NTA GISHOBORA GUHINDURA IVY'IMANA YAVUZE/Pasteur Nestor
HTML-код
- Опубликовано: 7 сен 2024
- Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Yesu nabampezagirire mukozi wimana muje murambire mugikorwa c'imana Hama natwe mudusengere cane amen amen
Amen 🙏💖
Uraja Kuri chaine "Umuco wera tv"
Ndamukunda uyu Mutama kwer!!!
🙏❤️
Amen🎉🙏
Amen 🙏💖
Imana ize imuhe ijuru
Amen 🙏💖
Amen Muhezagirwe
Amen🙏💓
Amen Amen Amen !!!
Amen 💖🙏
Uyu mupastor turakeney intahe yiwe
🙏
Imana ivuga ifise intumbero koko! Muhezagirwe ! Ameen 🙏
Amen🙏💖
Amen Mukozi w'Imana
Amen🙏💓
Yesu abahe umu gisha
Amen🙏💖
Amen!!
Amen🙏❤️
Amen
Amen👏💓
Ndakunda ijambo ry Imana hamwe nuwurivuga
Amen🙏💖
AMEN murakoze cane
Amen🙏💓