IBYO MUSEVENI YAKOREYE ABIGARAGAMBYA SIWO MUTI BIGARAGAZA KO AFITE UBWOBA||ABARUNDI BITONDE||DR RUSA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 сен 2024
  • DUKURIKIRE KURI TWITTER: / ukwezinews
    TWANDIKIRE CYANGWA UDUHAMAGARE KURI 0788542538 NIBA WIFUZA KUDUHA IGITEKEREZO, KWAMAMAZA CYANGWA GUKORANA NATWE MU BUNDI BURYO

Комментарии • 217

  • @James-Jabari
    @James-Jabari Месяц назад +3

    Komera Dr Rusa 🤝 uvuze ukuri k’ Uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 naho uyu umunyamakuru atashaka ko uvuga Abarundi muvyiza vyabo nkuko.
    Uburundi Burakenye ariko abenegihugu babwo bararima bakimbura ntibicwa ninzara nkabo muri Singapole ya Afurika.

  • @PasteurHakizimana
    @PasteurHakizimana Месяц назад +9

    Ndabakunda cane ndi iBurundi Bujumbura ntamyigaragamvyo dushaka tuzi ibibazo dufise navyo bizohera nkigitoro isukari tukamara kuronka amahera mvamakungu ibibazo tuzoba tubikemuye ici nsaba gusa nugusaba imana itunywanishe dufatane munda atwanrya wanguha umugani wanyakwigendera ndandaye

  • @IngabeMwambutsaMulokole
    @IngabeMwambutsaMulokole Месяц назад +5

    Dr Rusa ndakwemera uvuga ivyo uzi wize udahengamye.Abarundi ntagitoro canke isukari bizotuma tuja mw'ibarabara kuko turarya tukaryama.Ivya leta biraba abari muriyo twebwe ubu turazi agaciro k'umutekano.

  • @user-lf6kb8ek2s
    @user-lf6kb8ek2s Месяц назад +6

    Ikikiganiro ndakunze ndumurundi arikonkunze
    Ukuri kuyumuntu nacane cane
    Kuburundi twitwangoturakenye ariko sikobiri nubwotwokene
    Ivyabanyamahanga bipfuza
    Turigaburira niyompamvu
    Amajambo ataco amaze kubarundi

    • @James-Jabari
      @James-Jabari Месяц назад +1

      Asha nukuri uvuze neza gwosi pe

  • @emilevenantndihokubwayo3267
    @emilevenantndihokubwayo3267 Месяц назад

    Dr Rusa ndagukunda cane
    Nd´umurundi 🇧🇮
    Ndagusavye iyi topic uyireke itagukwegera mon Papa
    Ururimi rushobora kunyerera ukavuga kurwanda kandi ntivyakubera vyiza urabizi.
    Merci et bonne vie mon papa

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON Месяц назад +5

    Grand merci bwana docteur

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON Месяц назад +12

    Ngiye numva umunyagwanda yihagararako akavuga neza abarundi
    Courage bwana docteur uravuga ukoresheje ivyo wize atari ukujanwa n'ibishobisho

    • @NinaZouzou-p4d
      @NinaZouzou-p4d Месяц назад +3

      Shaa uretse abaducanishamwo mu bisanzwe abaturage abenegihugu ntaribi tuu

    • @murekeyisoniemelyne4393
      @murekeyisoniemelyne4393 Месяц назад +1

      Ubwose abanyarwanda Bose urabazi ra ngo umenye icyo bavuga Mu Burundi ?🤣🤣🤣🤣mwajya mureka koko

    • @Ob1021A
      @Ob1021A Месяц назад +5

      Erega akenshi abavuga Abanyarwanda nabi ni imbonerakure kandi n'abavuga Abarundi nabi ni intore za fpr abo rero bavuga ibyo ba shebuja babo baba bashaka ariko muri rusange ntabwo abenegihugu b'u Rwanda cyangwa u Burundi bangana, none wakwanga umuvandimwe wawe ute?

