Karababa na Nelly Nat 🔥🔥 Harashushe, bahuye na

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 сен 2024
  • Karababa na Nelly Nat 🔥🔥 Harashushe, bahuye na @alvinsmithofficial kuncuru yambere #karababa #bestof257

Комментарии • 71

  • @VachouVachou
    @VachouVachou 2 месяца назад

    Alvin aranshisha ararogota nibidakenewe

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 7 месяцев назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂😍😍 I like nelly is funy seriously 😆😆🤣😍😍😍👊🤞🌷

  • @christellanirere1791
    @christellanirere1791 8 месяцев назад

    Nelly-nat😂😂 Alvin smith 😍😍😍

  • @nancyina5241
    @nancyina5241 9 месяцев назад +1

    21:00 Sis Nelly nat; jw nagutahuye kabisa 💯 ☑️☑️

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 9 месяцев назад +1

    Je suis la 😅🔥🔥🔥🔥

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 9 месяцев назад +1

    Nellyyyyyyyyy and Alvin ❤❤❤

  • @Audifax8
    @Audifax8 9 месяцев назад +2

    Yooo erg nagakecur mukama🤔 rab bas uvyar😂😂

  • @karoprint-nb7mu
    @karoprint-nb7mu 9 месяцев назад +3

    Nawe ntibagukunda rero
    Tekana
    Numunwa wakunaniye

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 9 месяцев назад +1

    Ntiyigumye arashaje aragakizwa.

  • @BimenyimanaJean
    @BimenyimanaJean 9 месяцев назад +4

    Dushaka gyna gynaelle wo kuri iteka fm JP

  • @mireille2452
    @mireille2452 9 месяцев назад +3

    Nukuri nakiravye kubera Nelly😂😂😂😂

  • @girimanadrilleclaudel7433
    @girimanadrilleclaudel7433 9 месяцев назад +2

    💥💥💥💥💥💥

  • @jeaninembonimpa2160
    @jeaninembonimpa2160 9 месяцев назад +1

    harahiyeeeeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @ChannyQueenofficial
    @ChannyQueenofficial 9 месяцев назад +8

    Uyumunsi kino kiganiro cari kiryoshe😂😂❤❤

  • @user-mc8nw8rj7k
    @user-mc8nw8rj7k 8 месяцев назад

    Nelly soma Romains 12 : 19 havuga
    Mes biens aimés, ne vous vengez pas vous mêmes ,mais laisser agir la colère de Dieu , car il écrit " la vengeance est à moi " c' est moi qui paierai de retour a dit Jehovah "
    Urumva ko Imana itubuza kwihora nawe ntuzobikore, reka Imana izokwihorere

  • @LambertSendanga
    @LambertSendanga 8 месяцев назад +1

    I kibazo mutamubajije nicuko Inda ngo yamwanse ikaja murubavu! Muzokimubaze

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv 8 месяцев назад

    Hhha nyokuruu😚🤣🤣 muba influencer nank nat arimwoo kubera buze agir kuri sat b🎉😂

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 9 месяцев назад +1

    🔥🔥🔥🔥

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 9 месяцев назад

    None Alvin ukeny ucuheba gukora?

  • @alaninalvittaavnin7505
    @alaninalvittaavnin7505 9 месяцев назад

    Namwee murasarisha murateba sana mwiyi misi

  • @tonnyblaktonny
    @tonnyblaktonny 9 месяцев назад +2

    Merci San les gars twar tugikumbuy ik kiganiro❤

  • @rukundodavid8131
    @rukundodavid8131 8 месяцев назад

    Alvn turakeney Fizzo muri karababa

  • @octave8873
    @octave8873 8 месяцев назад

    DADA WA TAIFA AME CHOMOWA BETTRY

  • @angenellynasangwe5026
    @angenellynasangwe5026 9 месяцев назад +2

    Gyna Gynella wo kuri Iteka mukiganiro gikurikira canke jewe😂😂

  • @ArnaudNobel
    @ArnaudNobel 9 месяцев назад +1

    Bwabundi Nelly numurozi at une semaine sans kaka, sans pipi😅🤣😂

  • @yyyy6413
    @yyyy6413 8 месяцев назад

    Il y a les œufs hahahahhahahahahhahahahahhahahahah

  • @EnockNiyurukundo
    @EnockNiyurukundo 8 месяцев назад

    Nelly rondera umugabo mwiza mubana harageze

  • @fatnaharerimana2030
    @fatnaharerimana2030 9 месяцев назад +1

    😂😂Nelly ww aje ari kandundura😂😂😂 nukur twar dukumbuy karababa

  • @kennyalecnimubona
    @kennyalecnimubona 9 месяцев назад +1

    😂😂😂 numva notwnga kwer ntaco nshimye kurenzako

  • @DonFrank-zg1ym
    @DonFrank-zg1ym 9 месяцев назад

    This shouldn't be😮 nelly nat keep secret kuk bizogufasha and alvin numvise wafashe voice nelly nat ariko jewe nibaze ko bizohava bigukwegera naho nelly nat atavyitayeho then keep your secret😊

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 9 месяцев назад

    Ewan mwakaz ndak ntimur interctuelle mwebwe ndak mwakumvis?

