TURAKIZE,INZAHABU MUBURUNZI ZIRAZUWE ZAHAMBWE NABABIRIGI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 сен 2024
  • TURAKIZE,INZAHABU MUBURUNZI ZIRAZUWE ZAHAMBWE NABABIRIGI

Комментарии • 94

  • @Kazo372
    @Kazo372 Месяц назад +42

    ❤murwanda baracadusunvyacan twebwabarundi.kuko twabuzabayobozi bukuri❤mump like murukundo twes

    • @NIYOBUHUNGIROjeanne
      @NIYOBUHUNGIROjeanne Месяц назад

      Ese nkubaze turisugumbana cg tugomba kwigira kubandi ibyo bagezeho ubona bakurusha😂😂😂😂.
      Ukuntu uvuze wagirango turi mumarushanwa hhhhhh.
      Muvandi rwose nibyiza kubwiterambere ryo muburundi namwe mugire aho muva naho mugana

    • @christella5092
      @christella5092 Месяц назад

      Babasumvyiki????kumengo uri muri competition???irabe urabe icowokora ntasoni???none weho urugi rwawe rungana nurwakanaka??ubwo nubujiji ufise

    • @Kazo372
      @Kazo372 Месяц назад

      @@christella5092 isonizokuvugukondabibona ntazonoronka.sinobidondagura ivyuburundi bigezahatembap nimpumyirabibona

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime Месяц назад

      @@christella5092 reka amagambo muri broke

    • @ryitangiyemoise5258
      @ryitangiyemoise5258 Месяц назад

      Ziba dedembera hiyo nibizuru mengo sinzi yuvuka

  • @user-lw7oz2rb5w
    @user-lw7oz2rb5w Месяц назад +19

    Twe murwanda twagize amahirwe ibikorwa birivugira kubeshya nigake

  • @JohN-ve1yd
    @JohN-ve1yd Месяц назад +7

    Mosesi ndagufana birenze 1000/%

  • @binancerwanda
    @binancerwanda Месяц назад +8

    More gold has been mined from the brains of men than has ever been taken from the earth

    • @Arshimed
      @Arshimed Месяц назад

      You are right bro! You are claver and opened mind

  • @user-mb5jj2ns6h
    @user-mb5jj2ns6h Месяц назад +1

    Jenumva wumviye wivu uburundi mpore wihangane turazifise koko rabi vyomurwanda ivyuburundi uvyihorere wibuke konurwanda mwavuye kure😂😂

  • @PierreCitegetse
    @PierreCitegetse Месяц назад +3

    Chimamanda big respect bro you are doing a perfect job

  • @JohN-ve1yd
    @JohN-ve1yd Месяц назад +4

    Najewe nama numviriza uko bavuga ngo 2040_2060.bagakomamashi nkibazako bafise ubwenge nkumirwa

  • @user-sc1xi6eo6d
    @user-sc1xi6eo6d Месяц назад +6

    Ikibazo abarundi ibyo ntabyo bazi, neva ameze nkaho ayoboye impumyi afite ijisho rimwe😂

    • @christella5092
      @christella5092 Месяц назад

      Hari umunsi muzobura ivyo muvuga kugihugu cacu iminsi irasa ntingana uyumunsi mufise icomuvuga kugihugu cacu ciza cUburundi ariko murimpumyi ntimubona uwarikuza kubaraba mumyaka iheze ntiyarikwibazako muzogera aho mugeze ariko ubu mutanguye kwiduza kubatarashika nkaho mugeze rindira

  • @patrickngoma7020
    @patrickngoma7020 Месяц назад

    Big up mutama

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Месяц назад +7

    Twe muburundi ntamigumuko yosubira kuhaba ukwo bizogenda kwose twotuma tubikemurira mumatora nimba adakoze neza nukureka agaheza mandat yiwe hanyuma akagenda kuko abapfuye 2015 ntanuwukibibuka kandi ntandishi yakababaro bazoha imiryango yabo kandi ababagumuye baracariho bamwe bibereye hanze kirya ayo basahuye so kwisuka mumabarabara ubu ntibibaho kuko kenya abamaze gupfa inyuma yavyo ntanuwuzibukwa ivyo rero shaka wihorere muburundi ntamyigaragamvyo izosubira twasanze vyose ari potopoto kandi abadushuhurirayo baba bitungiye rero nko kwakadafi barigumuye bazi ko bagomba baronk paradiso none ubu karabaye so rero ivyo kwiba birasanzwe sana bareke batubwire bimba batimba bizateba birangire tuu

    • @kamoso
      @kamoso Месяц назад

      Biza rangizwa nande abantu bose babaye batekereza nkawe . Nibyo ntamuyobozi utiba ariko hari ababikora bagakabya. Uburundi ni ubwawe niwewe ufite uruhara mukubuhindura. Naho ababipfiramo ntabyiza bitagira ibitambo.