    • @pattoh6855
      @pattoh6855 Месяц назад +1

      Erega abarundi nabanyarwanda turi abavandimwe ikibazo ni Politics naho abaturage ntakibazo dufite kubarundi keretse wenda mwebwe?

  • @RUKWAVU
    @RUKWAVU Месяц назад +2

    Urabona ingene ubaza Dr Lusa ngo kuki avuga Uburundi ntavuge Urwanda?
    Urabona Dr Lusa ar,,njiji atazi ko bamugira nka Kofi?

  • @bamujinyabarihima9219
    @bamujinyabarihima9219 Месяц назад

    Docter nkunda ibiganiro byawe ndabikurikirana cyane ntubogama uvugisha ukuri.

  • @user-mj9dq2jr8e
    @user-mj9dq2jr8e Месяц назад +2

    DR RUSA, mfite ishema ryo kwitwa Umunyarwanda kubera abantu nk,amwe❤❤❤❤

  • @Davis-qo4qp
    @Davis-qo4qp Месяц назад +4

    Dr uri umuhanga rwose

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup Месяц назад

    Good job bro just get big up 💪 JOHN from Burundi get respect from burundi together

  • @Jean-ClaudeNntse-dg3bp
    @Jean-ClaudeNntse-dg3bp Месяц назад +2

    Dr Rusa❤❤❤

  • @varia02denys19
    @varia02denys19 Месяц назад +1

    YES Umuntu wasuzuguye ntimuhangana, ntimurwana
    Kurasa abaciviles badafite intwaro aho gusubiza ibibahangayikishije- revendications zabo ni UBWOBA MU BUGWARI

    • @user-jm2ld3mf8k
      @user-jm2ld3mf8k Месяц назад

      Iki,nicyo umuhanga agaragarira!!! Kubaho bifite umumaro nkubu abandi biyita aba docteur doctoral zabo zimaze iki!? Dr Rusa komerezaho turagukunda cyane!!

  • @jeromeitangishaka2195
    @jeromeitangishaka2195 Месяц назад +2

    Mr docteur🤝buriya niwe uzi ibyukora

  • @mauri9397
    @mauri9397 Месяц назад +2

    Sha Dr kugirango umuntu amwumve bisaba kuba warasomye byinshi niyo mpamvu nkibyo bitabo bya Rwanda burundais bikenewe

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 Месяц назад +1

    Dr rusa ngo muburundi ntabantu bishwe 2015 Nsanze uri umubeshiii kndi mubi

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 Месяц назад

      Hapfuye abarundi ntihapfuye amoko kuko ntantambara yamoko yabaye

  • @Inkotanyi-Imbere
    @Inkotanyi-Imbere Месяц назад +3

    Urwanda n'uburundi turibamwe. Woe ntubyemera nkange. Gusa abayobozi bafte kuganira imipaka ikavaho kuk irtubangamira cane

  • @user12IBI
    @user12IBI Месяц назад +1

    Ariko , Dr Rusa sinzi impamvu akwepa iby'Urwanda ntacyo abashaka kubivugaho !!!

    •  Месяц назад

      Wowe niba har iby uzi byo mu Rda kuki utabivuga? Urashaka avuge iby ushaka kumva ? Dr asubiza ibyo bamubajije. Wabajije umubaza? U Rda ruradadiye .

  • @Niyitengekagentille307
    @Niyitengekagentille307 Месяц назад +1

    Hhhh Dr. Icyo uvuga nikimwe ariko nibiri mumitekerereze yabaturage nikindi kbs, harya sankra we ntiyarakunzwe nabaturage? Kereka umuzungu atagushatse.

  • @mazaluxe
    @mazaluxe Месяц назад +4

    Mu Burundi ntibishoboka kuko nbagendera ku moko cyane, buriya baranyuzwe niyo bashira bose bishwe ninzara ariko kuba bumva bayobowe na mwanewabo w'umuhutu birahagije .