  • @belyseirankunda7277
    @belyseirankunda7277 8 месяцев назад

    😂😂😂😂 😂😂😂yarasaze uwomukobwa

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 9 месяцев назад +1

    Amajwi yany ntamez bn

    • @Bestof257Official
      @Bestof257Official  9 месяцев назад

      😥😥 Ego vyatugoye

    • @irakoze3762
      @irakoze3762 9 месяцев назад +1

      @@Bestof257Official turabitahura Ntakibaz 🥰

  • @irakoze01
    @irakoze01 9 месяцев назад +1

    Amarori 😢😂 yayatije CNk?????😅😅😅😅😅

  • @alineigiraneza1523
    @alineigiraneza1523 9 месяцев назад

    Mana yanje ndagukunze ntaburyarya ubagizeko iyo wanka umuntu nukubimwereka

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 8 месяцев назад

    ✊🤣🤣🤗🤗🇧🇮🇧🇮

  • @dididivine8850
    @dididivine8850 9 месяцев назад +1

    Bibiliya ivuga iti sabira umwasi ware ahinduke apana kwihora nkeka usoma bibiliya zama dayimoni

  • @mixcellentandikiye7915
    @mixcellentandikiye7915 8 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @NdayishimiyeFarouk
    @NdayishimiyeFarouk 9 месяцев назад

    Ikiganiro ciza cane
    Gus nuko yavuz koyank host

  • @user-dj5yh3hq5r
    @user-dj5yh3hq5r 8 месяцев назад

    Nelly uri agashetani kigendera

  • @safian.9518
    @safian.9518 9 месяцев назад

    🔥🔥🔥

  • @jimcolinmatonde6039
    @jimcolinmatonde6039 9 месяцев назад +2

    Trete... quoi ?😂😂😂😂

  • @user-dj5yh3hq5r
    @user-dj5yh3hq5r 8 месяцев назад

    Ntabubasha nn ubafiseko jsuis desolè

  • @ffhcgggcjc-ix7fs
    @ffhcgggcjc-ix7fs 8 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nkunda Nelly and Alvin❤❤❤❤❤❤ mwubahwa cn🎉🎉🎉🎉🎉

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 9 месяцев назад +1

    31an arashaje😂 vraiment

    • @Mambo936
      @Mambo936 8 месяцев назад +1

      Ko musigaye musazisha abantu kare umuto nuwufise ingahe?erega bavuga ngo umuntu arashaje atagishobora kuvyara umuntu wa 31ans ashaje gute??

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 8 месяцев назад

    Ko mutamubajije abamaze kumurya mugu

  • @Hi5392
    @Hi5392 9 месяцев назад +1

    vyukuri uwo mutumire aberanye n'abazungu... mbona atoshobokana n'umurundi peee

  • @NibarutaFautin
    @NibarutaFautin 9 месяцев назад

    Alven umukene nivyo vrmnt umukene ntiyiyumva neza

  • @ornellasayumwe2822
    @ornellasayumwe2822 9 месяцев назад

    😂😂😂

  • @vanilladushime2272
    @vanilladushime2272 9 месяцев назад

    Naheruka afise 36ans sinzi aho nabibonye mais twemera ivy avuga

    • @nellynattv3311
      @nellynattv3311 9 месяцев назад

      Waramuvyayee?bamurab ivyanyu

    • @AdielNahi-uj8zi
      @AdielNahi-uj8zi 9 месяцев назад

      ​@@nellynattv3311😂😂ego vraiment mubwire sha KO atakuvyaye🤣🤣🤣

  • @UYEIC
    @UYEIC 9 месяцев назад +1

    None kowasavy Imana ngo ibagirire nabi ubona harico babaye...raba ingen baguma ba shininga basa neza nka Hosy par exemple .Naw uguma wuma nk'igiti usa nabi nivyo birori vyuzuye mumaso umenga ur igihori😢😢😢😢

    • @nellynattv3311
      @nellynattv3311 8 месяцев назад

      Hewe uratohoza uzomenya yuko jewe nabasize kera peeee ico urakibaza nubu karibu ndiko ndubaka park i Gitega yama millions ikibanza ciza muri ville ya Gitega nshatse muze muvuga mushira Kuri level zimwe ahubwo bo bamfungishije bipfuza nje mpimba biranka Imana iguma induza kure yabo Nukuri ntaho tunganira

    • @UYEIC
      @UYEIC 8 месяцев назад

      @@nellynattv3311 none kontarakubona kur liste y'abarwizatunga?ukwo kwirata kwaw kuzogutuma atahugera hama naho uvuga kubarenze uguma usa nabi nabo baratagase kweli

    • @nellynattv3311
      @nellynattv3311 8 месяцев назад

      @@UYEIC Oy Nukuri simpaka wewe unyemere 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 hama nanje vuba reo urambona kuri liste tekana Ntakibazo ibisigaye bamuvuga abantu muzi nivyabo jewe nsaneza kandi sindiko mvyibuha Kuko noca nahukana nibabandanye bavyibuh nanje nume Kuko taille yanje nawe irakubabaza ibisigaye urakomeza unyanka ni droit yawe sindanakuzi wew unzi kumihanda Noël nziza Karibu I gitega knd ndazi uzohaja utazi kwariwanje

    • @nadiamuhayimana3182
      @nadiamuhayimana3182 8 месяцев назад

      😂😂

  • @DeliciaINANZOZA
    @DeliciaINANZOZA 9 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂urumubo windani nta hypocrisie ufise😂

  • @GraceDivine-q3j
    @GraceDivine-q3j 9 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