Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana igihe iruhuko ridashira jewe ubwanje sinzopfa ndakwibagiye 😭😭
Shalom Shalom Shalom. Repose en paix éternellement et infiniment Président Pierre Nkurunziza.
No oò is us for cuz big
Imana iguhezagire Peter NkurunzizaNdabibuka ndimuntambara Chef. Imana igushire ahiteka
Ruhuka amahor muvyeyi wacuu nukuri warintwar kugihugu cuburundi ❤❤ twaragukndaaa cneeee
Tahuka amahor sokuru wacuu twaraguknda wagiy udufasha vyinsh ❤❤❤❤
Ntiwigor warumutwar mwiza iman izokurose ijuru 'imigisha uzohorane nabamarayik kuk naw waratwerets urukund mukuyobor igihugu iman yakuragije
Namahera yarafise agaciro nahubu ningolane
Papa burundi uturi kumitima ntituzigera tukwibagigwa muvyeyi wabarundi nabarundikazi
Imana imuhezagire ahari hose
Niyiruhukire amahoro yari umuvyeyi wabarundi❤
Vddd
Imani kwakire mubwam bway nzokwibukira kubintu vyisha
Imana imwakire twarabuze intwari
Imana imworohereze mubwami bwayo
Tuzoguma tukwibuka muvyeyi❤
Reba iyi vídewo congregação cristã no Brasil mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza.
IMANA imuhe imwakire mubwami bwiwe
Que Dieu vous bénisse abondamment son Excellence Monsieur Le Président Pierre NKURUNZIZA, repose en paix dans les lieux célestes.
Twarabuze sokuru ablaham wuburundi
Twarabuz umuvyeyi nukur 😭😭😭
Mon président
😢Eg twarabuz
IMANA imuhe kurangizaneza
Sogokur wacu yiruhukir amahor yarinseruk rukamvy
Yoooo biteye umubabaro
Tuzokwama tumwibuka nubu turamukumbuye
Intwari yigisha Abandi ivy 'ubutwari kugira Nabo bazobe Intwari
Gusa nyakwigendera peteronkurunziza yarumugabopeer
Ivyaranze petero nkurunziza
Imana ikuduhere uburuhukiro budashira. Tuzama tukwibuka
Waradukund waba haf ibene gihugu iyo iman iguh kuramb tuba tuguw neza kuk watuba haf ntamunyagihug yo kwibagir nivyiz wadukorey
IMANA imwakire mubwami bwayo yame. Adusabira ndamwibuka anyigisha kuri Lycée Muramvuza twongera duhurira ku Rihanna yari umugabo winshigwarimenetse adatinya urukamvye
Nukur uwo numugab sinzomwibagir iman imugum haf kuk uw numuvyey
Je ne l'oublierai jamais
Ntawundi nkawe tuzongera kuronka iruhukire amahoro.
Yari intwari umukama azomuhe uburuhukiro bwiza
Sinkekeranya aho uri niheza Muvyeyi mwiza.. Iy ugiy kumwe na Data uz ugum wibuk Uburundi n'Abarundi udusabire.. Uzokwana Iteka n'icubahiro mu buzima bwanje!!! Ruhuka amahoro Ntwari nziza🙏🙏🙏
Twarabuze ark iman niko yabishatse😂
Uyu mjinga nyakuruswa yihaye manda etemerewe ariko ikinezera nuko nabo barikumwe baciye bamwiyicira
Mbega ntimuramenya icyoba caramwiishe nimubivuge uwamwishe
ruhukira mu mahoro mubyeyi Pierre Nkurunziza abamalayika bakwakire bakugeze mu ijuru kwa jambo Twifanyije namwe Bavandimwe muri kigihe cya kababaro 🙏
Nubeshe arivyo uriko urabesha
Abarundi twarabuze😭😭😭😭
waringabo
nta kundi!!!!
