Umuhindi avuga ikirundi co kwi tsitso "Narandikiye Président ampe karangamuntu"

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Umuhindi avuga ikirundi co kwi tsitso "Narandikiye Président ampe karangamuntu" Zameer Kamal Umuhindi

Комментарии • 394

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official  Год назад +210

    Gira like nimba Zameer akwiriye karangamuntu 🇧🇮

    • @ChachaChany
      @ChachaChany Год назад +6

      Nibayimuhe kabisa arabikwiye kk yavukiy mu Burundi

    • @fafyfafy8182
      @fafyfafy8182 Год назад +4

      Nibayimuhe uwo murundi wacu Jameel turamukunda azotubera umukwe yirambire bzouuuu Jameel

    • @user-vp8to4hm3r
      @user-vp8to4hm3r Год назад +2

      Karangamuntu arayihwiye nibayimuhe pp

    • @kevineinarukundo7229
      @kevineinarukundo7229 Год назад +3

      None ntibarayimuha nimyaka amaze

    • @user-vp8to4hm3r
      @user-vp8to4hm3r Год назад +2

      Jewr mpa nimel yiw yafon hama musabire karangamuntu pp

  • @audreyirakoze7807
    @audreyirakoze7807 Год назад +15

    Avuga ikirundi gusumvya abanya buyenzi🤣🤣ndagufana👌💯🇧🇮

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 Год назад +18

    Yooo basha duhane lik uyu muhungu aratanganje ukwasa nukuntu avugikirundi 🤔❤️

  • @marietheresenyandwi8671
    @marietheresenyandwi8671 Год назад +22

    So beautiful ❤ karangamuntu arayikwiye kuko niho yavukiye🇧🇮❤

  • @nininahazwemichelesandrine3680
    @nininahazwemichelesandrine3680 Год назад +6

    Aww ❤...He is very fluent en plus!Bravo Kamal

  • @helicopterbwoiofficial9347
    @helicopterbwoiofficial9347 Год назад +17

    Oooh ce mec arakwiye identité ndundi😂😂😂
    Hari abarundi ahakwa gusumvya ikirundi surtout bakuriye muma quartier swahili agize intara z'uburundi

  • @ndayiragijeemilemarlon1369
    @ndayiragijeemilemarlon1369 Год назад +22

    Big up to my brother Zamil Hama Kamal signifie être parfait karangamuntu nibayimuhe

  • @thierrynzisabira3515
    @thierrynzisabira3515 Год назад +7

    Zameer Baguhe Karangamuntu, urumwenegihugu yuzuye, you are our Burundian Brother

  • @evelynensabiyumva
    @evelynensabiyumva Год назад +13

    Avuga ikirundi neza cane nibayimuhe kuko uwo numurundi❤❤❤❤❤😂

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg Год назад +7

    Uranryoheye cane muhumguugurwe neza mugihugi cacuciza cuburundi urabona ukuntu uberewe❤❤

  • @normandharagakiza771
    @normandharagakiza771 Год назад +2

    Je suis vrt ravi de voir autre fois ce monsieur Kamel, kuko naramwiboney amaso muyandi arikuvuga ikirundi! Nivyiza cane!!

  • @sylviebigirimana
    @sylviebigirimana Год назад +4

    Zaameer we big up sana warabaye umurundi nukuraba bayiguhe wigumire iwacu .love yu bro

  • @si-nu2ma-anu
    @si-nu2ma-anu Год назад +23

    Different colors one people,in short, we're one people,no black,no white,no brown,no yellow,no red just same blood,same name human being❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇮🇳🇮🇳

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 Год назад +8

    🤣🤣🤣very good vivah Africa ❤❤❤💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮from Burundi Lives in Cape town 🇿🇦🇿🇦🇿🇦

  • @sumyafrance6893
    @sumyafrance6893 Год назад +20

    Karangamuntu nibagashaka bakamuhegose ❤❤❤

  • @amosmunezero9958
    @amosmunezero9958 Год назад +14

    Well done for this guy, I was born in Burundi and lived most of my life in diaspora, his Kirundi is definitely better than mine and I am very ashamed! One of our political parties should employ this guy, could be good for Burundian foreign affairs, especially with India.

  • @izotubazadesire2541
    @izotubazadesire2541 Год назад +6

    Bernice courage caaane,umwuga wo kumenyesha amakuru urakubereye cane, ton expression est très bonne, Kandi Uzi kuganiriza umutumire neza cane!! Uyo murundi mwene wacu yaturyoheye caane, yubahwe caaane!!!

  • @zackalpha9766
    @zackalpha9766 Год назад +3

    muhe Kamali mwenzangu karangamuntu. God bless Uburundi bwiza!

