NELLY NATT avuze k'ubugeni SIMBIZI//Kubeshera SEBUKWE ngo yamwimye umukobwa wiwe//Ubusuma yakoze
HTML-код
- Опубликовано: 25 июн 2024
- NELLY NATT atanze umuco kuri SIMBIZI//Kubeshera SEBUKWE ngo yamwimye umukobwa wiwe//Ubusuma yakoze
@NtareRushatsiHouseTV @Semavumba
#simbizi Развлечения
Nkunda ukuntu utarya umunwa cher jewe yaba ndiburundi nokurondeye tugasangira❤❤
content Yuku kwezi niya simbizi kubijaye na marriage yiwe iya Fernando na kadie Kay iravuyeho ubu ni simbizi
Nanje niko ndabibona😂😂😂
Umukobwa wambere dufise mugihugu ataberwa😂😂😂😂
Kandi mubi😂😂😂
Ngo ataberwa hhhhh ukuri kuraryana, Jew ndanka ukuntu yivug can
😂😂😂😂😂😂 uuhhmm
@@user-oi7cc2rd7m😂😂😂😂😂😂
Nelly uvuze neza cane kuri Simbizi amagambo yaraye avuze kuri Family yumugire wiwe it’s not good,nabihebe ntabwo bitanga isura nziza
Nally kumugara ni mu mutwe. Inès elle très intelligente 🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤
Uku nukuri vrma #nelly nat ndagushigikiye
Nelly atweng neza shaa😍
Ayo marori wapi😂😂😂😂
Kubera nkukunda gael ndizeyeko mbayuwambere aravye kino kiganiro
Muga iyonkumi watumiy sindayifana kwel
izo nzara ni zimwe reveriyano yavuga k ar izi mburakimazi
😂 😂 😂 😂
😂😂😂
Nkunda Nelly kuko avuga ibintu yisanzuye ari proud kbsa
❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
😮😮😮😮😮😮😮😮😮
Eeeh!!!! MUKUBI watubarije NELLY NAT ahoyagize ORDER(COMMAND) yayo ma LUNETTE!!! Ni RUTURA kweli!!!
Ubuho vyarahinduye imirisho Nelly,ubu abagabo ni kuryama umugore agamubera umutumwa muri vyose
Gusa Simbizi yarakosheje kuvuga umuryango w'umugore wiwe
Ahubwo igituma wase kugenda wase ko wari kwicwa nagahinda ubonye uwakwase ari mumunezero
Kbx😂😂😂😂
None nkubu uyumukobwa uramuzi??nimba umuzi uzi nicakeneye??izi icumutima wiwe ushaka???uzigute ko yariyarashatse SIMBIZI???nihatari
Yrakwanse ihangane agahnda kazikunika😂😂😂😂😢😢😢😢
Nelly 😂😂😂😂 j nkunda ukuntu utarya umunwa😂😂👍🏾
Tekana.urugo surwabose uramanza uce ivyovyara kuntoke ureke.nukwihindura idayimoni
Nelly urugo ubona worushobora nizo nzara umengo uri inkona?
🤣🤣🤣🤣ewe sh nelly ay umuhibiriiiii 😂😂😂😂
Umukuru wigihugu bamuhayagize kubera ubukene numubabaro yashizemwo abarundi.
Hahahaha ndamanyutse😂😂
😂😂😂 ha ha bashigikire umugambwe umukuru wigihugu kubera yatejimbere ihihugu yahuje abanyagihugu bakagira ubumwe, Cndd nugucanishamwo abantu abahutu abatutsi aba Cndd aba fnl ba Rwasa , ntaterambere igihugu kiguma gisubira inyuma muri vyose none ngo baririmbe umukuru wigihugu na Cndd? 😂😂😂😂 ikiboneka kuko muzi ko atawobikora batari proud ya system yanyu mutanguye kubishiramwo iterabwoba bazobikore kunguvu ewe burundi sha 😭😭🤣🤣🤣 inzigo aho aba dd Irabishe baravye ngene ku Rwanda birikk biragenda abasani Bari proud ya kagame
Wapiii nukure ngaho ubwo burofa ngaho
Izo fumé zaba taxi vélo 😢😢😢😢😢urasarisha😂😂😂😂
Ako kantu kibinini Nelly Natt avuz ngo Simbizi agendana mu Modoka nagaki?katubwire neza😂😂
None were ufise ingorane nyabaki?umugore wiwe yagutumye ngo umuvugire.
Yarakwimye Nico gituma utagiyeyo😂😂😂😂😂😂😂😂
🤣 🤣 🤣 🤣
Duhigire urwo rusaku rwa Alvin Smith na Nirna
Akagakobwa nagashizi!indaro ni zero!
I am Natt Dog and Nelly Natt she my wife.
Akagakonlbaaawaaa😂😂😂😂
1)I appreciate your enthusiasm for conversation##NellyNattburundi##but let's try to focus on more constructive and meaningful topics. This way, we can make better use of our time and grow together.
2)Always be positive,respectiful even if you desagree with people
3)To ##JusteGael## Consider impact.
4.The last but not the least:Ibihe biha ibindi,uwibaza ko azokwama ashigikiwe he/she is stupid.
By the way,keep going until you go no more.