  • @gakandeabed-hb4dm
    @gakandeabed-hb4dm Месяц назад +4

    Dr rwose uzi byinshi rwose kandi ukabisobanura nk'ubizi rwose courage kandi tugushyigikiye

  • @user-pv7xh7cf9o
    @user-pv7xh7cf9o Месяц назад

    Doctor Rusa Burundi turagukwirikirana cane kandi ibiganiro vyawe biradufasha rwose.

  • @38Mcalnee
    @38Mcalnee Месяц назад

    Dr ko ubanza uzubwenge cyane abantu bose ko uba warushije ubwe nge

  • @tedroyc9897
    @tedroyc9897 Месяц назад +1

    keep up nkunda ibiganiro byanyu

  • @1wun1
    @1wun1 Месяц назад +1

    Muribuka protests z'abahinzi b'ibirayi mu Rwanda?

  • @Nzinage
    @Nzinage Месяц назад +1

    Dr. Ndumiwe pe pe

  • @user-ix3vm7vo1r
    @user-ix3vm7vo1r Месяц назад +1

    Dr nukuri ivyo uvuze nukuri. Mu 🇧🇮 nta manifestation yoshoboka kuko ndavye umuvuduko turiko muvya Agriculture, mumwaka uza tuzoba tugeze kure.
    Rero iyo umuntu afise ibifungurwa, biba bikwiye. Il fast que nous restons soudain seulement.

    • @NinaZouzou-p4d
      @NinaZouzou-p4d Месяц назад

      Hewe,Imana yonyene niyo yo kubikinga ahandih shetani ntaco atinya

  • @kanyamagaraabdallah8300
    @kanyamagaraabdallah8300 Месяц назад +1

    bien entendu de Rusa

  • @kalisainnocent5069
    @kalisainnocent5069 Месяц назад

    Nuko umuhaye inama nyayo Koko!!!uwaciye bugufi se barayihagaritse?? Haribyo wibwira bitatanga nigitonyanga cyigisubizo nyacyo !!

  • @GylainTV
    @GylainTV Месяц назад

    Dr Rusa, Ndagusabira kuramba. Kandi ukomeze tuhumura kumaso. Ikindi twebwe Abarundi twaciye muri vyinshi, ntakintu nakimwe cotuma tuja mwibarabara.

  • @N.therence
    @N.therence Месяц назад +1

    Ndabakwirikira cane,iburundi ntamigumuko dukeneye.
    Ibibazo bihari bizohera kandi si kera.

  • @rushyanadivin8364
    @rushyanadivin8364 Месяц назад

    Dr Rusa Bagirishya na Theo turabakunda cyane mbona Dr rusa kbs yari yarabivuze peeee

  • @angelmacha7802
    @angelmacha7802 Месяц назад

    Ibirango mudushyiriraho nibirebire cyane gabanya cg tubipfe

  • @AnelkaMunyeshaka
    @AnelkaMunyeshaka Месяц назад +1

    Turi abashingantahe

  • @user-lq1el7te5p
    @user-lq1el7te5p Месяц назад

    Twe isomo mu Burundi twararironse bikwiye ubu abapoliticien baje imbere apana twebwe

  • @NIYOMWUNGEREZacharie
    @NIYOMWUNGEREZacharie Месяц назад

    Hi ! Muburundi je nibaza ko bitoshoboka ko hoba imyigaragamvyo nkirya yomuri Kenya pe. Ndi aha mu Kirundo in North of Burundi

  • @user-yo7xx1ls5q
    @user-yo7xx1ls5q Месяц назад

    Twebwe ahiwacu Burundi Prezida wacu ahushakiye hose uramuterefina ukamubwira ikibazo ufiise yabarinuwukwatse igiturire uhitumurega

  • @N.therence
    @N.therence Месяц назад +2

    Dr ndagutahura kuba utavuga kurwanda.
    Arko uzocishemwo rimwe uvuge ku rwanda kuko narwo rurafise ingorane.