  • @nininahazweadrienjadon9431
    @nininahazweadrienjadon9431 Год назад +1

    Zameer nabe umurundi vraiment aranezereje nibwo bwambere numvise umunyamahanga avuga neza ikirundi

  • @Mupambo
    @Mupambo Год назад +11

    Arayikwiye kuko niwabo urumvako nikirundi akizi neza😂😂💪arashoboye

  • @EvaristeManirakiza-y1w
    @EvaristeManirakiza-y1w Год назад +1

    Imana ikuzigame cane Kamari.

  • @VianneyIRANKUNDA-q9l
    @VianneyIRANKUNDA-q9l Год назад +11

    You speak it very well!!

  • @EnockNiyo-f7d
    @EnockNiyo-f7d Год назад +2

    Ndanezererewe ibiyago vyanyu❤❤❤ vrt uwo murundi wacu arampimyaye imana imuhezagire

  • @johnbeeg7228
    @johnbeeg7228 Год назад +1

    Nibakwihere karangamuntu na pp bwana.
    Ahubwo baguhe n akazi ko gukwega abarwizamali mu bihugu wamukamwo. Ndagukeje. Mbere uhakwa no kugisum ya uyo munyamakuru avanga n igifaransa.
    Bravo!

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 Год назад +10

    Bamuhe karangamuntu nukuri arayikwiye nihoyavukiye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️💞

    • @صافي-ق9ض
      @صافي-ق9ض Год назад

      Oya ntabgakarabgamuntu. Natwe abarundi bariyo. Ni amaze babahe. Ubwenegihugu bgaho

  • @ManirafashaOlivier
    @ManirafashaOlivier Год назад +2

    hello uwomuvandimwe ndamukunze cyane ndabakurukiye hano murwanda kigl

  • @gedeondon
    @gedeondon Год назад +3

    Waaahooo 😂😂😂 nukumuha karangamuntu Kuko numurundi 😅😅😅😅ikirindi nicose 🎉🎉🎉🎉

  • @user-jv9bc6uc7y
    @user-jv9bc6uc7y Год назад +1

    Nimuhe umurundi wacu karangamuntu kuko arabikwiy🎉❤❤😮🎉🎉😊😊😊😊😮😅❤❤❤❤❤ nuwiwacu muburundi

  • @Ingab2
    @Ingab2 Год назад +3

    Abarundi uyumugabo mwamuhaye citizenship kweri 🙏🙏♥️♥️🥰

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 Год назад +11

    Yara vukiye uburundi ntavtigusaba karangamuntu uyo numurundi deja biremewe mumategeko

  • @user-yj1rk7ro4i
    @user-yj1rk7ro4i Год назад +5

    Big up sana umuhindi yubahwe

  • @egideniyokwizera2569
    @egideniyokwizera2569 Год назад +5

    Bérénice courage

  • @vgcfggcfth3841
    @vgcfggcfth3841 Год назад +2

    Nukur ndasavy mugir partage ububutumwa bushikir se barundi 🤗🥰🥰agiricamukorey

  • @user-cv1bm8xp1j
    @user-cv1bm8xp1j Год назад +2

    He's true Burundian kweli 🇧🇮🇧🇮🫰 arakwiye karangamuntu, nwy mwampuza nawe niba bishoboka

  • @user-zl2wd2lg1s
    @user-zl2wd2lg1s 11 месяцев назад +2

    Gasonga bugari murashoboye kbx courage vrt bernice

  • @josianenahama1868
    @josianenahama1868 Год назад +4

    Nukuri ndagushimiye uvugikirundi neza hama Imana ibibemwo uronke karangamuntu kweri

  • @irjocycynthia1886
    @irjocycynthia1886 Год назад +5

    Tesaa 🥰ubugarii nibiharage 😅😅 courage Mwiza nd💗

  • @HenryNdayishimiye-zs6hp
    @HenryNdayishimiye-zs6hp Год назад +4

    Together in this one with my brother from another mother Zamir kamar🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮

  • @nduwayezunduwayezu6305
    @nduwayezunduwayezu6305 11 месяцев назад +2

    ❤❤❤❤Bamuhe indangamuntu zameel

  • @JacoboManeno-uc3lb
    @JacoboManeno-uc3lb Год назад +1

    Welldone Mr Msonga Ugali

  • @user-ws6kc6gy1d
    @user-ws6kc6gy1d Год назад +2

    Nivyiza niyisanzure nubwo twebwe tufatwa nabi mwaya mahanga turimwo❤

  • @davidhavyarimana2556
    @davidhavyarimana2556 Год назад +14

    Il est né au Burundi, il s'est bien intégré jusqu'à a ce qu'il parle bien le kirundi. En plus, il manifeste la volonté d'être d'avoir la nationalité burundaise. Je pense qu'il mérite cette nationalité

    • @abdoulnassermwiru4376
      @abdoulnassermwiru4376 Год назад

      Uwo Rega ni sans nationalité niwabo en Inde ntibamwemera nico gituma

    • @Carole1279
      @Carole1279 Год назад

      Comment il s est intégré si il est né au Burundi 😅😅 paradoxe

  • @ubwengetwungukaburimunsi8989
    @ubwengetwungukaburimunsi8989 Год назад +3

    Ubundi karamununtu yayivuganye nibamuhe kabisa well done brother.