Twarabuze intungane turakwibuka tukarira
Haaa!!yakoze amateka iman imwakiree kand tuzogum tumusengera
Warakoze
Asant kwamema uriyo tutendea mngu akuraze mahali pema peponi
Yarumugabo atajugumizwa nubusa
Warintwari sha ntituzokwibagira
Sagarara koko
Bien reçu et comfirmer
Irambire mutama
From USA u left me when haven't meet u face to face?
Good kbx
Twarabuze kweri
Les bonne's choses ne durent jamais
Jeho ndacarira nabuze nuwompoza
Waragy turababara
Imana iguhe uburuhukiro bwiza mutama
Iryamire amahoro
Wema ni Akiba
Ukwo n,ukuri kwuzuye
Niyigendere.yali.umugabo
Intwari ❤❤❤❤❤❤❤
Waragiye. Mutama. Ivyigihugu. Biragukurikira
Uwomutayubahw
MBEGA IMANA YARIYARAMUSEZERANIJE IJURU MBERE YABYOSE😭 NYUMVIRA UKOBYAGENZE
nkurunziza yarabizi kabisa ko ashobora gupfa niyo mpamvu yahora ategura samuragwa wiwe
Umuvyeyi yakiwe nimana🙏🙏🙏🙏💪💪💪
We Will Never Forget you
Nsimire amee
Yab vyakund kumwan wumunt azura mugenziw nkajumw vyab kuri razaro twomuzuy akinger akab muzil agatatur ibibaz turigucamw akarab nuw yaduhay ayo adukoz niyiruhukir
Imana ikwakire muvyeyi
Indirimbo zuruku ndo nyarwanda
Amakur yakenya
Niyiturize mumahoro yarintwari peeee
Yarumugabo
Umuvyeyiwacuntamuntunumweyomwibagir.
Ruhuka amahoro muvyeyi wacu
Warumugabi kWr
Amaury.
niyiruhukiramahoro yarintwari ntituzokwibagira
Iki kiganiro cari ciza nuko werekana aho uhagaze. Tu devais être impartial
Imana imwakire umuvyeyi wacu
Ntako atakoze umuvyewi wacu 😭😭😭😭😭😭
Riziki
Yarintwarii
Turingenzi n indirimbo yaririmbwe na Elias ngendakuriyo yirabe ngaha ruclips.net/video/NAM9M9J7vJo/видео.html
ruclips.net/video/x2nyyvQdTVs/видео.html IMANA IKORA IBIKOMEYE 💪 YAMUKUYE MUMUGEZI WA NYABUGOGO 😭 NONE YABIVUYE IMUZI BYUMVE BYOSEEEE
Pumuzika kwa amani baba🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🧡❤️🧡❤️
Maajabu
Miss you Muzeh
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙆♀️🙆♀️🙆♀️😭😭😭
Niyitahire ntaco atari yakoze
Yar umuvyeyi ntituzomwibagira
😢
En.
Abarundi twarabuze ihero ryimiti
American
Hutu Makaki
😂
Imana igihe iruhuko ridashira jewe ubwanje sinzopfa ndakwibagiye 😭😭
Shalom Shalom Shalom. Repose en paix éternellement et infiniment Président Pierre Nkurunziza.
No oò is us for cuz big
Imana iguhezagire Peter Nkurunziza
Ndabibuka ndimuntambara Chef. Imana igushire ahiteka
Ruhuka amahor muvyeyi wacuu nukuri warintwar kugihugu cuburundi ❤❤ twaragukndaaa cneeee
Tahuka amahor sokuru wacuu twaraguknda wagiy udufasha vyinsh ❤❤❤❤
Ntiwigor warumutwar mwiza iman izokurose ijuru 'imigisha uzohorane nabamarayik kuk naw waratwerets urukund mukuyobor igihugu iman yakuragije
Namahera yarafise agaciro nahubu ningolane
Papa burundi uturi kumitima ntituzigera tukwibagigwa muvyeyi wabarundi nabarundikazi
Imana imuhezagire ahari hose
Niyiruhukire amahoro yari umuvyeyi wabarundi❤
Vddd
Imani kwakire mubwam bway nzokwibukira kubintu vyisha
Imana imwakire twarabuze intwari
Imana imworohereze mubwami bwayo
Tuzoguma tukwibuka muvyeyi❤
Reba iyi vídewo congregação cristã no Brasil mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza.
