UMUKAZANA GITO PART1//😭😭KANYANA ATUMYE SAMMY YIHAKANA NYINA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024

Комментарии • 357

  • @OlineIrakoze
    @OlineIrakoze 2 месяца назад +3

    Mama pamella courage kbx abavyey nkb nib dushak

  • @KANEZALaurence
    @KANEZALaurence 8 месяцев назад +2

    Pamela,icukoze,urishinyakare,yumugore.urabonukuntu wafashe nabi,Nyokobukwe,ukamudendereza,ukamubeshera,kumuhungu,ngoyagututse,ariwewamututse.

  • @stitore2388
    @stitore2388 3 месяца назад +8

    Yayayayaya ni fiyaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥 mama pamera wubahwe kanyana sivyiza abantu mumeze nka kanyana mwikebuke yooooo inaronyonga waciyebugufi 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 9 месяцев назад +12

    Love from Mr Sammy comedien akaga film nikeza peee

  • @افناناحمد-ض7ص
    @افناناحمد-ض7ص 9 месяцев назад +9

    Ababonye yko Jaja yabesheye nyina Bukwe mu mpe link,
    Abakazana bameze nka Jaja murakwiriye kwikebuka pe iyo ngeso siyo.
    Mabukwe ahuri hose wubahwe, nzokubaha ndagusonere ubuzima bwanje bwose.👏

  • @MélanieNtakarutimana
    @MélanieNtakarutimana 3 месяца назад +2

    Kanya urakunda inda😂😂😳😭🙂🙈🤭🏃😘😊😅😮😢🎉😂❤

  • @FgfRt-t6j
    @FgfRt-t6j 9 месяцев назад +12

    Shaaaa nimba nogira mabukwe uko oya nofuma nguma iwacu abakazana nkaba bakwiye igiti ababibonye kobakwiyigiti baze dutwike😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤

  • @M-du5cl
    @M-du5cl 9 месяцев назад +3

    Waoooooooh mbaye uwambere plicherie hejuru mump Link zanje umukaza karibu

  • @alphaniyibitanga4762
    @alphaniyibitanga4762 9 месяцев назад +3

    ndabakunda cane bantu banje mutunyarukirize ikindi gice abakobwa iyi film muyigireko icigwa

  • @vivantisteoficiall6287
    @vivantisteoficiall6287 9 месяцев назад +3

    Ngwaho kanyana yariye karungu kl arawakije mumpande zose so go ahead my lovely team gogo official

  • @yvankateferi5997
    @yvankateferi5997 4 месяца назад +2

    Mama Pamela ndagukunze urimvugakuri nukowavyaye nabi.

  • @HeleneIcigumije-ju8xd
    @HeleneIcigumije-ju8xd 7 месяцев назад +3

    Kanyana wakabij gusanyin ❤❤❤❤

  • @EricNIYONKURU-w3b
    @EricNIYONKURU-w3b 6 месяцев назад +2

    Sha burya ako gakobwa nubwo ari film numvise ndamwase nyagukoma nyina

  • @NduwamahoroFlora
    @NduwamahoroFlora 7 месяцев назад +3

    Mbega kanyana ngira nomurugo nuko umeze kuko nokuvyibuh ntuvyibuha

  • @NiyonzimaDivine-g6o
    @NiyonzimaDivine-g6o 6 месяцев назад +4

    Itanguriro ryubweng nukubaha abavyeyi

  • @RegisArakaza
    @RegisArakaza 8 месяцев назад +3

    Sammy courage ubikora neza

  • @EzraloyiBobo
    @EzraloyiBobo 9 месяцев назад +2

    Yemwe numukazana gito kweri 🤔 nukuri ndabakunda cane❤️

  • @Alaeny-fp1gk
    @Alaeny-fp1gk 3 месяца назад +2

    Nukur iyi film niyambere irigisha

  • @UwizeyimanaJoselyne-n7j
    @UwizeyimanaJoselyne-n7j 8 месяцев назад +3

    Mbega mbega umukazana winkunguziweeee kanyana arahumaganyep kanyana kanyana urarengeje