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 Год назад +2

    Murakoze

  • @aliceone6487
    @aliceone6487 Год назад +1

    Wow ohooo congrats brother umuhungu wacu w,uburundi ❤❤❤😊

  • @jojomario916
    @jojomario916 Год назад +2

    Bernice abakobwa mufise utwo tunogo turi kwitama iyo mutwenze , abahungu turakunda cane.

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 Год назад +1

    Gusa ni mwiza cn vrm ni bogare vrm 😆😆😆😆😆❤️

  • @omarnkeshimana5007
    @omarnkeshimana5007 Год назад +1

    Nakupa Big UP my Friend Muslim

  • @Deejcooked
    @Deejcooked Год назад +3

    Uwomunzungu twamukunze❤❤❤❤❤

  • @pretampogazi4452
    @pretampogazi4452 Год назад +11

    Dore umurundi wanyawe uve kuri babandi😂😂😂

  • @MELCHISA229
    @MELCHISA229 Год назад +3

    Nigut Zaamil courage vrmt. Urumuhizi kandi ndagukunz pe

  • @adelphinebayubahe9088
    @adelphinebayubahe9088 Год назад +1

    Nanj uburobe ndabukunda cn ham uraryoheye cn❤❤❤urumurund baguhe akarangamuntu

  • @valensmwumvaneza3185
    @valensmwumvaneza3185 Год назад +2

    Ndajyohewe kweri uyumujama aratwenza kweri wawuuuuuuuu uzomutugarurire kweri

  • @KwizeraNasrah-gi8xe
    @KwizeraNasrah-gi8xe Год назад +1

    Nibarab bamuh ubwenegihug kuko araz ikirund 🥰🥰🥰

  • @simeonndereyimana4143
    @simeonndereyimana4143 Год назад +4

    Ndakunze Uno muhindi!

  • @SM-yy9fi
    @SM-yy9fi Год назад +1

    Urashimishije cyane ryose

  • @SamirGift
    @SamirGift Год назад +1

    Eg vraiment arakwiy karangamuntu kwel ❤❤❤uy numurundi vrt

  • @omarnkeshimana5007
    @omarnkeshimana5007 Год назад +2

    Sister jewe narize icarabu uko urisiguye Niko risigurwa

  • @augustinpawan3898
    @augustinpawan3898 Год назад +1

    Nibamuhe ubwenegihugu 🇧🇮🇧🇮arabukwiriye👍👌

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 Год назад +9

    Yubahwe kuko hariho abarundi batazi ikirundi akarorero abanyabuyenzi😂😂

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 Год назад +1

      NUKO YAVUKIYE I Ngozi ruguru aho bavuga cane ikirundi. Iyo yari kuvukira i Bujumbura yarikuba azi igiswahili c i Bujumbura.

    • @minanietienne-sz8xu
      @minanietienne-sz8xu Год назад

      Arayikwiriye pe different colors one people

  • @user-bz1vo5kt6o
    @user-bz1vo5kt6o Год назад +1

    Vyizaaaa vrmt turamukunze❤❤

  • @user-it5te6ez2m
    @user-it5te6ez2m Год назад +1

    Nakubali kijana wakupe karangamuntu we nimrundi walahi wakupe tu.

  • @GEA477
    @GEA477 Год назад +3

    🥰🥰👌👌❤Big up my friend kamal

  • @Chazontime
    @Chazontime Год назад +1

    Uwo mumenyeshamakuru aze yisubireko,! Umuhindi ariko avuga ikirundi atavanga ariko wewe aguma yivugisha ibifaransa bidafata iswa😢😢😢😢

  • @nyirandikubwimanaolive
    @nyirandikubwimanaolive Год назад +3

    Ndabakunze cyane

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 Год назад +6

    Apewe uraia kabisa🇧🇮

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Год назад +2

    Ubundi iyumuntu avukiye mugihugu Kanaka,aba arumwene gihugu wicogihugu yavukiyemwo,rero nibamuhe iyo (ID) karangamuntu.

