Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Uwo munya rural naw ararenz
Aaaaaameeeeeen
Ukwerekwa kwikigihe gutayamakenga
Amen
Hezagirwa
Imana irahambay
Amen amen muhezagigw can
Iyintahe iteyubwoba vrm 😢😢😢😢😢😢😢 nukuri Imana idufash cn vrm 😢😢😢😢
Imana idutabare😮😮
Intamuntu azoronka ico yireguza kuko Imana iguma iburira abantu
Imana imbabarire kumugabo wanjye
Shananjye Imanimbabarire nukuri harigihenanga ngondarushe😢😢😢
Yewe nukuri ico kintu kigiye guhitana aba gore ariko mumenye koharibo nabagabo banka gukorera abagore ivyo muburiri babishaka
Nabi birabaraba koko
Imana iteye ubwoba
Yesu kristo adutabare çane
Imana iguhe umugisha kubwo ubutumwa uguhaye
Aka kantu nyene karakomeye😂😂 mugihe cuyu muvyeyi tubona akaja kuresha umuhungu😂😂😂Mpwemu yera arakomeye kweri🎉🎉🎉
Iman ishimwe kandiyongere itubabarire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🤗🤗🤗
AMin mina
Nukuri icokwireguza ntituzokironka
Yesu nashimwe cane
IMANA iguhumugisha
Ntanguye gusaba imbabazi Ariko kuyu mu mama avuze koyabonye inzoya mw,ijuru zifise Imiswara yokuzohanagura amarira y,abagororotsi bibilia ivuga gt?yavuze koyabonye abantu bafise mw,ijuru bafise uburozi bitsishijwe barindiriye ababise bakazobibaha bibilia ivuga gt?1.bible ivuga ko Yesu Kristo ariwe azohanagura amosozi kumaso yacu ntabwo Ar,Inzoya2.Ariko ko bibilia ivuga ko ijuru ari iryera ubwoburozi bwaciyehe kugira bushike mw,ijuru canke niyo ababishe bapfa bakabibaha bazoca babita hehe Komw,ijuru atayarara ribayo bazoca babita hehe? Nimuze Benedata Dusome bibilia ubuhanuzi bwose twumvise tubugenzuze ijambo ry,Imana.murakoze
Bibiriya ntabwo itubwira vyose,hariho bimwe tumenya biciye mwiyerekwa no mw'ihishurigw'Imana itanga
Ntabwo yavuze kwizo nzoya arizo zizohanagura amarira,yavuzeko ibitambara Yesu azohanaguza aribo batubitse.
Wibuke uko ijambo ry,Imana ukorivuga mu vyahishuriwe Yohana ati Umuntu nakura kumajambo yomurikigitabo Imana izomukura kumugabane wacagiti c,Ubugingo nokuwawamugwa wera kandi nihagira nihagira nuwuyongerako Imana izomwogera ivyago vyanditse murikigitabo.Ntahishurigwa umuntu yazana riza rivuguruza bibiliya kandi bibiliya irikwje kand ijambo ry,Imana riravuga ati nubwo yaba Malayika avuye mw,Ijuru nababwira ubutumwa bunyuranye nubwanditse muri bibiliya Avumwe.Benedata Dusome cane bibiliya kuko bibiliya niryo hishurigwa canke iyerekwa canke ubuhanuzi butavangiye.mugubwe neza Mu Mwami wacu👐👐
Imana ihezagire umuco wera kubutumwa bama baduha Yesu azabahe Ijuru.
Umuco wera Yesu abamperumugish kuntahe mutuzanira❤
Imana imbarire nanj kumugab😢
ikubabarire
Kukirenga zuba cenda bisiguriki?
Kumasaha yokumugoroba izuba riri kurenga
𝑼𝒎𝒖𝒄𝒐 𝒘𝒆𝒓𝒂 𝒕𝒗 𝒎𝒖𝒓𝒊𝒌𝒐 𝒎𝒖𝒃𝒊𝒌𝒐𝒓𝒂 𝒏𝒆𝒛𝒂.𝒍𝒎𝒂𝒏𝒂 𝒊𝒃𝒂𝒇𝒂𝒔𝒉𝒂 𝒎𝒖𝒌𝒐𝒎𝒆𝒛𝒆 𝒖𝒌𝒐 𝒏𝒚𝒆𝒏𝒆 𝒕𝒖𝒓𝒊𝒌𝒐 𝒕𝒖𝒓𝒖𝒏𝒈𝒖𝒌𝒂 𝒗𝒚𝒊𝒏𝒔𝒉𝒊
Murakoze
Uwo munya rural naw ararenz
Aaaaaameeeeeen
Ukwerekwa kwikigihe gutayamakenga
Amen
Hezagirwa
Imana irahambay
Amen amen muhezagigw can
Iyintahe iteyubwoba vrm 😢😢😢😢😢😢😢 nukuri Imana idufash cn vrm 😢😢😢😢
Imana idutabare😮😮
Intamuntu azoronka ico yireguza kuko Imana iguma iburira abantu
Imana imbabarire kumugabo wanjye
Shananjye Imanimbabarire nukuri harigihenanga ngondarushe😢😢😢
Yewe nukuri ico kintu kigiye guhitana aba gore ariko mumenye koharibo nabagabo banka gukorera abagore ivyo muburiri babishaka
Nabi birabaraba koko
Imana iteye ubwoba
Yesu kristo adutabare çane
Imana iguhe umugisha kubwo ubutumwa uguhaye
Aka kantu nyene karakomeye😂😂 mugihe cuyu muvyeyi tubona akaja kuresha umuhungu😂😂😂Mpwemu yera arakomeye kweri🎉🎉🎉
Iman ishimwe kandiyongere itubabarire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🤗🤗🤗
AMin mina
Nukuri icokwireguza ntituzokironka
Yesu nashimwe cane
IMANA iguhumugisha
Amen
Ntanguye gusaba imbabazi Ariko kuyu mu mama avuze koyabonye inzoya mw,ijuru zifise Imiswara yokuzohanagura amarira y,abagororotsi bibilia ivuga gt?yavuze koyabonye abantu bafise mw,ijuru bafise uburozi bitsishijwe barindiriye ababise bakazobibaha bibilia ivuga gt?
1.bible ivuga ko Yesu Kristo ariwe azohanagura amosozi kumaso yacu ntabwo Ar,Inzoya
2.Ariko ko bibilia ivuga ko ijuru ari iryera ubwoburozi bwaciyehe kugira bushike mw,ijuru canke niyo ababishe bapfa bakabibaha bazoca babita hehe Komw,ijuru atayarara ribayo bazoca babita hehe? Nimuze Benedata Dusome bibilia ubuhanuzi bwose twumvise tubugenzuze ijambo ry,Imana.murakoze