Evariste Ndayishimiye yiyemeje gufasha Abanyarwanda kwikura ubutegetsi bubi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 21 янв 2024
  • Abanyarwanda bategerezwa kwikura ubutegetsi bubi. Ako ni akamo ka Evariste Ndayishimiye yiyemeje kubibafashamwo. Umukuru w’Igihugu c’Uburundi yabivuze ku munsi w’Imana igihe yariko ahura n’urwaruka rwo muri Congo i Kinshasa. Evariste Ndayishimiye akaba yarasubiye kuvuga ko Paul Kagame ari umubeshi ngo kubera yabandanije ari inyuma y’umuhari RED-Tabara, ahamagarira Abanyecongo kwiyunga kugira barwanye umwansi wabo.

Комментарии • 38

  • @RadjiNimpano-bl9xz
    @RadjiNimpano-bl9xz 6 месяцев назад +1

    ❤❤❤Wewe Uri Umugabo Ashikanye ubugabo kabisa...
    Ukwiriye Noble. kuko uri President Mvugakuri...
    ntavyokurya iminwa bihabaye...
    long live Mr Pr Ndayishimiye ❤❤❤

  • @amolam97
    @amolam97 6 месяцев назад +2

    Tu es très intelligent notre PRESIDENT NDAYISHIMIYE ukuri kurababaza muga umuntu wese abona kure arabona kowavuze ukuri nuwunegura anegura kuba watoboye utakoresheje zamvugo zimigani yubundyandya😂 nkwemera Kubi

    • @amolam97
      @amolam97 5 месяцев назад +1

      @@FL-uv1xi les chiens aboyent...les legendes travaillent trop....continue d'aboyer

  • @user-tr3vp6hf6i
    @user-tr3vp6hf6i 6 месяцев назад +3

    Peu importe les critiques des lâches nous te soutiendrons toujours notre président Evariste Ndayishimiye !
    Comme l'a dit le vaillant Che Guevara :
    LA PATRIE OU LA MORT ! ✊

  • @Sadamman-ii7tq
    @Sadamman-ii7tq 5 месяцев назад

    Mudukorere igihugu mureke guteshu mwanya mubake mugurure kazi dukore mureke amaronko

  • @intarebatinya8027
    @intarebatinya8027 6 месяцев назад +4

    Vraiment général Ndagara 😂😅😊

  • @user-dh8es9hp8l
    @user-dh8es9hp8l 6 месяцев назад +2

    Iyo nvugo siya ki diplomacy nkumukuru wigihugu iyonvugo niyokugumura nogucanishamwo

  • @dushimehanniel8397
    @dushimehanniel8397 6 месяцев назад +10

    Le président le plus incompétent de l'histoire du Burundi

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x 6 месяцев назад

    Asha mutam. Ndakwikundirukuntu uvuggikintu ukokiri udacishije kuruhande ukerekan kowanamumenye kagome kububeshi bwiwe Iman ibandanyiguh uyomutim mutam sivyqbose

  • @kevinnkurunziza7921
    @kevinnkurunziza7921 6 месяцев назад

    😌😌😌😌

  • @dushimenick3160
    @dushimenick3160 6 месяцев назад

    😢

  • @YvanblackOfficial
    @YvanblackOfficial 6 месяцев назад

    Yoooooo our president😧😧😧 Imana izobarandurana nimizi

    • @amolam97
      @amolam97 6 месяцев назад

      Ubwo nubukoroni bukurimwo

  • @bitwivyawe9141
    @bitwivyawe9141 5 месяцев назад

    Mukomere Mutama nyakwubahwa mkuru wigihugu turagusavye ugabanye ibiciro vyibiharage Commune Gisuru intara ya Ruyigi umutumba Kabuyenge murakoze

  • @jeanclaudegasana8818
    @jeanclaudegasana8818 6 месяцев назад +6

    Ca s'appelle rater une occassion de se taire

  • @didpoetry
    @didpoetry 5 месяцев назад

    Hahah, ntabufasha bwe dukeneye, nabanze afashe u Burundi buve mubukene😊

  • @Bigtank45
    @Bigtank45 6 месяцев назад

    Yabihakanye

  • @NduwayezuJosue
    @NduwayezuJosue 6 месяцев назад

    Umugabo adacakuruhande niwirambire imvugakuri

  • @user-qu9rj1ek1h
    @user-qu9rj1ek1h 4 месяца назад

    Abarundi baragowe pee

  • @banzirumuhitolibere8624
    @banzirumuhitolibere8624 6 месяцев назад

    Ntarya umunwa

  • @kaya_freedom
    @kaya_freedom 6 месяцев назад +1

    😂😂😂😂😂

  • @KIB256ug
    @KIB256ug 5 месяцев назад

    Sinarindagushigikira ariko ubu nkurinyuma

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 6 месяцев назад +1

    Sous le drapeau de l'UA

  • @yusuphmasabo5327
    @yusuphmasabo5327 6 месяцев назад +2

    U Burundi bwamye bufasha Abanyarwanda ninkotanyi bwarazifashize mugufata u Rwanda reka rero bubafashe nukuzikuraho. Nivyiza cane akarere koruhuka

    • @t-rwanda6707
      @t-rwanda6707 6 месяцев назад +2

      Ikomange mu gatuza gatatu uvuge ngo: NDI IROFA.
      U Burundi bwafashije u Rwanda iki koko? 😂😂😂😂 udafite se aratanga?

    • @amolam97
      @amolam97 6 месяцев назад

      @yussuph baguhe rimw winwere mwene wacu😂😂😂

    • @amolam97
      @amolam97 6 месяцев назад

      ​@@t-rwanda6707 umubanyi mubi😅😂😂😂

  • @purp.22
    @purp.22 5 месяцев назад

    Nkibi bipirizo niyo Imana ibireka ikizanira aliens ikayobora uburundi😂

  • @banzirumuhitolibere8624
    @banzirumuhitolibere8624 6 месяцев назад +1

    Néva Président wacu ntarya umuntu, il appelle le Chien par son nom.

  • @lachairoi7687
    @lachairoi7687 6 месяцев назад

    la beauté de ceci est qu'il sait que le problème est le leadership et qu'il est toujours au pouvoir sachant qu'il n'est pas qualifié pour être leader, il est lui-même un criminel. C'est exactement ce qui est arrivé à des dirigeants révolutionnaires comme Sankara et Kadhafi. Ils ont été tués avec des gens prétendant être des dirigeants comme lui

  • @Hi5392
    @Hi5392 6 месяцев назад +3

    😂😂😂😂😂😂qu'est-ce qu'on a fait au bon Dieu ?.. Quelle honte, quelle misère🙊🤦‍♀

  • @Bienlumumba
    @Bienlumumba 6 месяцев назад +1

    Merci beaucoup monsieur Le president, kagame is a criminal

  • @siimon559
    @siimon559 6 месяцев назад +1

    HUTU MAKAKI IMBWA

    • @amolam97
      @amolam97 6 месяцев назад

      Hahahah ryimvange😂😂😂

    • @eliora3.095
      @eliora3.095 6 месяцев назад

      nyoko nindaya

  • @banzirumuhitolibere8624
    @banzirumuhitolibere8624 6 месяцев назад

    Ntarya umunwa