    • @mulisapatrick8070
      @mulisapatrick8070 Месяц назад

      Ariko se urashaka ko aruvugaho iki!? Icyo utumva se ahubwo ni iki!? Uyu impamvu atavuga ku nuko ibyo yakaruvuzeho ari ibibi gusa! Iyo aba yakaruvuzeho ibyiza yakabaye abivuga buri munsi! Ujye wumva ukuntu aba avuga neza uburundi!! Yarangiza akavuga nabi Uganda!! Ubu twarabimenye ko umuntu wese ushaka kuvuga nabi urwanda ariko atari ku mugaragaro arabicurika akavuga nabi Uganda noneho ahubwo akavuga neza uburundi!! Tekereza umuntu utinyuka kuvuga ko ubukungu bw'uburundi buruta ubwa Uganda kweli!? Buriya rero si Uganda aba avuga ahubwo aba avuga Urwanda!! Uyu yanga ubutegetsi bw'urwanda na Uganda kubi muri bya bindi bye ahoramo ngo bakorera Occident !!! Niyo mpamvu uzumva atinyuka kuvuga ko uburundi naho bwaba nta patrol n'isukari bufite ariko bubayeho neza kuruta Urwanda!!😅😅😅!! Uyu twaramumenye n'ubwo avuga yihishahisha!!!

    • @HusenNsengiyumva
      @HusenNsengiyumva Месяц назад

      ​@@mulisapatrick8070ukaba umuremeyeho itaka ark mwabaye mute jyuvuga ibyumuntu yavuze apana kubihindura uko ubishaka shame on you

    • @gahamanyifulgence8601
      @gahamanyifulgence8601 Месяц назад

      Dufite umunyarwanda w'umuhanga wavuze ngo "abo kwica Gitera uzice ikibimutera", ibya Uganda mbona yakagombye kuvana mu nzira abagaragaweho iyo ruswa cyane abayobozi bo mu nzego zo hejuru

    • @user-rh5tt5to6o
      @user-rh5tt5to6o Месяц назад

      ​@@mulisapatrick8070
      Dr Rusa yizeneza kdi ni panafricaniste ushakirafrika, amahoro.
      Rero wizana munyangire doreko iyomushaka kwibasira umuntu mumuhimbira ibinyoma

    • @mulisapatrick8070
      @mulisapatrick8070 Месяц назад

      ​@@HusenNsengiyumvaumva ye!! Ubuse wibaza ko ibyo aba avuga tutabyumva!!? Niko mwibwira!? Naya nterahamwe yitwaga koffi ni ukunguku yatangiye ariko yageze aho igwa mu mutego! Tegereza gatoya uzaba ureba ko n'uyunguyu atazisanga muri wa mushibuka mutindi ushibukana nyirawo!!

  • @HassanBashir-qn5jh
    @HassanBashir-qn5jh Месяц назад

    Kukise utabwira abanyarwanda ukasimbuka ukabwira abarundi

  • @tontonginolla1234
    @tontonginolla1234 Месяц назад

    Ibibazo dufise i Burundi tuzi iyozavuy Abarundi tuzovyikemurira Turin kujamwibarabara Abatujanye mwibarqbqra 2015 Biberey Ibulayi muga Benewacu barapfuye.
    Ikibazo dufi tuzovyikemurira
    RUSA NDAGUKUNDA CANE IMANA IGUHEZAGIRE AKA KARERE DUKENEYE ABANTU BACIYE UBWENGE NKAmWE

  • @Nzinage
    @Nzinage Месяц назад +1

    Ikibazo abanya afrika benshi bakwirikira nk'intama. Abigaragamvya benshi bakaja imbere,n'abatazi icihishe inyuma ku babatumye.
    Ubundi abo bafise inyungu mu vya politike bazohore baja imbere bareke gushuka abatazi ivyo barimwo n'inyungu bazokuramwo

  • @nadiarukundo3636
    @nadiarukundo3636 Месяц назад +1

    Ivyo bintu bituma imodoka na moto bitanwa igitoro, vyica itangi. Uwonohanura ntiyobikoresha kuko in future iyo modoka yawe canke moto. Izonywa igitoro biteye ubwoba..

