Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murakoze cane. Kahise k'Uburundi karimwo vyinshi. Hoboneka abakina ireresi ry'ingene vyari bimeze vyoba ngirakamaro gusumba.
Asante kwa mafundisho mzee navyunvise vyose
L'histoire du Burundi irakenewe cane cane ugwaruka rukamenya ivyaranze igihugu cabo.
Ingorane babishira mugifaransa umenga turabafaransa
Très utile, cette vidéo!
Karibu iwacu kiganda
Uburundi ni bwubahwe!
Komera cane Mutama
En tant que Mwenengwe avec l'aide du gouvernement, L'Allemagne me doit.
Vyigishwe mumashuri kugira abazidukomokako bazomenye imyonga ihuma niyidahuma
Nimwubahwe muratwigishije ivyiwacu.
I Kiganda hubahwe
Bitebe bitebuke abadagi izonka bazozizana
Ahubwo dufate umudugi wese ahotumubonye badusubize inkazacuMurabe ingene basize batwononeye igihugu
Wubahwe
I kiganda hubahwe
Murakoze cane. Kahise k'Uburundi karimwo vyinshi. Hoboneka abakina ireresi ry'ingene vyari bimeze vyoba ngirakamaro gusumba.
Asante kwa mafundisho mzee navyunvise vyose
L'histoire du Burundi irakenewe cane cane ugwaruka rukamenya ivyaranze igihugu cabo.
Ingorane babishira mugifaransa umenga turabafaransa
Très utile, cette vidéo!
Karibu iwacu kiganda
Uburundi ni bwubahwe!
Komera cane Mutama
En tant que Mwenengwe avec l'aide du gouvernement, L'Allemagne me doit.
Vyigishwe mumashuri kugira abazidukomokako bazomenye imyonga ihuma niyidahuma
Nimwubahwe muratwigishije ivyiwacu.
I Kiganda hubahwe
Bitebe bitebuke abadagi izonka bazozizana
Ahubwo dufate umudugi wese ahotumubonye badusubize inkazacu
Murabe ingene basize batwononeye igihugu
Wubahwe
I kiganda hubahwe