Wa mu APOTRE bavuga ko yatutse EKLEZIYA KATOLIKA atanze ukuri kwose//Impamvu nabivuze//Aho vyankiye
HTML-код
- Опубликовано: 5 окт 2024
- Wa mu APOTRE bavuga ko yatutse EKLEZIYA KATOLIKA atanze ukuri kwose//Impamvu nabivuze//Aho vyankiye
@NtareRushatsiHouseTV
#diaspora
❤🎉❤❤❤❤❤ This is An Apostle !!!!!! 🥰🥰 Intumwa Y'IMANA mugishingo ca Kristo !! ❤
Ahantu hose muzonyumvira batumiye Apotre Ferdinand Bright Niyibizi muzoce muntaginga(#). I love this man kubwumutwe wiwe afise
Uyu mu apôtre afise ubwenge bw'Imana vraiment 👍
Inyigisho ziwe zirakomeye cane👍
Ndakunda uwumu Apotre araciye ubwenge ,afise ubwenge bw'Imana .mrci bwana Apotre
Urumugisha muburundi💓💓
Uno muntu w’Imana ndamukunda cane👌ariko aravuga ndicara nkumviriza🫡
Egome cane Murakoze mutama
Turashimye ikiganiro ciza kandi kitwubaka.👏Birahimbaye kubona igihugu gifise incambwenge nkizi kandi zitanga mugufasha guhindura ingendo.Imana iguhezagire caneee kandi inyigisho zawe nziza zishike kure kandi kuri benshi.Abarundi benshi batunge kandi batunganirwe.Umwami wacu Yesu ahabwe iteka 🙏🙏
I like his mentality and his vision very accurately asf
Hashimwe Umwami yakuduhaye Muvyeyi Muturere Twose Tuguma Dufashwa Vrmt Much Love Daddy
😍😍😍😍😍😍😍😍uburundi burahiriwe kobugufise tnx❤😍😍🙏🙏
Pasteur urakoze umvigiye ibintu vyanje ukuntu botegura urwaruka ....ahubwo nibahimirize amashure atunge inkwavu
Projet ya president yogera kure
nivyiza jw president wacu ndamukunda kuko yerekana ukuri
Imana iguhezagire kuvyiyumviro vyiza utanze nanj ndaho
Yes my aposto
Much respect Apostle
Woow so much wisdom igihugu kirahiriwe ko kigufise
Realy amazing great Apostle Happy to be your son
Ndakwemera apotre ferdina ukomez kuza utanga ubutumwa mukirundi pls bizofqsha benshi ubutumwa bwaw burimwo ubwenge cane mukomere🙌🏻
Ikiganiro ca kamaro
Sigaye nkunda interview z apôtre 🔥
Ndakwumva neza cane mwungere 🙌
I am here watching because of my dad ❤
Turagukunda cane
👏🏾
Merci pasta nama pomme baduhenda ngwava hanze mbona zisigaye zimbuka mu Burundi 🇧🇮
Fresh kabisa
Ndafashijwe vrt!!!merci❤ Gaël na apôtre...UWUKORA NTIYIKORERA AMABOKO😊
I Don,t see any way to hate this apostle
Avuga ibintu vyubaka
Financially, mentally and spiritually
Wooooa mbega ivyiza ❤❤❤❤❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮❤💯✅
INTUMWA MU GISHINGO CA KRISTO ❤
Ndafashijwe❤
❤❤❤❤❤❤
Apostle mukazi kose
Umuntu arima nanje ndamushigikiye pee courage apôtre 👏👏👏👏👏
Yess my Dad🙌🔥
Uyu muntu afise ubwenge bwinshi🙌
Ubwenge bwohejuruuuu❤
Murabamwuva babwira abohejur nohasi🤗🤗🎉
Merci juste Gaël
Uwumu Apôtre araciye ubwenge vrt,ntako atagize mukuvuga ariko benshi bica inyuma yamattwi.ariko uwumva yumvise igisigaye nugukora
Mutama pasitori nivyiza kuza uravuga make kugira wirinde ama contradiction. Merci.
