Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Nukur Daniel Imana imutuzigamire
Sha muraruha cane kl imana ibatabare
Ino nikwasatamu musenyi ntambabaz pee ndibuk nkigishik ino naragiy mubitaro navuyeyo gend gukor muyindizu shaaaa iman imutabar😭😭😭😭
Imana idutabare iteze imbere ibihugu vyacu kuko abarabo s abo kubamwo
Daniel imana ize iguha umugisha kuko uritaho kiremwa muntu
Abagenzi bacu nabo bari iburundi uhayubabwira nkivyo bagusamira hejuru nihatari imanimutabare nukuri
Imana imurengere kwanyamwena nuko mubishuti urimuzima 😢😢😢
Saudia nihatari nimukurikirane mubwire abasadere amenye neza ahari kuko ino mubarabo haribintu biharaje bakagukuramwo amafyigo 😢😢😢nabaporisi bino sibose beza Imana imurengere
Imana imugwanire yoooooo
Yoo birabaj naj natse gupfa ngo ndiko ndahanagur namasengesho BARIKO bansenger muburundi kuyomusi niyo yankijj
😢😢😢 mana yanje we umube hafi
Daniel wewe ndagukunda
Urakoze kl imana ikongere umugisha kl urimugishakoko nuzuradutabariza kuko ama ofisi twajeduciyeko ibiturirevyarabamugaje nahimana
Vyukuri uvuze ukuri shetani nawo ntazobemera kuko bafise ikibi ka😂 ntampuhwe bafise kandi ivyo ntibibaho kuko baca bagukatira tike yi ndege uva ngaho ugiye kurira ahubwo ni mumukurikiranire
Mugish nukuri ubon vyinshi p gus jew sintahur impavu bafat abakoz uko knd bab babakeney to
Imana yakuzanye hagez mugisha uhezagirwe
Imana imukize cane
Pole Sana kwer Imana imube hafi
Arikomanaw saudia niyibibazo imani tugwanire 😂😂😂😂
Aho agira atahe
Dani shiramuri group yawe
Non offici yavuyemwo niyihe muburundi mana tabara uwomuvyeyi😢
Bazotumara nukuri zamuradusengera kwel basha 😭😭😭
Nihatar imansa imutabar
Mugisha barigusaba inimero za boss wiwe none bari kumwaka fone none yorondera abaza kutoragute kukibunga c,indege
Oya nimuhumure nyimba arimuminwe yigi polisi ntaco bamugira kandi barabona ko yanvunitse
None nibahahebe
Yoooo mana w😢😢
Abarabu nabageser naj uwotwaban sinameny ingen bamurungits umu cote,divoire
Nibaz k baj kumutor bamurungik kuk police yino igufash ntakibz ugira baragutahana nibareme
Oya bari kumusubiza kuri office
Nihatari ofis wogira ikibazo ngo woyitura igutabare wapi nabicany mubandi uraribwa nuwutokuriye
Nimube mwitwaraneza iyomushitse hiyo
😢😢😢😢
Gusa igipolici camutwaye ntangorane bashatse kumutahana non nya offici zacu zimaze iki gusa izo office barakwiye kuzisubirako kuko ntakamaro zimariye abantu
Nimurondere abasandere wuburundi
Harigihiye bashatse kumutaga igitambo
Abarabo barabaye nabi abarundi benewacu bipfuza kuza mubarabo nibatekane barye bike baryame kare basha umwarabo ni satani kk mupfana akazi gusa urwara upfa ntaco bimubwiye 😢
Arambabaj pe
None yari yavunikiye kukazi none igipolice coco ntikibonako arwaye
Bazigute koyatwawenigipolice nihatari IMANA imubehafi
Akokanwa kanyu
Nibazekobamutahanye. Ntakibazo. Ntacaba. Imaniramubona. Umwarabu. Mufanakazi. Utamukoreye. Ntimuhuza. Kadinicokibacakuzanye
Police iramutahana iburundi abarabo nuko bameze
Police ici gutahana ndavyizeye ntibamwica
None atwawe nigiporisi abakingiwe cane
Ari porisi yamutwaye bazoca bamutahana ntakibazo
Niyo mpamvu uvuye mubihugu vyarabo nigushima
Umwarabu mukorere utaraniha umutwe unishe umutwe ubutashe canke ugasubizwa iwabo yatwawe nigiporisi ntacaba bazomutahana kuko aragwaye sukugarariza nikubera ubugwara baramutahana nareme
Harico nobabwira bakubariye ko wurira hejuru ubabwirako,atamugore yurira hejuru
Police ntaco imugira kuko ararwaye ahubwo nibamuhe itike atahe.
Yakoziki basha
Iyi mihimbiri nabagome aba barabu ntajuru bazoronka aba iconabonye ntampuwe bagira kabisa
Jewe ndi muri oman naragwaye baranka kunjana kwa muganga umunsi umwe ndiko ndakora numva ncits intege nca ndyama hasi mabuja hakuza ngo arabe ico mbaye yakuye ikirato aramvutagura
Imana idutabare Kk birakaz
Oya nimwizere ntaco bamugira ahubwo bagiye kumutaburiza itike gusa ikindi murabe neza kwatari haramu zamutwaye kuko police ntiyigera itwara nabi umuntu