  • @Alice-zp7jg
    @Alice-zp7jg Год назад +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉ndanezerewe peeeeeeeeeeeeeeeeeee

  • @EricNdihokubwayo-p3r
    @EricNdihokubwayo-p3r Год назад +1

    Nukuri yubahwe kwl ararenze❤❤❤❤

  • @SamirGift
    @SamirGift Год назад +2

    Muhira ni muhira nkajew navukiy muburundi gus ndimumahanga mugab ngum niyumvir muburundi

  • @EdgarIshimwe
    @EdgarIshimwe Год назад +2

    Good

  • @isaacgaseko8464
    @isaacgaseko8464 11 месяцев назад +2

    Kamali was well known in NGOZI

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Год назад +6

    Ndabikunze ❤

  • @willynoelmpawenayo-pt2hy
    @willynoelmpawenayo-pt2hy Год назад +1

    Araberewe cane ariko aravuga ikirundi vraiment ndabikunze
    Ahubwo ababijejwe bamuhe nationalité kbx arabikwiye!

  • @Ronnieibrahim-yk1mz
    @Ronnieibrahim-yk1mz Год назад +1

    Araryoheye kweri uyomuhinde😂😂😂😂😂😂😍😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💛💜🖤💗💘💚❤

  • @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg
    @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg Год назад +2

    Ndakwemey ahubwo bakunyarukirize

  • @antoinetteiradukunda4918
    @antoinetteiradukunda4918 Год назад +1

    ❤❤❤zaameer ndagukunze

  • @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg
    @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg Год назад +1

    Ndakunda indirimbo zabahindi intambo et spécialement film zabahindiiiiii

  • @SadaAhishakiye
    @SadaAhishakiye Месяц назад

    Sha nibamuhe ubwene gihugu kuko niho yavukiye, ahubwo baramutebeje❤

  • @estheringabire
    @estheringabire Год назад +1

    Ndemeye kbx

  • @AbubakarNishimwe-jb8gf
    @AbubakarNishimwe-jb8gf Год назад +1

    Good picture

  • @ngendakumanathierrychristi4777
    @ngendakumanathierrychristi4777 Год назад +1

    Bakumpere Karangamuntu mon frère Zamir vuba vuba

  • @mikemalker1208
    @mikemalker1208 Год назад +1

    Beautiful things

  • @Ibintu.Nibindi
    @Ibintu.Nibindi Год назад +1

    Ego kweri birabihambiye...Nyen'icubahiro Umukuri w'iguhugu amwemerere amuhe ubwenegihugu pe! 😀

  • @user-rt6lr6vd9i
    @user-rt6lr6vd9i Год назад +2

    Uyo mukobwa namukunz abaza ibibazo neza arazi gukoresha intervieux neza

  • @Iryivuzeolivier-oo8kn
    @Iryivuzeolivier-oo8kn Год назад +1

    Wawa ni sawape 😂❤ ndabikunze

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg Год назад +1

    Hama twosaba sebarumdi ko yomuha zamil ubwenegihugu👏👏

  • @emmathomas6444
    @emmathomas6444 Год назад +2

    Bigenda gte umuntu yavukiye mu Burundi akaba angana uko avuga ururimi kavukire abe adafite ID vmt? Nayihabwe iyo identite numwana w'igihugu

  • @chelseadushime9561
    @chelseadushime9561 Год назад +3

    Wow👌

  • @Primmechabani
    @Primmechabani Год назад +1

    ❤❤❤❤❤ my bro

  • @onesendayi
    @onesendayi 11 месяцев назад

    ❤❤❤❤ much respect brother

  • @akimanamariam4451
    @akimanamariam4451 Год назад +1

    Baguhe iyo karangamuntu urayikwiye ❤❤

  • @FiacreTaiga
    @FiacreTaiga Год назад +3

    Kabisa❤❤❤

  • @omansaham6362
    @omansaham6362 Год назад +5

    Vyiza caaaaane

  • @ElyneIRANKEJE
    @ElyneIRANKEJE Год назад +1

    Waoo bisaniza

  • @AbcXyz-ru8qq
    @AbcXyz-ru8qq Год назад +5

    Birahimbaye

  • @CooperNiki
    @CooperNiki Год назад +2

    Wawoo

  • @benjaminhavyarimana9479
    @benjaminhavyarimana9479 Год назад +2

    Kabizi Zameer Kamal niryo zina ryiwe bamuh karangamuntu arayikwiy 🤣🤣🤣

  • @T-Fellow
    @T-Fellow Год назад +1

    Nukuri arazi Ikirundi

  • @KennySiboman
    @KennySiboman Год назад +1

    Oh my goodness this guy speak kirundi better than me Burundian