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime Месяц назад

      😂😂😂😂😂😂😂 ahubwose murabishoboye kugumuka ? Mwese murinzanga Ngo 2060 😂😂 uzaba ukiriho uzaba warashaje hanyma na generation yicyogihe bazaba bayibwirango 20100😂😂😂

    • @crimi2434
      @crimi2434 Месяц назад +1

      Iyaba abarundi mukanuye abanyakenya ntibari kudutanga mumabarabara ibintu bigomba guhindu Kandi nitwe tugomba kubihindura kuneza canke kunabi

    • @ibrahimvyumvuhore2321
      @ibrahimvyumvuhore2321 Месяц назад

      Moïse Ubu izahabu n'ubutare vyabonetse kandi ndakubariye mosese Burundi igiye kububona ukayangana bushaji

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z Месяц назад +5

    Uburundi bukeneye ba Chimamanda benshi

    • @RuhagoRusengo
      @RuhagoRusengo Месяц назад

      Iyimbwa twokenera ibihugu nkibi, vyinkandagira bitabo

  • @user-qi7np5ey4f
    @user-qi7np5ey4f Месяц назад +2

    Mozesi Imana iguhe umugisha

  • @user-wf9ln2go9g
    @user-wf9ln2go9g Месяц назад

    Vision 2040-2060 nababivuga bozoba baramenetse 🤣🤣🤣🤣🤣 mon pays va male 😭😭😭

  • @julesndayambaje8887
    @julesndayambaje8887 Месяц назад

    Merci

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial Месяц назад

    Non wew ko uciy ubwenge ushaka kuvuga ko batubesha kugira bibamarir iki Toka , mbega ushaka kumbwir ko ababirigi bativye inzahabu mu Burundi

  • @Alex-cb4rt
    @Alex-cb4rt Месяц назад +3

    Mutama Moses, byashoboka ko ndayishimiye amaze kuronka amabuye menshi muri congo nkuko yayemerewe na shebuja kisekedi none akaba atazi uko yoyagurisha mu makungu. Ibi atangiye guhimba ngo ikirombe cyari cugajwe beton kdi kimaze imyaka bagikoreramo nigute aribwo bakibona beton? Arigushakira isoko amabuye ya congo nubundi nta murundi azabyungukiramo

  • @CharlesMPAWENIMANA-wv1zl
    @CharlesMPAWENIMANA-wv1zl Месяц назад +2

    Akokantu shaaa

  • @user-nr7yp5uf9p
    @user-nr7yp5uf9p Месяц назад +1

    Ahubwo biriya nujyo bwo kugirango abone uko ashora inzahabu bari gukura muri Congo babeshya ko bazicukuye iwabo

  • @IrakozeTresor-fn8vi
    @IrakozeTresor-fn8vi Месяц назад

    Mwenewacu Mosese njye ndi umurundi kuri mama nkaba umunyarwanda kuri Data mbwirira abarundi brnewacu ko abanyarwa batari inyuma yibibazo biri Iwacu mubutundi ubabwireko ingorane dufose arubutegetsi buri mugihugu iburundi niko kuri! Nkunda uburundi cyane sinabugambanira ariko bamenye ukuri

  • @ukweri98
    @ukweri98 Месяц назад +1

    😂😂😂 Mbega iyo béton yoyo kobatayitweretse 😂😂😂

    • @user-bf2zb7nu7q
      @user-bf2zb7nu7q Месяц назад

      😂😂😂😂

    • @user-bf2zb7nu7q
      @user-bf2zb7nu7q Месяц назад

      Iriya ni comedy bakinnye nyine . Iyo myaka ishize iyo béton ko batabereka uko isa?