  • @user-hn1sf7qz5v
    @user-hn1sf7qz5v Месяц назад +1

    Dukunda NEVA kurusha vyose . Ni président Wacu apana uwabanyabulayi . NEVA umugenzi w'aba jeunes❤

  • @pascalmanirambona9201
    @pascalmanirambona9201 Месяц назад

    Ndumurundi turakwemera kuko uravuga harimwo ubwenge uraducish ubwenge mutama wacu

  • @roomfarmerjoints2048
    @roomfarmerjoints2048 Месяц назад +1

    Woe kuki udasuza ibyo wabajijwe

  • @nicolasnijimbere8909
    @nicolasnijimbere8909 Месяц назад

    Uwo muntu ni Docteur yabaye I Burundi ariko umenga kuva avuye I Burundi, il est completement déconnectê.

  • @user-pf1lg7kj9u
    @user-pf1lg7kj9u Месяц назад

    Guca bugugibkwa president sugusangira urwarwa nabo . Nugukemura Ibibazo byabo, nukurenganura urengana. Uwo president w' uburundi uvuga ntawe uzi icyo ushaka akiguhe ahubwo

  • @bamujinyabarihima9219
    @bamujinyabarihima9219 Месяц назад

    Docter Kuki iminwa yawe itukura?

  • @robertgafaranga9100
    @robertgafaranga9100 Месяц назад

    Kaguta afite aba advisers barenga 80 corruption
    Kaguta afite abaja bamutecyera 36 murugo corruption
    Kaguta ni imingwa muri Uganda no mukarere kose

  • @SafiSadah-xv2xf
    @SafiSadah-xv2xf Месяц назад +1

    Bazakugire perezida uzi ubwenjye

    • @mulisapatrick8070
      @mulisapatrick8070 Месяц назад

      Azajye kuba president w'uburundi mbona aribyo ashaka ahari!

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk Месяц назад

    Muburundi ❤❤ hama ntamanifestation izopfa yongey kubaho Docteur twagize echec ikomey 2015 kand nabatubeshe bashumbiye america. Bashaj bavuga nabi igihugu ikindi naco petrole nisukari ntabyo pe ariko ibiryo biruzuye can kand kubwishi

  • @charlesnahimana3163
    @charlesnahimana3163 Месяц назад

    Doctor Rusa ni we wenyene numvise ugifite icyizere mu mitekyereze y'urubyiruko rw'Abarundi. Cyakora nta n'uwamurenganya kimuko ntabwo aruzi. Si irya misi yamaze i Burundi mbese akanatanga n'ikiganiro muri Hôtel Source du Nil imbere y'urubyiruko. Ntago rero urubyiruko rw'i Burundi ari mature.

  • @user-my4ek7zl2w
    @user-my4ek7zl2w Месяц назад

    Turagukunda Russ wacu umeze nka yezu wagarukiye afurika.

  • @SabuwukunzeTerase
    @SabuwukunzeTerase Месяц назад

    Basha uvuze ukuri mutama kandi cane

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Месяц назад

    Indya mu Burundi ziriho kandi manifestations turazimenyereye ko zitwicira abantu
    Dialogue irashoboka kandi les jeunes bafise intumbero ya Président

  • @MajyambereCoronel
    @MajyambereCoronel Месяц назад

    😊

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim2186 Месяц назад

    Irakoze mutama kutwifuriza amahoro ww urumuntu wumutama

  • @ndahabonimanafelix7332
    @ndahabonimanafelix7332 Месяц назад

    Nakurikiye ikiganiro kandi nagishimye. I Burundi igituma manifestations zitokwihuta kuba ni uko Abarundi bafise ukwihangana cane kandi bakizera ko igihe kizogera n'utwo tubazo: ibitoro,isukari, amahera y'agaciro,..tukarangira. Mu bisanzwe ikibazo kiri mu Burundi ni mauvaise répartition des richesses nationales et l'égoisme de certains administratifs, kandi ivyo navyo bizohera ni ikibazo c'igihe. Ubuzima mu Burundi gushika n'uwu musi burazimbutse ugereranaje n'ahandi henshi kw'isi. akarorero ku bifungurwa. Manifestations za 2015 zateguriwe hanze ntabwo zavuye imbere mu gihugu. Dr Rusa umuturamukirize.