Reka kwiyambiza ntibikubereye ivyo birori wambaye oya oya turavyiyamirije
Mwebwe mwama mumatikuuuuuu
Jewe uyumukobwa sindamuzi kandi sinkeneye nokumumenya ariko avuze amajambo yinkoramutima kabisa
Oyareka NAT kuririmbindirimbo zigihugu nokuririmbira umukuruwigihugu ubu wobiherahh kuriyintwari yunomus namafut bakoreyigihugu ubu igihugu cuburundi kirimugahinda namarira ndazinuwoza kuririmbiyigihug noguhayagiza ntamaviyuz yoronka ubudusa nabarimukigandaro ntubirengeko nerinat
🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫
😏😏😏😏😏😏
Uvuga ukuri ❤
Nelly yaguze iyindi mpuzu nshasha niyompamvu ajekwivugisha ubugambo budafashe😅😅😅
Uworongora wewe yoba nkukwiyahura nukuriiiii 😭
Hrigihe womugwako😂😂😂😂😢😢
😂😂😂😂😂@@user-ld9mg1hf2v
Ariko kandi kagira ukuri nuko gashanuka!
Gusa urasaz
Ni mwige . Muva mu buhimbiri ivyo bitutsi mwama nwadushikirije bidutera ikirungurira.
Hanyuma umushikiriza gitutsi niwe mutukanyi.
Gael ikebuke ; isukure ibiganiro utanga. Ushiremwo umutwe ; aho woshika kure😮.
Nelly uvuze ukuri❤
😢😢😢😢😂😂😂😂😂😂😂
Hhhhhh😂
Ewenat bufubusa uramuponzewaray burekaguciranirimanza chanerinat sivyiza
Lady Gaga
Gayeli,mugabanye amahane nka birya tubona mu Rwanda !
Siko mukwiye gukora ibintu vyanyu !
Inzara nazo umenga nigitingatinga
Ninde yorongora nellynat😂😂😂😂
Ivyobintu wambye kumaso nibiki?😂😂😂😂!Gusa nawe uratuma urongora nimbawarabze uwukurongora kuko ura.....
Ico naco wamukobwaww ndakwanka cane sinzi impamvu 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nabagabo barabuze none nkuwo mugore agiye kurico kigugu simbizi ngo imodoka zapfuye zitapfuye
🤔🤔🤔🤔🤔
😮😮😮
Nkuko uvuga ivyabandi uvuga kurumunyamuji Hindura uwugucaguza impuzu ube wambere nkabo wiyitirira
Nelly Natt nivyo ntabesha ko yatubwiye ko Anita bamusavye irembo bigapfa kandi nivyo na Anita wi mwaro yarabivuze ko vyabaye
Nelly avugukuri🎉🎉🎉 nukuri ndamwikundira❤❤
Kandi bamuhora ukuri ukuri nako kuraryana🎉🎉🎉❤❤❤
nn iyo ni pare-brise ?😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@hejuru_cane niyo nyene chou 😂😂😂😂 niwakenera pièce de rechange urabona aho uzoyikura
😂😂
None ibintu yavuze umugore wiwe ari harya ntamuharirize wewe uvyinjiramwo gute😂😂😂😂enda sha rondera uwo urongora nawe sinon nta wewe uzorongogwa
Oya SIMBIZI wapi ntamuntu afise indero inyuma yiminsi2 atangura kuja kuri camera kandi uvuga ubugoryi akavuga numuryango wumugore??ivyontibibaho niyompamvu abavyeyi babima abakobwa babo ndabatahura kuko harabantu usanga batagira indero ikindi numusambanyi akanavyigamba ntanisoni nokwicuza afise kuburyo yigambako umukobwa wese yareheje yabanje kumuterinda uzi kugira urinde uterinda umukobwa uba waramugize nkumugore wiwe akiriwabo nimalaya uriyamugabo kandi ntarukundo agira aranaboneka agira umunwa
@christella5092 birababaje😂😢😢😢😢😢😢
@@christella5092 ukaja kum star nejo nejo bundi witege ivyo nyene private life yabo ni ntoya cane
Nari nabivuze ko simbizi yarihenze kuvugira ivyumuryango kandi na Gaël sivyiza ko ushira hanze amajambo yumuntu mugihe wumvise ko umuntu ariko avuga ibitubaka société
Aka kabeach noneho skin yako ko yabozeee raaa
Uwo mukobwa ntandero agira
Mn uwomukobw kl asa nabi sana kl uberey iyarara uusanab kl umbabaz urik ivug aband kl
Wasubiye guha micro iyo mbata?je vais juste me désabonner de votre chaîne,kurondera views bitandukanye no kwiyeza musaza.
Uru ni urubuga na Nyenicubahiro araba.
Wew genda ntanuwugukeneye kuko nubundi entertainment ntuzivyarivyo aha nta bu serieux bahazana
Akagakecuru karagize ihungabana kumvo zokubura umugabo 😁umugiraneza azotume akagira umugore wa kabiri
😂😂😂😂😂
Hahahah simbizi afise umwanda nukuri 😂
Ariko nivyo NellyNat arafise raison
Sha nukuri ivyo uvuga kuri simbizi yararengereye sebukwe cane.niyisubireko vraiment yubahe abavyeyi.
Uwonawe yabara amarori umega nigihori
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
Nelly kuma la mamako barindimbire umugambwe cnk umukuru w igihugu ku kahe gaciro abaririmvyi bahabwa mu gihugu kuma nyoko
Nelly nari ndakukumbuye❤❤❤ uratukana😂😂
Izo lunettes wogira ni windshield yindege z'intambara.
😂😂😂
😂😂😂😂😂
Uyo ari déprimée