Émission ya bien courage cane Franik.Hama muri bonnes manières ugiye ahantu ntiwisabira bakuzimane nico bakuzimana . Urarindira aho ugiye bakaba aribo bakuzimana. Big up sana
Le fait ko warinz kutubesha kuri titre butumye ntera unsubscribe, ibintu mwigira vyokubesha abantu nivyo bizobashira hasi, niyo utari kubesha twari kuraba ikiganiro kuko cari kiryoshe
Tujane - Joell Ft Fernando & Drama T
ruclips.net/video/6AFVQvWjJxo/видео.htmlsi=mXeOOeJHkfHKfnmr
@@AfricanTV-s6h Asha ndayiravye mvuye kuraba ikiganiro iwaw
Joel ft element mubikore plz🇧🇮🇷🇼🔥🔥🔥🔥
Vyiza canee !! Joel turabana,nzoza kukuramutsa.ariko irya ndirimbo tujane (mastering na mixing yayo wapi,amajwi nta meze neza)
Dipfuza ko yonkorera indirimbo yanje joel
Man nkorer umut one day nzobonan na joel
Émission ya bien courage cane Franik.Hama muri bonnes manières ugiye ahantu ntiwisabira bakuzimane nico bakuzimana . Urarindira aho ugiye bakaba aribo bakuzimana.
Big up sana
Ako kanyuma wallah
😂😂😂ATI mariage yosiba
Umugore udatwenger ewe Sha joella
Wopfuma utwara umugore ingeso mbi Muga mwiza sh womushishura agahinduka😂😂😂hakutwara murye😂😂😂
Franck tv yaw usigay iyoboye uburimwo neza🎉🎉🎉🎉
Number one kur coment.like this account❤
Coffee ☕ nyinshi nimbi 🇷🇼🇷🇼
Joel from Burundi 🇧🇮🇧🇮 respect my gee🫡🫡hama abantu muguma muponda umuzigo ndabasavye mureke ibikorwa vyivugire🦾💥🔥
Ntabeshe nukuri nivyo ni Manzi aratekereza foo
Ivyo vya noneho aguma yivugisha joel biranshisha,broo vugikirundi we nturumunya rwanda
3:04 franic courage
Urakoresha ibiganiro neza ariko ukwokuntu kenshi ukoresha ibiganiro ufungura harukuntu biku dérangeant ugasanga haribibazo wibagiye Cank utabandanije ugase
Joel ni idage 😂😂nyene
Ugoruzingo Joel rurashisha
Iyo camera yawe uyirabe neza ntifotora neza ahubwo raba ugire icukoxe
weho ukoze iki kugira aronke iyo wipfuza .
Yaba ndiburund nohabay bizoba bitesa
Nukur ufise face yubwana kbs Nnj sinokwemera 😂
Yooooo café sinziza kl
Mwaray murakora 😂😂😂 5:03 5:11 5:12
Mashifo mamayangu
GITEGA tuguma turonka aba hit mek ndake uyo munyesonga numuhinyanyuzi nziza
Uwo numunyagitege?canke Muranvya?
Nn se ni uwo igitega?
Umuntu aba mubi mumaso yuwumuraba uwo wita mubi aba arimwiza mumaso yundi muntu nkuko nawe haruwokuraba akakubona mubi rero bivana na type yumuntu
Mwaray murakora 😂😂😂
❤❤❤❤
Joel is pow😂
❤
Naje ndumuhererezi gusà itandukaniro Jew nzivyose
Bête!!!ntawunenya vyose
✊️🔥🔥
Le fait ko warinz kutubesha kuri titre butumye ntera unsubscribe, ibintu mwigira vyokubesha abantu nivyo bizobashira hasi, niyo utari kubesha twari kuraba ikiganiro kuko cari kiryoshe
Nn ubigize hacahahinduka iki ubwonubu gugu
Franick uvuze ngo ntaki unwa🤣😂😅 🤌
Number one kur coment.like this account❤
Mwaray murakora 😂😂😂