  • @Auleine
    @Auleine Месяц назад +1

    Turabakunda can🇧🇮✌️✌️♥️♥️

  • @FofoFo-qt1qj
    @FofoFo-qt1qj 9 месяцев назад +6

    Wow wow ya flim nkunda yasohotse courage my sister ❤❤❤❤

  • @yvettenizigiyimana6857
    @yvettenizigiyimana6857 8 месяцев назад +2

    Umukazana atubaha Inabukwe aragatsindwa!!!arik courage turabakunda

  • @NduwimanaDiane-g4d
    @NduwimanaDiane-g4d 9 месяцев назад +2

    ❤❤❤iyifilm ndayikunze can yigishe abimirije kwitwa abakazana nabamaze kwitwa aryozina mabukwe nigiti kitururwa mam Pamela 🎉🎉🎉🎉

  • @KANEZALaurence
    @KANEZALaurence 8 месяцев назад +1

    Urafashe,abiwabo wumugabo,urirukanye.iyowumvira impanuro,za maman wawe,wokubatse,neza.abakazana nkabo,bisubireko

  • @janvierciza1796
    @janvierciza1796 8 месяцев назад +2

    Love from janvier le comédien

  • @BaduHali
    @BaduHali 8 месяцев назад +2

    Gusa mwakinye nabi kuberik ayomahereni kuzuru yanabukwe namadira .ahowarikwambara nabi

  • @BigirimanaErck
    @BigirimanaErck 6 месяцев назад +2

    Nigisho zikwiye kubagabo bumvira abagire bagibagira ababibarutse❤

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666  9 месяцев назад +8

    Turabakunda cane mwebwe bakunzi bacu

  • @asmankeza2730
    @asmankeza2730 9 месяцев назад +2

    Mbeg umumam utangimpanuro nziza.ndaryohew Can niyi film❤❤❤❤

  • @EgideHakizimana-x5j
    @EgideHakizimana-x5j 8 месяцев назад +4

    Mama jaja uko nyene uko siko wakina wahindutse kl❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 ndakwanse

  • @MukakimonyoHassine
    @MukakimonyoHassine 9 месяцев назад +2

    Abarundi turabakunda cyanee Allah ajye abaha umugisha

  • @NgendakumanaAlexandre
    @NgendakumanaAlexandre 3 месяца назад +2

    Pamela ndakwase cane!

  • @AffectionateCells-wz5fn
    @AffectionateCells-wz5fn 7 месяцев назад +2

    Kararyonshyeweeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😅

  • @IsaacKwizerimana
    @IsaacKwizerimana 2 месяца назад +2

    Courage Sammy ukina nez

  • @EgideHakizimana-x5j
    @EgideHakizimana-x5j 8 месяцев назад +2

    Love from gogo courage imbere ni heza kl❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @LeslieIrakoze-ht7qh
    @LeslieIrakoze-ht7qh 9 месяцев назад +2

    Mbega umu maman ahanura neza🤗🤗🤗 abakazan nkabo imana izabakubit inkoni ikinyom wpiii nticubaka kanyana reka kumuhendahend😂😂😂 ubundi nkamw ntah twobakur mukin nez✌️✌️mbandny mbashigkira

