubibonye huuu amatora arimukugera ibisigaye tuzovyimenyera ntanakimwe irashikako 🏃🏃🏃🏃
Abamutora. Bazomutora. Ndibza zaweww. Siwugena
Mumbarize ko yoba yabonye ibarabara rya Bujumbura Nyanza lac nuko yoba yaribonye???
🤔🤔🤔
Ubuniho😂babibonyeko ibintu bizimvye😂😂😂 mana mbabarira nitwenger😂😂😂
martin ntacyo azafasha, capacité d'analyse hafi ya ntayo
Uwo numugabo Sha niwe atumye tubaho kubera igitoro
Umugore nindeee
Ewe jew 🙄🙄🙄
Ntantara yamakamba igihariii Ubu nintara yaburungaaa nivyo mukora ntavyomuziii
Nub urasesemwa