  • @bdtvurumuri7712
    @bdtvurumuri7712 Месяц назад +1

    Hahhh abaRundi ntabwo barusha abanyaRwanda kubaka ubumwe ahongaho uratubeshye Rusa abantu bagifite abayobozi bagendera kumoko ? NGO umubare runaka wabagereranya nuRwanda gute Doct

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Месяц назад

    Neva ni umu jama w'aba jeunes

  • @cdmsamueluwihanganye4659
    @cdmsamueluwihanganye4659 Месяц назад

    Ikiganiro cya Theo na Rusa sinagicikwa kiba kiryoshye

  • @eliemarechalmahina7606
    @eliemarechalmahina7606 Месяц назад

    Ntugire ubwoba vuga ko haramukiwe u rwanda. Nayo abarundi nabo twarumvise kandi 2015 twarize

  • @DukuzumuremyiJovith
    @DukuzumuremyiJovith Месяц назад +1

    Ese Dr, Ntabwo bishobokako nyuma y'ubufransa,hagiye gukurikizwaho ibihugu byahoze bikoronizwa n'ubwongereza? Ese Putin yaba agiye kwibasira nanone inyungu z'abongereza muri Afrika nyuma yiz'abafransa,?ugasanga wenda nyuma y'ubugande harakurikiraho Nigeria?

  • @alaintresorirabaruta6715
    @alaintresorirabaruta6715 Месяц назад

    Ndakwemera none nkubaze Dr urigisha amateka yihariye nukuri kwuzuye abana bawe?

  • @ndabwarukanye-pg3zp
    @ndabwarukanye-pg3zp Месяц назад

    Mubantu basesangura uri mubambere

  • @claudeniyomwungere7488
    @claudeniyomwungere7488 Месяц назад

    Uyumunsi abarundi twiyumvisee

  • @nduwimanainnocent1364
    @nduwimanainnocent1364 Месяц назад

    Ivyabaye 2015 abantu vyarabahitanye ariko vyagize akamaro guko vyahaye isomo abanyagihugu biha nisomo abategetsi, ex muburundi ntamutegetsi azosubira kwiyumvira kurenza manda 2 hama abanyagihugu bomuburundi bapfa ibibazo vya politike kurusha ivyobibazo rusangi ngwiciro vyaduze, niwumva icukakibi muri polike abarundi batumvikana aho niho ari danger, agapfinyi kabandi ngo bagumuk nahandi bagumuts mubarundi ntibiha

  • @user-pf1lg7kj9u
    @user-pf1lg7kj9u Месяц назад

    Uyu civilian ajya ansetsa gusa.

  • @ClovisNdikumana-eu4op
    @ClovisNdikumana-eu4op Месяц назад

    Dr russa turagukunda kuva burundi

  • @WilsonNdenzako
    @WilsonNdenzako Месяц назад

    Uvuzukuri umuti wibibazo sukwigaragavya ahubwo nukuganira

  • @user-xh2or3yv3e
    @user-xh2or3yv3e Месяц назад

    Turamukunda

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Месяц назад

    Ubundi ugira imyiyerekano kukintu ubona konawe wogitorera inyishu uwohagushira. Rero ibibazo vyugarije u Burundi usivyeko nigihe iyo sukari ibonetse batayinywa bose sibibazo vyohezwa na manifestación. Wapi, ibibazo bihari vyohezwa nuko umurindi wese yifashishije unwenge nubumenyi afise leta nayo ikamworohereza yokora cane ngo ibibazo bimwe bimwe bitorerwe inyishu indani mugihugu nyene.
    Ibijanye nibifungurwa mugihugu hagati, birazimbutse cane kuko umwimbu wariyongereye cane uyumwaka. Aho bizimvye ni mubisagara kuko transport yavyo izimba kubera essence ikenye kandi sibisagara vyose nibazako arikimwe nacone atari Quartiers zose. Rero, uwobohenda akaja mwibarabara ntanyishu azobagiye kuzana🌄

  • @ericciza926
    @ericciza926 Месяц назад

    Kabisa Urabizi gose twebwe ibihirwa birazimbutse gose Cane.