  • @EnockNuhdk
    @EnockNuhdk 2 месяца назад +2

    ❤ courage

  • @IshimweCynthia-eb3ox
    @IshimweCynthia-eb3ox 3 месяца назад +2

    Mbega umukazan

  • @Alaeny-fp1gk
    @Alaeny-fp1gk 3 месяца назад +2

    Kanyana wakinye neza cn ndagukunda cn my kipenzi cangu

  • @claudinetuyikorere3525
    @claudinetuyikorere3525 9 месяцев назад +2

    Umuvyeyi mwiza disii kanyana umviriza Impanuro za Maman

  • @smbest5881
    @smbest5881 9 месяцев назад +5

    Waooo welcome team gogo turabakunda❤❤

  • @UwizeyMaria
    @UwizeyMaria 7 месяцев назад +2

    Uyumukobwa ntakwiriye umugabo pe kuko Uburyo afata nyirabukwe birababaje😢

  • @alriyami9446
    @alriyami9446 9 месяцев назад +2

    Iyi film kumengo izondiza 😢😢😢😏rek tubandanye mutunyarykirize ikindi gice ❤️❤️🙋‍♀️

  • @febronienyabenda7148
    @febronienyabenda7148 9 месяцев назад +2

    Mama wo.kugatumba afise imishatsi nigitenge cumushono

  • @FridaussiNarinkabandi
    @FridaussiNarinkabandi 8 месяцев назад +2

    Nukuri birababaje 😭😭😭😭😭

  • @CizaLanguida
    @CizaLanguida 9 месяцев назад +3

    Kanyana warasaze uramwihoye Inarunyonga arakunda gufata nabi abakazana nawe nayabone

  • @solangengabirano4595
    @solangengabirano4595 9 месяцев назад +2

    Sha murakina neza arik nuko mukina ntimuziheze bica bidushisha reo muze murategura izihera kugira dushishikare kunezegwa 🥰

  • @Signoline438
    @Signoline438 Месяц назад

    Très bien vrt knd COURAGE

  • @alicenibigira
    @alicenibigira 8 месяцев назад +1

    Sammy iyomeny s,ijambo ndaz kuzicuza😳🔥❤️

  • @alriyami9446
    @alriyami9446 9 месяцев назад +3

    Kanyana wee uzicuza caane nyokobukwe nuwokubaha knd gukunda 👌🏻😢😢

  • @ClaudeNzeyimana-n3b
    @ClaudeNzeyimana-n3b 9 месяцев назад +2

    Yooooooo mana we kanyana nukur ay majambo yose abeshey inabukwe haaaaa ek ni umukazana gito nyen

  • @JAJAKANYANAOFICIEL
    @JAJAKANYANAOFICIEL 9 месяцев назад +4

    Love from jaja kanyana fashion

  • @sarandayisenga6686
    @sarandayisenga6686 9 месяцев назад +2

    Waooo karibu kandi team sammy 💪💪💪💪💪💪💪

  • @eliazardnsengiyumva3969
    @eliazardnsengiyumva3969 9 месяцев назад +2

    Courage kwl arik kanyan aj akaz San tu

  • @NZAMBIMANAALINE
    @NZAMBIMANAALINE 9 месяцев назад +2

    Ndabakunda mukina ibintu vyigisha

  • @Bechou-Ira
    @Bechou-Ira 9 месяцев назад +4

    Wa mu Mere mwamugarukanye❤❤❤ndamukkkkkkundaa caaaane❤❤❤❤

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 9 месяцев назад +2

    Kanyana nkubwire ikintu ivyo uzovyicuza na Bado ubwobubeshi bwawe 😂😂😂😂😂ivyuvwiy urya sivyubwira uwundi gusa courage mubirimwo neza