IMANA imuhe imwakire mubwami bwiwe
Que Dieu vous bénisse abondamment son Excellence Monsieur Le Président Pierre NKURUNZIZA, repose en paix dans les lieux célestes.
Twarabuze sokuru ablaham wuburundi
Twarabuz umuvyeyi nukur 😭😭😭
Mon président
😢Eg twarabuz
IMANA imuhe kurangizaneza
Sogokur wacu yiruhukir amahor yarinseruk rukamvy
Yoooo biteye umubabaro
Tuzokwama tumwibuka nubu turamukumbuye
Intwari yigisha Abandi ivy 'ubutwari kugira Nabo bazobe Intwari
Gusa nyakwigendera peteronkurunziza yarumugabopeer
Ivyaranze petero nkurunziza
Imana ikuduhere uburuhukiro budashira. Tuzama tukwibuka
Waradukund waba haf ibene gihugu iyo iman iguh kuramb tuba tuguw neza kuk watuba haf ntamunyagihug yo kwibagir nivyiz wadukorey
IMANA imwakire mubwami bwayo yame. Adusabira ndamwibuka anyigisha kuri Lycée Muramvuza twongera duhurira ku Rihanna yari umugabo winshigwarimenetse adatinya urukamvye
Nukur uwo numugab sinzomwibagir iman imugum haf kuk uw numuvyey
Je ne l'oublierai jamais
Ntawundi nkawe tuzongera kuronka iruhukire amahoro.
Yari intwari umukama azomuhe uburuhukiro bwiza
Sinkekeranya aho uri niheza Muvyeyi mwiza.. Iy ugiy kumwe na Data uz ugum wibuk Uburundi n'Abarundi udusabire.. Uzokwana Iteka n'icubahiro mu buzima bwanje!!! Ruhuka amahoro Ntwari nziza🙏🙏🙏
Twarabuze ark iman niko yabishatse😂
Uyu mjinga nyakuruswa yihaye manda etemerewe ariko ikinezera nuko nabo barikumwe baciye bamwiyicira
Mbega ntimuramenya icyoba caramwiishe nimubivuge uwamwishe
ruhukira mu mahoro mubyeyi Pierre Nkurunziza abamalayika bakwakire bakugeze mu ijuru kwa jambo
Twifanyije namwe Bavandimwe muri kigihe cya kababaro 🙏
Nubeshe arivyo uriko urabesha
Abarundi twarabuze😭😭😭😭
waringabo
nta kundi!!!!
Twarabuze intungane turakwibuka tukarira
Haaa!!yakoze amateka iman imwakiree kand tuzogum tumusengera
Warakoze
Asant kwamema uriyo tutendea mngu akuraze mahali pema peponi
Yarumugabo atajugumizwa nubusa
Warintwari sha ntituzokwibagira
Sagarara koko
Bien reçu et comfirmer
Irambire mutama
From USA u left me when haven't meet u face to face?
Good kbx
Twarabuze kweri
Les bonne's choses ne durent jamais
Jeho ndacarira nabuze nuwompoza
Waragy turababara
Imana iguhe uburuhukiro bwiza mutama
Iryamire amahoro
Wema ni Akiba
Ukwo n,ukuri kwuzuye
Niyigendere.yali.umugabo
Intwari ❤❤❤❤❤❤❤
Waragiye. Mutama. Ivyigihugu. Biragukurikira
Uwomutayubahw
MBEGA IMANA YARIYARAMUSEZERANIJE IJURU MBERE YABYOSE😭 NYUMVIRA UKOBYAGENZE
nkurunziza yarabizi kabisa ko ashobora gupfa niyo mpamvu yahora ategura samuragwa
wiwe