Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Nkunda indirimbo zawe cyane yayindi iri mubukwe bwa mbere uzayishyire kurutonde hamwe nizindi
Ivyananiye umuntu Yesu arabishobora. Ama dayimoni agahunga. Yesu we, udufashe afrika ironke amahoro. Aba Perezida bigungirako ubutegetsi bahinduke ubu nyene bubahirize amategeko ndabisenze mukwizera, mw´izina rya Yesu.Amen!
Christine Kanyange uvuzukuri uburundi burarushe niwiywengera ntaco bwoshobora
Imana ikwongere Umugisha! Muririmba neza, ariko hari kimwe muhajije! Tumaze iminsi twumva mu rugo mutavuga rumwe n'Umutware w'urugo, none ko twese dutunzwe nogusabana ikigongwe, mweho kuki mutabona ko kwubahana no gusabana ikigongwe, no guca bugufi imbere y'umugabo, canke umugore, kandi mwarakijijwe, ko ar'ivy'ingenzi? Ndagusabe, kuko kwahukana bitabereye, ntuzopfa warashatse ukundi uwo wahambiriwe ho kw'ijosi, atarapfa, kubwivyo nawe ntazoshaka ukundi, kuko mwarabohanye! Dusaba Abamenyesha makuru mu Rwanda ko babikumenyesha mukinyabufura, namwe mukomeze umurimo muriko , ariko mwabanje kwikiranura n'Umutware w'urugo, na NDIHO(Katonda, Mungu, Rurema). Nzokwakira inyishu, mwahisemwo kuri WhatsApp 61574892, Imana ikwongere Umugisha!
Amen ❤❤❤❤ hy men
turakwifuriza ubwambere kuzashika mw, IJuru utanyuze mu rupfu.IMana ukorera iguhe umugisha.
KBS uririmba neza Imana ikomeze ikongerere kbs
Amen Imana nishimwe kubyo yagukoreye nibutse iminsi yakera ark Imana nirubasha
Kbs urakijijwe biragusa
Yibuke za Ntahe yadushingira ga! Ubu kuva Abamenyesha makuru mutangaje ukudahuza kw'umutware wiwe, mukamamaza ibyo umwe wese Yiregura, ntawundi araza atumenyesha uko bisubije hamwe n'umutware w'urugo we! Mumenyeshe rero mutubwire uko byabandanije, bitabandanije, ntayoboka Mana twakwumvamwo, ahubwo, abanze akurikize biriya twamusavye mubutumwa bwambere, Hama akomeze!
Mwami uzampiherezo nkiryabakiranutsi uzamfashe mwamiyesu nanjye nzabe murabo pleze umuntu Uzi izina ryayo yaribwira nkayishaka
Twarabuhawe ubu turidegemva muri Yesu wacu
amen yesu naguhe umugisha ndakunda cyane mwizawanje
Good job
Vyiza cane imana ikomeze iguhezagire
ndagukunda cyane oliva
IMANA yaremye ijuru nisi igukomeze ikwongere namavuta
Thaks our sister Olive may God bless you
Gumamo olive we ndafashijwe
Thanks that what God do for us
i realize it is quite off topic but does anybody know a good place to watch newly released tv shows online ?
@Case Joe i would suggest FlixZone. You can find it on google :)
@Uriel Amari Definitely, been using Flixzone for years myself :)
@Uriel Amari thank you, I went there and it seems like a nice service :) I really appreciate it!!
@Case Joe You are welcome :)
Thank you so much olive may god bless you
God bless you Olive. Beautiful song
Dsysu
Haleulah oooh ndagukunda oliva
Ndagukunda
I love youuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu sooooooooooooooo much
Amen
Asigaye abahe
Ndagukunda cyane mama nukuri
🙏🙏🇧🇮🇴🇲
Ndagukunda ariko ,kurikiza ivy'ukugororoka kwose mwana wanjye! Ni Elysée Nduwimana, kuba mu Burundi! Ntiwumve ubwoba ivy'Ubutumwa Bwiza ntibigira akarimbi(Aho bigarukira)! Mugubwe neza ,mwarahezagiwe!
Amena ❤❤❤ 🙏 🙏
Imana ishimwe cyane
Niyihese wabuze
yego disi ntabwo
Ngabo abaja mwijuru atari ba bandi birirwa barata umwanya.
Ubugorozi
yitwagwiki wabuze?
Mumpeizindizaoliva
Indirimbo kinda niyihese...
Ukunda niyihese.
Rwose nawakwikorera amaboko unsubije intege mubugingo
Amen Amen Amen Amen balikiwa sauna urashobora kuduha nimero yawe uzoba ukoze
612629on
Muyimpe please ndayisabye +6168697245 WhatsApp
Nkunda indirimbo zawe cyane yayindi iri mubukwe bwa mbere uzayishyire kurutonde hamwe nizindi
Ivyananiye umuntu Yesu arabishobora. Ama dayimoni agahunga. Yesu we, udufashe afrika ironke amahoro. Aba Perezida bigungirako ubutegetsi bahinduke ubu nyene bubahirize amategeko ndabisenze mukwizera, mw´izina rya Yesu.
Amen!