Candide Nyandwi : umwanditse w'indirimbo « Umukenyezi » ya Africa Nova

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • "Twaganiriye na Sogokuru, twaganiriye na Nyogokuru..." 🎶 Urwo ruririmbo rw'ikirundi ruhayagiza umukenyezi rurazwi cane.
    Ariko mwoba muzi aho rwavuye n'icatumye rwandikwa ? Twaganiriye n'umwanditsi warwo, umupfasoni Candide Nyandwi. Runo ruririmbo rwasubiwemwo na Africa Nova.
    #Burundi #Musique #AgatekakAbakenyezi

Комментарии • 10

  • @SchwalbeNS
    @SchwalbeNS 3 года назад +2

    Candide Nyandwi #respet ,l'interview auss #muchrespect ce genre d recherche #respect

  • @mugishaangetheddy9296
    @mugishaangetheddy9296 4 года назад +1

    Bravo a toute l équipe vous nous apportez plus .Franchement on croyait que c est Africa NOVA le parolier.En plus la video elle est bien faite.congrats

  • @sportpremium8298
    @sportpremium8298 4 года назад

    Arakwiye agashimwe nukuri 😍 Yaga murakoze kutwereka Aho iyo Ndirimbo yavuy

  • @angelojokes9664
    @angelojokes9664 4 года назад +2

    For me, you guys are the no#1 channel in Burundi I think you deserve more visibility that's why everyone should like, share and subscribe so that you keep sharing good video contents like this👍 much love from a proudly burundian guy from zambia.YAGA♥️

  • @fredlephenix4219
    @fredlephenix4219 4 года назад

    Bon travail yaga..mushika Kure sana

  • @angelojokes9664
    @angelojokes9664 4 года назад +1

    Guys maybe get some yaga T-shirts and send them to some of your subscribers and we will make some YAGA challenge on tiktok or Instagram or every platform wearing your shirts.. let's advitise for you.

  • @stellakidasharira
    @stellakidasharira 4 года назад

    Umukenyezi w incabwenge

  • @EMChantalG
    @EMChantalG 4 года назад

    Wow

  • @angelojokes9664
    @angelojokes9664 4 года назад

    PS:you made go back and check for the song and I am 21 years old thank for making me feel the old burundian vibes and culture..😅

  • @normand2574
    @normand2574 4 года назад

    J'adore