Too nostalgic for me who grew up in Burundi, studied there and loved traditional inanga music....... @Burayobera, a Rwandan old man who was so good on the art
@@olympeniragira4895yari umusozi bakoresheje imvugo ngereranyo mu kuhita uko bivuye Ku kugene harisha inka nyinshi cane zigaheza zikahata amase menshi cane. Ari naco gituma bahatazira ku Mugirakiziba, ku Gitanga intatangwa. Kwa Ntasozibirenge, akabuto k' Abanyakarama.
Papa Hapiness Patrick Amahoro. Inanga "Amararo y'inka" ni yo yahavuye yitwa "Bigoro vy'Imigabo". Ni inanga yakunzwe mu ntara nyishi z'Uburundi, kuva na kera bagenda bayigishanya. Wumvise iyi uba wumvise umudiho w'Amararo y'inka!
En voie de disparition par simple negligence. Nos medias devrez soutenir ce patrimoine. La direction miss Burundi , les projets Burundi buraririmba devrez s investir dans la promotion et la pérenité des chefs d oeuvres tradutionnels
Too nostalgic for me who grew up in Burundi, studied there and loved traditional inanga music....... @Burayobera, a Rwandan old man who was so good on the art
Thank you! This is our common culture.
Joseph ufite gift yo kuvuza inanga... Imana iguhe umugisha
Murakoze. Nzamuha ubutumwa.
Hongera sana ! Tamaduni zetu tuzienzi
Gakeye neza.
Twari dukumbuye iyo nanga.
Turiko turayumviriza muri Amerika.
Murakoze cane!
❤❤❤💯👏🏾👏🏾👏🏾
Amahoro cane. Murakoze. Tugiye gutegura n'izindi mu misi iza!
Uwutaye akaranga abataye akabanga. Turishimira ko turi abarundi. Komera utuyoborera mu nzira y imico ndundi mfura yakunze. God bless you
Murakoze, Imana ibazigame!
Ku Mugerakiziba kwa Ntayoberana, Sogokuruza ❤️
Ni ku Mukirakiziba, hamwe kwa Ntayoberana, ku gitanga intangwa.
@@olympeniragira4895 Murakozeee! Reka ndabazaa iyindi source numve
Ni Ku Mugirakiziba*
@@girlofthemoon1545 Murakoze, uwo ni umusozi (Ku Mugirakiziba) urahari canke ni imvugo ngereranyo?
@@olympeniragira4895yari umusozi bakoresheje imvugo ngereranyo mu kuhita uko bivuye Ku kugene harisha inka nyinshi cane zigaheza zikahata amase menshi cane. Ari naco gituma bahatazira ku Mugirakiziba, ku Gitanga intatangwa. Kwa Ntasozibirenge, akabuto k' Abanyakarama.
Mujye mutubwira turi Abavandimwe
Biragora I Nyanza twataramye
Murakoze
I love my country
Thank you!
.
RUclips has brought me to a good place. :)
😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Proud!!!
👍 akaranga k'uburundi barakwiye Kugaha iteka gakwiye iyi ni patrimoine nini
Ni iragi ryiza kandi n'ubu ry'agaciro kuko ritwigisha ubutwari. Muhezagirwe!
❤❤❤❤
Murakoze kutwumvisha inanga Bigoro. Mbe mwatwumvisha Amararo y, inka. Merci
Papa Hapiness Patrick Amahoro. Inanga "Amararo y'inka" ni yo yahavuye yitwa "Bigoro vy'Imigabo". Ni inanga yakunzwe mu ntara nyishi z'Uburundi, kuva na kera bagenda bayigishanya. Wumvise iyi uba wumvise umudiho w'Amararo y'inka!
1:03 akiwacu
Ego cane!
En tout cas la music vienne d'Afrique
C'est une richesse inégalable. Le monde va redécouvrir cela.
Haha vous n'êtes pas africain? seulement dans deux pays africains
Génial!
Inaga Bigiro turayikunda cane.Muduhe nizindi nka Muhebera,Mucowera.....etc...
Nzoraba izoshobora kuboneka
Iyo nanga iraryoshe gose.Muduhe inanga za Donasiyano yemwe.ndazikumbuye kandi ndazikunda
@@olympeniragira4895 uzondonderere inanga za Donasiyano
Philippe Misigaro. Sawa
@@olympeniragira4895 nta nanga za Donasiyano ufis wewe? zindonderere
Ndakunda ijwi ryiwe ❤️
Murakoze cane
👏👏👏👏👏👏👏👏👏
👌👌👌👍👍👍👏👏👏👏👏🙏🙏🙏
Birahimbaye cane kwiyumvira inanga yabarundi.
Urakoze gushima. Bintera iteka kubasangiza akaranga kacu
Abarundi twese tuba hanze turagushimiye caaaane Torobeka urakoze kuduha inanga Bigoro . Torobeka uri intore yagahore inanga yawe ni agahore twari tuyikumbuye caaane.
Bararus Murakoze gushima! Muroranirwe!
Jw nazitelechargés muga zirans kuvuga hors connexion
Niyonkuru Jeannine Raba neza formatvmwakoresheje mukora téléchargement. Mukoreshe MP4.
@@olympeniragira4895 To murakoze caaane
Komera mutama
Cane!
🤗🤗🤗🤗🤗❤❤
En voie de disparition par simple negligence. Nos medias devrez soutenir ce patrimoine. La direction miss Burundi , les projets Burundi buraririmba devrez s investir dans la promotion et la pérenité des chefs d oeuvres tradutionnels
Merci! Nous ferons de notre mieux.
yemwe nta muntu yogira inanga za Donasiyano ngo aziduhe??? turazikumbuy
Amahoro, sindazironka, ariko hari izindi nziza nzobumvisha mu misi iza