  • @emmanuelsendegeya807
    @emmanuelsendegeya807 Месяц назад

    Ntubeshe ivyuvuz kuburundi twebwe turipanze p

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Месяц назад

    Ariko kuki mutabaza niba adya kandi akanywa n'amazi ya riba ko mbona inzara n'inyota bigiye kuzamwica mwirirwa mumukuramo umwuka

  • @user-hb7re2yk5v
    @user-hb7re2yk5v Месяц назад

    Abarundi tugumya ibanga tukihanganira akaje ubukene burahera ariko guhemuka ntibihera ingorane zose zizohera

  • @byiringirotheogene
    @byiringirotheogene Месяц назад

    Nanjye nabivuze akijya kubakanga bitaragera kuri 23/7, mvugako yabatinye kuko yatangiye kuvugako bazaba bagiye gukina n'umuriro. Byahise binyerekako bamukoze mubwonko.

  • @RichardKubwimana-g8m
    @RichardKubwimana-g8m Месяц назад +1

    Nibakumpere amashi menshi bwana dr

  • @FabriceNiyonsenga
    @FabriceNiyonsenga Месяц назад

    Dr, i burundi turi maso,
    Kand turatahura,
    Twebwe turi kukivi
    Ahubw uzompanurire uwitwa pacifique NININAHAZWE ,
    Areke kutuzanamwo abazungu, ngo baze baduhe imfashanyo, tutari ibimuga.
    Ntabo dushaka, abazungu aba occidental twarabamenye.

  • @user-fc2eb9lp9n
    @user-fc2eb9lp9n Месяц назад

    Igitoro naco tubura butsa kiboneka imirongo izohera bigendeneza 🇧🇮🇧🇮

  • @matsikomoses
    @matsikomoses Месяц назад +1

    Bariya bigaragambya ntacyo bahinduraho ubutegetsi muri Uganda. kuko nkuko Dr yabivuze, Uganda hariyo amoko arenga 100 kandi ntibigaragambya.
    Abigaragambya rero nirubyiruko ruke cyanee rwo muri tribe yabagande, kandi bahora babikora. kuko kuribo bifuza ko president yakabaye ava muri tribe yabo kubera ko babona inyubako zubutegetsi zubatse mubwami bwa Buganda. Ibyo imyigaragambyo yabo izahora ipfuba kuko sikintu bahuriye naburimwe.

  • @ngaboniyo1777
    @ngaboniyo1777 Месяц назад

    Ndumiwe. ngo m'Uburundi ntabantu bapfuye? Dr iyo sujet yireke. m'u Burundi bishe abantu batabarika hafi igihumbi ngo none babyitwayemo neza 🤣🤣 ndagusetse

  • @ThadeeSindayigaya
    @ThadeeSindayigaya Месяц назад

    Burundi twibereyeho neza dusangira akabisi nagahiye imana twayisize imbere

  • @SabuwukunzeTerase
    @SabuwukunzeTerase Месяц назад

    Nukuri ntanduru rugishaka !ivyo twaciyemwo vyaratwigishije cane.

  • @emmanuelsendegeya807
    @emmanuelsendegeya807 Месяц назад

    Ukonukuri ntamurundi yokwigaragavya kubera isukari ivyotwarabirenze kabsa irambire uvugukuri

  • @philimonmitoni9182
    @philimonmitoni9182 Месяц назад

    Barara bakwishe kubera kwemerako uburundi bifite icyobikora

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim2186 Месяц назад

    Uzokore ikiiganiro cihariye abarundi gusa twumv.