    • @jox1738
      @jox1738 Месяц назад

      Aba DD barikubesha amakungu nabene gihugu kubera hageze amatora! Niko baturiye isoko nkuru ya Buja! System DD nimbi cane, ubwenge bwo babusize mwishamba pee 😂😂😂😂😂😂😂

  • @alainmuhirwa8067
    @alainmuhirwa8067 Месяц назад

    Ur'umuhanga

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 Месяц назад +1

    Ivyobisambo vy'aba DD ngo inzahabu hhhh

  • @ingabirestellaqueen657
    @ingabirestellaqueen657 Месяц назад

    Ndi umunyarwanda ariko iyi ndirimbo inteye agahinda muburyo bukomeye😭

  • @iyakaremyerwandemafecyfeli5990
    @iyakaremyerwandemafecyfeli5990 Месяц назад

    Ubwo nutuzahabu basahuye muri Congo bajyakudutaba hariya kugirango barangaza abarundi hahahaa neva and his team still in stone ages

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Месяц назад +1

    😂 hanyuma bavuze ko bamaze umwaka urenga bacukura sinzi kutavyumvise rero kandi bashora ubudahinguye vyongeye nishirahamwe ryigenga

  • @257Media
    @257Media Месяц назад +2

    Facts

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Месяц назад

    Abarundi turi ibigugu gusa, kuko 2060 hazoba hasigaye bake. Ahubwo CNDD Nibakomeshe ibicishe inzara babeho bagowe ibihe vyose kuko turi ibijuju

  • @SammyUhuru-v5s
    @SammyUhuru-v5s Месяц назад

    Kl bareke kudusamaz

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Месяц назад +3

    Erega ivyo bavuga vyose twe tubifata nkukuri kuko harababivuga bakabikora nababivuga ntibabikore kuko na American harabavuga ivyo bazakora ntibabikore kandi mubantu bashigikiye ifungwa rya bunyoni nawe warurimwo wavuze kwatanguye guhana ari vyiza ariko ubu amajambo yarahinduts bro this life no balance kuko mbona nawe warahinduts uko watanguye siko ubu ukora kare vyari ivyimana gusa ubu winjiye muri politic so ejo naho tuzabona uri mukwiyamamaza ntituza future yawe nico ugamije kuko mbona nawe uhinduka sana reka turorere rero nimba azabikora ok atabikoze no problem kuko nitwe tubatora

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime Месяц назад

      Uzagende urebe ijambo president neva yavuze tusoza umwaka 2023 urebe nirya president kagame wumve itanzukaniro umwe avuga ivyagenzeho mumwaka ushize undi akavuga ivyuburofa.

  • @JuvenalHavyarimana-wy3gf
    @JuvenalHavyarimana-wy3gf Месяц назад

    Wabaye umunyepolitike ryari ko abahavuka babizi?

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial Месяц назад

    We kuma

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih Месяц назад

    Neva akamwemw afis kararenz aho bagiy kwigabanganira.

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Месяц назад

    Never nawe ameze nkudakamiritse nonese igihe abazungu bagendeye niho bavumbuye icyo cyobo?

  • @user-oi4py9ct9w
    @user-oi4py9ct9w Месяц назад

    Urusha ubwenjye sendagara wowe uburundi wabuyobora bugatera imbere

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Месяц назад

    Ingendombi yogukumirana vyukuri nivyo Bizingamitse igihugu cacu iyo ndirimbo irimwo ubutumwa bukomeye

  • @ukweri98
    @ukweri98 Месяц назад

    Abarundi bagona bari maso , Rwagosore nawe yavuze ati : " Uburundi ntibuzigera bugwa mwisanganya." Amakuru yivyo binogo , rindira gato adusesekemwo tuzumigwa ! Aba DD aho rero bibabaza ko bawutetse neza uwo mutwe !😂😂😂

  • @FulgenceYaranyumviye
    @FulgenceYaranyumviye Месяц назад

    🎉📢 kuba umunye politique bisankokuba umudandaji wamatelephone numva ukuri gushake guce mumuriro ntigusha rekaturebe ivyuvuga kwarukuri gusa ndikonshishwa

  • @mwandishimussa6319
    @mwandishimussa6319 Месяц назад

    100% ukuri , gentil gedeon

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Месяц назад

    Ivyo 2040 na 2060 nububeshiii abo CDD bariko baravuga

  • @ukweri98
    @ukweri98 Месяц назад

    Moses haheze imyaka 62 twukukiye ! Nanj ndemera ko ivyobinogo ari bishasha.

  • @jeanclaudegasana8818
    @jeanclaudegasana8818 Месяц назад

  • @Princetuyishime
    @Princetuyishime Месяц назад

    Ubutare bwabaye ubutare
    😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
    Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

  • @celestinnduwayo6712
    @celestinnduwayo6712 Месяц назад

    Gusa kweri aba DD baraturiye p naho naje ndiwe ntakintu nakimwe mubuzima bwiguhugu kitapfuye! Bivugira ngoturibinebwe ukamenga tubayeho kubo ntanigisata nakimwe careta boduhera kwakarorero coba carateyimbere emwe uwuramvye azobora

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 Месяц назад

    Ndi Thomas nzovyemera ndabibonye.