Courage
Kwakundi hahandi abatazi ferdinand numu apotre yadekonye mukwirukana umugore wiwe
Wawooo man wewe ndakekaka kuri intumwa yi manaa vyukuri,,, uzi ubwenge bwishi kandi ukunda igihugu ni mana 🙏🙏🙏🙏🫶🫶🫶
Ibintu avuz biri very important
Financially mentally and spiritually
Icuvuze nicope, kworohereza abambwiye mugushorera mubihugu duhanimbibe vyobarivyiza kubarimyi nokwirembere ryigihugu. Bashora bakigira nivyonabo baza bazanye. Kandi twese twokwijukira kurima
...❤❤❤❤❤🔐
Nkabanahashits🎉
Ikiganiro ciza gose, urakoze Gael na Apotre. Apotre avuze ibintu vyiza, nukubandanya kwigisha abanyagihugu. Buguruke amaso. Bakure amaboko mu mpuzu. Baje ku kivi
Tres intergent kugira umuntu yiyumvira nkawe ntiyoteza imbere uburundi gusa ariko Africa yose
❤️
Ngaha muburayi ntamagazo batera imbere yinzu kabisa biterera imboga ivyamwa, amapo yabo nomunzu abayibereyemwo udutomati utuboga udutunguru nibindi
Nareke ivyashara vya Apôtre akore ibikwiye afashe Igihugu mu guteza imbere.
Uwo mu Pasteur twohuza kabisa. Umwaka naje i Bdi nzomugendera. Ni Abarundi bake batahura ko dufise ubutunzi aho iwacu kandi agahamagarira Abarundi gukora, canecane kurima.
Gaël,
Kuki wazimije aho avuga abazungu? Yariko avuga ukuri 100%. Ubwo bwoba tuburengane.
wubahwe muvyeyi🎉🎉🎉🎉
Icokint nico najew ndabonako baduhenz kwer ngobaratwigishij kwer
Uyomwigisha uzomugarukane kabs arakenewe kensk kwiyi television yacu
Avuganeza kweri
Ngo gisanumwavu 😀😀😀nibuts ko primaire atanakimw nibuka banyigishij
Short visioned no enough space t feed Congo.
Uyo mu pasteur ahezagigwe,,uburundi bukeneye nk'abo..
Mwigisha yigishe nawe atigishijwe brother salarie yabo urayizi neza kera muri 10eme abadafise ubwenge babaha LP babe abigisha😂none nimba mwishure batanitora bazigisha iki
Mufise ivyiyumviro bitey imbere,maz igih ndabakurikirana ubu namaz kugushira muba
Naw Gaël camera man uramuponda ati: "ngo ntarurira indeg" ndiw noca ndakongeza umushahara
Yamuponze walahi😂😂
Namaze kugushira muba panafricanisme
Icavuga nico .ariko biragoye kugira bikogwe bisaba kuvyigisha bigakomera.
kuberiki utaramuhiza mukiganiro kimwe naprezida
aha hantu nukuhigira ubumenyi
Aba Apôtre bose bijukire uburimyi:Apôtre Mbayahaga,Josua, Chris Ndikumana( kanguka)...ariko ntibizoroha
Uguma uvuga umukuru w'igihugu ngira wabaye umuvugizi 😂😂😂
Mr Gaël uyumu tip umengo ndamuzii mur lycée kiremba sud??avec un surnom de jageni namba ntihenze!!
Yarigeze kuvuga ko yize i kiremba,rero ushobora kuba ari uwo nyne uzi
Correction: similiyoni 40, nimiliaridi 40 en fbu
Jewe ndibuka sokuru yabwira abana biwe ati nimba ukenye ntubwire ivyo kugurisha itongo,tora inka ugurishe wikenureeee,abwira ibi petits vyiwe vyize man, bakubititseeee😅😅😅😅
Uvuze ijambo rizima muta. Nibatureke dushore hanze Ivyo twimbura
Ariko nawe birya vyoguca mu muryango wugaye nka birya vyo muri film waratwifatiye kabisa,hanyuma uzobikamere
Aho ugeze ni kubera umwigisha yakwigishije utazi no kwandika urudome A none uriko uvuga ngo abarimu baraguhenze ntibakwigishije?domage
Ntiwatahuye ikiganiro nibijanye niterambere ryigihugu sikibazo camashure meshi kko ubiravye neza abantu bambere bateye imbere ntamashure meshi banafise ,ntiyigeze avuga kobadakenewe ahubwo hohinduka inyigisho twigishijwe nabakoroni nabigisha bakigisha barima borora tugafatanya iterambere❤
Uyumugabo afis ukuntu aporomoka mukuvuga nta sagesse afise kbx, Hari ibintu avug kbx ukumv kwahuruduka
Ufis ikibzo cogutahur wew
Arakina nibindi nta kine na ekliziya catolika
Amahoro. Harya urondeye isoko ya konteneri y'itomate mu bushinwa canke Dubai canke ahandi,uhejeje kubigurisha ntiwoca urangura ibindi ushaka utagiye wikoreye amadivise.
Your caption for this video need edit ✍️ @umukubitoTv ya need to do better
❤❤❤❤