ITANGAZO KU MUNTU AFISE IBIBAZO VYABAYE UMURENGERA - Pasteur BARIYUNTURA Laurent
HTML-код
- Опубликовано: 10 фев 2025
- Ubutumwa bwo kuwa 06.09.2024 - Église de Pentecôte de Nyakabiga
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Imana imuhezagire ihezagire na équipe Meirra tv
Amen 🙏💓
Namwe muhezagirwe cane.
Mana hezagira abakozi bawe bo muri Meirra TV .hezagira numukozi wawee.amen
Amen. Imana ibahezagire cane🙏💓
Yesu akomeze guhezagira uwo mukozi wiwe.
Amen 🙏💓
Ooh.Imana ibongere amavuta bakozi bayo.Ntakinanira Yesu nane ndavyemezaa
Amen 🙏💓
Amen Amen 🙏❤️
Amen 🙏💓
Iman ugumy umugish
Amen 🙏💓
Imaniguhezagire mukoziwimana wacu
Amen 🙏💓
Imana Ishimwe
Amen 🙏💓
Imana ikongere amavuta
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💓
❤amen
Amen 🙏💓
𝘠𝘦𝘴𝘶 𝘒𝘳𝘪𝘴𝘵𝘰 𝘢𝘩𝘢𝘣𝘸𝘦 𝘪𝘤𝘶𝘣𝘢𝘩𝘪𝘳𝘰.
Amen 🙏💓
Imana Uhezagirwe abadahengeshanya kuduha ubutumwa kuriyo chaîne hamwe nabayunviriza
Amen Amen 🙏💓