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu Месяц назад

    Amatora baramaze kuyiba vyaraheze narirya ko bashigikiwe nubushinwa

  • @LouiseNduwimana-fi8rv
    @LouiseNduwimana-fi8rv Месяц назад

    Ndabaramukije abarundi benewacu reka dukore ibikorwa Ayo
    Majambo uyu mugabo avuga ntaco arik arafasha abarundi imana niyo ishira ibintu kurutonde

    • @mutavu
      @mutavu Месяц назад

      Imana niba ariyo ibishirako umuntu amaze iki?

    • @christella5092
      @christella5092 Месяц назад

      ​@@mutavuariko ko mwakataje uziko musigaye mwivanga mubitabaraba???

    • @christella5092
      @christella5092 Месяц назад

      Ego nukuri

    • @christella5092
      @christella5092 Месяц назад

      Uyu nukuvuga burimunsi gusa nawe ntiyanka igihugu aragikunda ndetse afise nishaka gusa avuga nabi cane

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime Месяц назад

      @@christella5092 ibiki bitamuraba ?
      Iyo igihugu gifashe umwenda niwe nabandi banyagihugu baryishyura muvyitwa imisoro taxes iyo indongozi zinda nka neva zishyizeho amategeko mabi niwe agira ho ingaruka burikintu kiba mugihugu gikorwa nindongozi niwe kibera ciza canga kika mubera kibi ? None urinde uvugako bitamuraba ? Niwe birabintu
      Kurusha indongozi hubwo.

  • @user-um6kd4eh4e
    @user-um6kd4eh4e Месяц назад

    Nugusamaza abarundi bibagirwe ubukene buvuza uruhwa

  • @aimeecesaire6488
    @aimeecesaire6488 Месяц назад

    👍👍🙏

  • @FrankBigirimana
    @FrankBigirimana Месяц назад

    None wewe warabuze ibindibintu wozuvuga atari Uburundi nu Rwanda rekaguteranya abantu Abanyafrica turibamwe

  • @user-hn1un4fx3n
    @user-hn1un4fx3n Месяц назад

    Chima ndagukunda kabisa. Uraducukumburira kabisa

  • @user-mf7gi8oh2i
    @user-mf7gi8oh2i Месяц назад

    Moses uze witoze tuzokugirire campaign

  • @AfandeMunezero
    @AfandeMunezero Месяц назад

    Umu Cln birazwi kandi ntacobitwaye

  • @etiennetuyisenge1729
    @etiennetuyisenge1729 Месяц назад

    Gukira s'ejo ubusuma nububeshi gusa

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 Месяц назад

    Abarundi baraciye ubwenge muhu,nta ntambwe bazotera !

  • @afrigifttv1038
    @afrigifttv1038 Месяц назад

    None uyukombona yakanuye amaso nkidollar kombona arumbaganye nawe kwatari bwabubone yarihe???Ugirango iyomyaka Neva yaribwabe President???Ko chimamanda avuga vyinshi ubuniho ubwenge bwiwe bwikanguye????Namwe mureguye imitwe ngonivyo nivyo ntanicomubaza😂😂😂canke ikinogo cogira isura ya kera gute kandi baragifuruye bakagisibura???
    Mbe hoho ahokwitaho ubutare bumaze kuboneka nigute twotumwanya mukuryana dusubiramwo ngonaka niwe yahimvye???déjà ubutare buhari ntabwo twomara ,Ntamuzungu tuza tuburyaniramwo nabarundi,vugati bucukure vuba kuko burahari ni fact sukurondeza nahone nigisabo .jamugira ubwenge @chimamanda

  • @user-hn1un4fx3n
    @user-hn1un4fx3n Месяц назад

    Nta Rwasa nta NEVA Bose nibihomora nabanyenda gusa nabicanyi mtupu

  • @Lauresonline
    @Lauresonline Месяц назад +2

    Cimamanda urinimpano yubwenge

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Месяц назад

    Tuzobimenya ico dukora amatora ageze kari kumutima suko turi ibijuju

  • @dianeumuhoza6103
    @dianeumuhoza6103 Месяц назад

    ❤❤❤❤

  • @user-um6kd4eh4e
    @user-um6kd4eh4e Месяц назад

    Ivyo sivyo, ukuri ntikuvugwa

  • @julesndayambaje8887
    @julesndayambaje8887 Месяц назад

    Merci

  • @Princetuyishime
    @Princetuyishime Месяц назад

    Ubutare bwabaye ubutare
    😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
    Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.