Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Chimamanda ndakwemera cane urumuntu wanj jew mba muramvya uzogiricumfashije uzobukoze nterimbere
Mkombozi ari mumitima yabarundi saana ahubwo tumufashe agere kure hashoboka ! I love Mko and you Moses
Iyo hit ya mukombozi yatangiriyeho nihagire umbwira izinaryayo nyumve uyu mukoboyi naramwemeye.🇷🇼
Menya Ari NZEYIMANA BY MKOMBOZI
Mukombozi uremewe mutama, ❤️❤️❤️❤️🌹Pol warihanganye Kandi warashitse utwubaka imitima yacu❤️❤️❤️
Chimama uzokore ikiganiro cogutera intege Fizzo nabandi bamwigireko. Maze kumva abaririmvyi beshi bashinga intahe ko bageze aho bageze kubera we. Ex.: kirikou, Mkombozi, double sinibuka neza, n'abandi..... Ugufatana munda dusozanya ngo dushike kure nivyo bibereye nos générations du 🇧🇮
Be humble 🎉🎉🎉🎉🎉
Abantu muzobona bagenda buzuye agahinda nukuza musengera abantu begere canee Imana niyo iheza àgahinda
Ntimushuke abantu kuko ibitambo mutanga nivyobituma mwiriza ,mufite ivyaha vyinshi ,ntimushime IMana kuko Satan niwe king of music world wide
Babitang iwawe?cank murikumwe?kubacira urubanza
Merci chimamanda,uri umugabo,ahubwo yabuze gutanga numero yiwe ya lumicash natwe tukamwifuriza isabukuru nziza,I'm his fans
Iyo nzira niwayimenya uyitange ngaha abafana natwe tubikore
300k or 300.000k bro
🔥🔥🔥🌹🌹🌹
Mpore cane.
Ndagufana cane chimamanda mkombozi arafise impano
Chimamanda ndakwemera cane urumuntu wanj jew mba muramvya uzogiricumfashije uzobukoze nterimbere
Mkombozi ari mumitima yabarundi saana ahubwo tumufashe agere kure hashoboka ! I love Mko and you Moses
Iyo hit ya mukombozi yatangiriyeho nihagire umbwira izinaryayo nyumve uyu mukoboyi naramwemeye.🇷🇼
Menya Ari NZEYIMANA BY MKOMBOZI
Mukombozi uremewe mutama, ❤️❤️❤️❤️🌹Pol warihanganye Kandi warashitse utwubaka imitima yacu❤️❤️❤️
Chimama uzokore ikiganiro cogutera intege Fizzo nabandi bamwigireko. Maze kumva abaririmvyi beshi bashinga intahe ko bageze aho bageze kubera we.
Ex.: kirikou, Mkombozi, double sinibuka neza, n'abandi..... Ugufatana munda dusozanya ngo dushike kure nivyo bibereye nos générations du 🇧🇮