Merci pour l émission. Santé mentale chez les hommes n ikintu kitavugwa kandi giteye isibe. Merci Spoks kubona wubahutse ukadushingira intahe kandi nuwagirishije ikiganiro merci. Que Dieu vous bénisse
Ikintu cambere cagukijije nuko washoboye gu pardonna abantu bakugiriye nabi kuko nikuntu cambere kigoye mubuzima mais warabishoboy gloire à Dieu ubandanye uko ukingira umutima wawe kuko vyose bitangurira mu mutima Imana Ibandanye Ikurinda dans le Nom de Jésus

Pole sana,spokis man.vyishi vyagushikiye,ntavyo namenye
Ikintu cambere cagukijije nuko washoboye gu pardonna abantu bakugiriye nabi kuko nikuntu cambere kigoye mubuzima mais warabishoboy gloire à Dieu ubandanye uko ukingira umutima wawe kuko vyose bitangurira mu mutima Imana Ibandanye Ikurinda dans le Nom de Jésus
Amen
Spoks pole snaa nukuri Imana yaragukingiye imigambi mibi yabantu
Pole sana spoks , ivyagushikiye ntavyo twamenye ! Jewe ndakuzi nk'umuntu ari sérieux mukazi kose twakoranye ! Ntawe bitagora wihangane ariko mwari gushirako numéro yiwe ya lumicash abipfuza kumuterera bikaborohera
Merci beaucoup Liesse
+25779705562
Tu es spécial ivyiza bir'imbere hamwe n'Imana
my freind warahatswe....
Très très juste kuko gukoresha iryo jambo ni gutunga agatoki mbere harimwo igitutsi
Pole sana spoks pole Yezu nimwoza yagukijije
Cynthia TV show mu Rwanda turabakunda
Good to see you well spoke🙏
Merci beaucoup Magic TV
God bless you !!!
Ariko uze untemwo muri Dushi Ent. as training🎉❤
God bless you !!!
Ariko uze untemwo muri Dushi Ent. as training🎉❤
Nelly agiye kwipimisha ntosubira muhira ndakurahiye😂😂😂
Yooo pol dix Iman yarakinzee dix ikomez ikuzigam 🥰
Welcome back spoks
Strong than before Spoks
Yagize traumatisme crânien 😢
Pole sana my gee
pol sana spks
😮
Pore saana Spoks
Lolilo ni lofa kwl,none kwakunda akanoti yishikije kuki kwari hahandi nyene,imana imbere sha uwopima umwe kuwundi nturiwenyene
Nellynat ntubeshe kabisa 😂😂😂
Nely gitambara nawe yarasaze simuzima
Kumuntu yipfuza gushigikira spoke's yomuronka gute?
+25779705562
Ndatemutse sha iyo ndirimbo za 2013-2014 yarahabura
Jewe narayiririmvye ncandatemuka naciy nubh naza ndayiririmba namenye😂
Abantu muraronderana peee nie
Nerinat rero yarasaze ewemurinkuru
Kalibu ou karibu ????
Nabwubesh nellynat ntakwije ham lolilo yakoz neza
J mbna atari shsha.uyum gee mumub hafi
😂😂😂😂 bwabundi lolilo ntaburofa akunda😂😂 uranyishe vrt
😂😂😂😂🎉🎉🎉❤❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
No Nelly Natt she is real, 99% will never understand her, Nelly Natt belongs to 1%.
ndatumutseeee
😂😂😂
Common guys why mutatanz numero yiw tumushigikire?? So sad
+25779705562
Iyo utanga numero yawe vyari gufasha.
+25779705562
Gusa umenga nturakira kbsa karacarimwo mu mutwe🤣🤣🤣😂😂😂
Imana ikubabarire kuo umuntu yaciy murivyo bih sivyiza kumubgir ivyo wishakiy 😮
Imana ikubabarire kuo umuntu yaciy murivyo bih sivyiza kumubgir ivyo wishakiy 😮
Lolilo ari sérieux kumbeeee 😂😂😂😂😂# erega spoks nyen asa na escrot 🤷😂😂😂😂
😂😂😂😂
Uyu muspogisi aracafise akarwara komumutw ngo kwitegurir umwana biragoye gusumba kwitegurir kwubaka😂😂😂
KUBWAWE HOROSHE IKI?
Umwana erega aragoye, kuko mariage n'umusi umwe.🎉❤
Très très juste kuko gukoresha iryo jambo ni gutunga agatoki mbere harimwo igitutsi