Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Abakunzi ba Fanny Lavine💐💐 bibihe vyose ❤️❤️muze duteram ngaha ko na Benichou Ari ngaha ni chaud chaud🔥🔥
Welcome benichou, Fanny Aho uzoja tuzojana ,love you best influencer ❤❤❤❤❤
Benichou uyumusi ndabaye uwambere kuva menye kusigaye warimukiye kuri IREBE MEDIA💪 Maman 3FA hejuru cane🌹🌹🥰🥰🥰🥰
Ubundi Fanny niwe wacu❤❤❤❤ amashurwe 💐💐💐yawe tuyagihe turagukunda kandi atagahararo💐💐💐💐💐
Fanny kumuzanye reka ntekereze numvirize kuko uyo arabarenze Imana yaramuhezagiye🎉🎉
Congratulations Mama Lao from 🇨🇦🇧🇮🥂👏🌷🎉❤️Béni uraryosha ikiyago 👍😘
Nibaguh mashu Gwe yaw💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐
Fanny Lavine ndagukunda courage pe miii imana ninziza pe 🙌💪💪
Alllo abageze ngaha kwa benichou muntemwo kbs kandi ndabona azananyumuduko kbs
Abantu mukunda ikiganiro ca bénie na Fanny Lavine munkorere kwi photos muzoba mukoze❤
Ndabakundacaaaneee!!!!imana ibahe umugishap
Benichou warukumbuw p mama wao ❤❤❤
Uwanje arikumutima Fany ❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Komeracane❤❤❤🎉🎉
Aho gusiba wocegwa.fanny tura❤ uvyumve.ham fany harikintu wavuze ngo iciro ry'imigani.iyo terme nibaza kobayikoresha kumuntu yananiranye mumafuti.ahubwo woba icitegererezo.kandi ndakwipfurije kwam uricitegererezo
Welcome Benichou ubundi nanj ndgukumbur kbx ukoresh ibiganiro neza buzuraz
Ikiganiro carikiryosh nukur.mama lao wacu tumurinyuma hamanuka hadug🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
🎉🎉❤uzanye Fanny aha ndarorera
Benichou waravyibush wahorahe yooo 😊😊😊😊
Ndgukund fafa❤❤
Yarabikwiye cane gose 100%%
Ivyiza vyiwacu umunezero wacu❤❤❤❤
Fanny Lavine courage pe
Courage Fany natwe tuzokwama tugushigikira caane
Mama Lao, mama 3FA, madame Kezimana, woman solution, ...... nayandi menshi ndakwikundira gusa nowafata ingendo zo muri Europe niwaza aho mperereye vraiment ntuzugende ntaguhaye mwaramutse Fanny wanje ndagukunda urumuhizikazi ndavye amajambo bakuvuga ariko ndashima cane Norasque yaraje kugukomeza sinon ntivyari vyoroshe
❤❤❤
Tuzogira welcome baby niyo bon tubona bébé kandi namahasa ndavyibaza
Béni wew wara na sikey mwarakwitinze mwaroyehe? Kandi Béni ugarutse waronze.wariwagiyehe??
🔥🔥🔥🔥
❤❤🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Eka reka nibemere maman Lao ko Bose abarenze nohanyuma tuzomuhunda amajwi
Benny ko wonze wahorahe
Benichou nar ndamukumbuye,kalibu kandi
Mana iyo Fanny na benichou nahuye baba banezere gose kuko je ndabibuka kuva kera bamye arabajama bihuriza gusa jew rr ndabakunda
❤❤❤❤❤❤
Mama wabo arabarenze nabado barindire bazobonako tumukunda vya vrai
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
🎉🎉🎉🎉
Waravyibushe benichou
Benichou sinababwiye KO muhaye ikiganiro mamawabo Channel itegerezwa kubako impinduka raba biriko biraba...
Fannyyy aho wagejj kurira niho uzogeza gutwenga...ndibuka kur siren Vibes uriko uraharirira bakurembeje ba NSORO...NONE BARANYIKIRAHE ????kubarenze???
Maman waboooo
Naje nuko nasamaye nkikangura gutora vyaheze nari gushirako ijwi ryanje ugaca uba best best,ariko naho ntatoye narinzi neza ko intsinzi ari cash
Fanny nkunda uburyo yirekura arikumwe na béni chou
Uko bamwanka azoguma aduga ni bapunguze jalousie
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤
Abakunzi ba Fanny Lavine💐💐 bibihe vyose ❤️❤️muze duteram ngaha ko na Benichou Ari ngaha ni chaud chaud🔥🔥
Welcome benichou, Fanny Aho uzoja tuzojana ,love you best influencer ❤❤❤❤❤
Benichou uyumusi ndabaye uwambere kuva menye kusigaye warimukiye kuri IREBE MEDIA💪 Maman 3FA hejuru cane🌹🌹🥰🥰🥰🥰
Ubundi Fanny niwe wacu❤❤❤❤ amashurwe 💐💐💐yawe tuyagihe turagukunda kandi atagahararo💐💐💐💐💐
Fanny kumuzanye reka ntekereze numvirize kuko uyo arabarenze Imana yaramuhezagiye🎉🎉
Congratulations Mama Lao from 🇨🇦🇧🇮🥂👏🌷🎉❤️
Béni uraryosha ikiyago 👍😘