  • @DieudonneNahimana-ew2qq
    @DieudonneNahimana-ew2qq Месяц назад

    Ikibazo dufise abarundi tugisangiye nabandi banyafrika bampatse ibihugu ariko twebwe twarabamenye twarabahinyuye turicunga ijoro numurango

  • @DieudonneNahimana-ew2qq
    @DieudonneNahimana-ew2qq Месяц назад

    Ntakibazo dufise civyokururya muburundi ikibazo dufise ni ibikomoka kuri pétrole isukari ikiro ni 3500 ibiharage nihaga yibihumbi 2000 na 2500nibikomoka kuri pétrole biriko birakemuka

  • @user-fc2eb9lp9n
    @user-fc2eb9lp9n Месяц назад

    Dr rusa ndagushimiye utanze inyishu nziza kuburundi twebwe uburundi dukenye igitoro gusa nahubundi irya zirahari uwoja mwibarabara wumurundi yoba yahovye icyoyimena

    • @NinaZouzou-p4d
      @NinaZouzou-p4d Месяц назад

      Mbe urazineza ko igitoro ari moteur yavyose?atagitoro izo ndya wishimana zizoshika bja gute?amakara azoshika gutee?uwugwaye azuguruzw gute?huuuu mwe muratwenza nukwiraba kunda gusa mukamengo mwashitse iyo muja ahubw manifestation iratevye aba dd mutayr igihugu mu manga

  • @NdayizeyeCharlo
    @NdayizeyeCharlo Месяц назад

    Dr rusa urumuhanga wabahanga to uburundi turi umunoni

  • @user-fk4vv9yc2o
    @user-fk4vv9yc2o Месяц назад

    Dr ubivuze neza ntamurundi yaja mumuhanda ngoyabuze isukari kuko ntirimurivyankenerwa dukera vyaburimusi

  • @DieudonneNahimana-ew2qq
    @DieudonneNahimana-ew2qq Месяц назад

    Mukomere cane

  • @AmusedFrogmouth-xh5yz
    @AmusedFrogmouth-xh5yz Месяц назад

    Docta urabeche. Cane muburundi twebwa barundi bisazwe. Turaruche idya, zirahenze . Ingorane ,yigitoro, uvuga kwata, bantu bato bagenda, yamaguru nuburuhe bafise .

  • @karangwaadriano-it8he
    @karangwaadriano-it8he Месяц назад

    Dr Rusa urumuhanga u Rwanda ntukaruvuge kuko nawe ntibakurebera izuba gusa ibirikuba natwe birakenewe mu Rwanda kuko ikenewabo mubukungu, politics, igisirikare................
    Bimaze gufata indi ntera kandi byose byihariwe nakazu kamwe muri make ntaho twavuye ntanaho twagiye.

  • @jean-lucnikoyagize5910
    @jean-lucnikoyagize5910 Месяц назад

    abigaragamvya uko biri kwose barafise ikibituma ntukavuge ngo aba bafise aba batumye kunyungu zabo hama abandi ngo ni uko bo bikwiriye. Ivyo bavyita guhengama.

  • @varia02denys19
    @varia02denys19 Месяц назад

    "MURAKOZE KUTWIBUTSA"
    abigaragambya ariko ntibakagombye kwibutsa ababayobora kurwanya ruswa, ihohoterwa...Kubibibutsa ntacyo bikimara mu GITUGU kigundiriye ubutegetsi, buhora bwitoresha ibihe byose...Bwikubiriye ubutunzi binyuze mu itoneshabwoko, itoneshamurwanashyaka, ICYENEWABO....

  • @JeanmarieVianeyBizimana
    @JeanmarieVianeyBizimana Месяц назад

    Ndagushimiy cane ntamurund yojanw mumuhanda nisukari peee twifitiy inka zamata atabufasha burimw

  • @didierndagijimana6435
    @didierndagijimana6435 Месяц назад

    abanyarwanda mwanyweye umufa wibihuna