  • @RichardNdagijimana-m9k
    @RichardNdagijimana-m9k 8 месяцев назад +2

    22:20

  • @nana-gn1kz
    @nana-gn1kz 9 месяцев назад +2

    Mamaaa jaja ukw nyen 🤔🤔😂😂😂

  • @RameckNiyonsenga
    @RameckNiyonsenga 2 месяца назад +2

    courage

  • @RaissaNEZERWA-ok4ft
    @RaissaNEZERWA-ok4ft 8 месяцев назад +1

    Courage imbere n heza caaane goho

  • @MuhetoCelestin
    @MuhetoCelestin 5 месяцев назад +2

    Love

  • @ManasseNsengiyumva-jf4wb
    @ManasseNsengiyumva-jf4wb 4 месяца назад +1

    Gogo ndagukunda kuri film muriko mutugezaho

  • @KaburaEliphaz-pm1zb
    @KaburaEliphaz-pm1zb 9 месяцев назад +2

    Kanyana nkwanse filme igitanguy

  • @DivineBukeyeneza-h7p
    @DivineBukeyeneza-h7p 9 месяцев назад +2

    Gogo yavunye ibikogwa nivyishi caurage mazeux

  • @AnitaMukabutare
    @AnitaMukabutare 8 месяцев назад +2

    Mbega umukazanaaaa😂

  • @AlineKamikazi-y6i
    @AlineKamikazi-y6i 9 месяцев назад +2

    Niryambere mbony Inarunyonga akina arira😂😂 nahora mbon akina akorikibi ariza abandi🤣🤣😅😅

  • @Dieudonnendayisenga-cr2nv
    @Dieudonnendayisenga-cr2nv 8 месяцев назад +2

    Courage

  • @SandrineIgiraneza-v7q
    @SandrineIgiraneza-v7q 9 месяцев назад +2

    Mbeg ibaraaaa🤔ivy vyamah kwihakan umuvyey brew numugor bagor muz twikebuk iz nygish zraturaba😶😶😯😯

  • @ndayihimbazefredinand
    @ndayihimbazefredinand 7 месяцев назад +2

    Maman nimama

  • @FannyF-f5t
    @FannyF-f5t 8 месяцев назад

    Kanyana ndagukunda cyane Uzi gukina film nitwa Fanny

  • @UmuKurusumu
    @UmuKurusumu 9 месяцев назад +4

    Gogo ndagukunda canne 🥰🥰🥰

  • @TraverNiyokubah
    @TraverNiyokubah 8 месяцев назад +1

    Kanyana nciyenumva ndamwase ukuntu abesheye umuvyeyi wasammy

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 9 месяцев назад +2

    Mamamama kanyana😢😢😢😢 iyi Flm iranyishee😂😂😂😂😂 gusa iteye ikigonrwe😢😢❤❤🎉🎉

  • @ElianeNiyakire-p4d
    @ElianeNiyakire-p4d 8 месяцев назад +2

    Courage beza banje

  • @OdetteNduwayezu-m5k
    @OdetteNduwayezu-m5k 9 месяцев назад +3

    ❤❤❤ nkabandahageze ariko nacerewe

  • @NsimireDafrose10-ip1zv
    @NsimireDafrose10-ip1zv 9 месяцев назад +5

    Wawoo inarunyonga bamuhaye sene atarigera kina amenyerey gutukana

  • @lydi791
    @lydi791 8 месяцев назад +1

    😂😂😂 kandi kanyana abishizemo ubu serie kandi afise amakosa😂😂

  • @rosinekwizera2647
    @rosinekwizera2647 9 месяцев назад +2

    Abagore namashetani we yoooo

  • @shemezimanacyriaque5735
    @shemezimanacyriaque5735 9 месяцев назад +2

    Courage mubikora neza cnee

  • @ClaudeNzeyimana-n3b
    @ClaudeNzeyimana-n3b 9 месяцев назад +2

    Niryamber mbony yakobo akinany ub serieux ahubw nar nibaz k asanzwe arway mumutwe

  • @DivineKEZAKIMANA-ix6mg
    @DivineKEZAKIMANA-ix6mg 9 месяцев назад +11

    Abaza inyuma yanje, mundemere like nyinshi, dutwike hashake hahire rimwe 🎉❤

  • @Razak257
    @Razak257 9 месяцев назад +5

    Kibiriti unomunsi yakinye ari series 😂😂

  • @bukurumedia257
    @bukurumedia257 9 месяцев назад +3

    Love from bukuru media tv❤❤❤🎉🎉

  • @NibitangSolune
    @NibitangSolune 8 месяцев назад +2

    Iyo umuntu aryana umushiha ntavyibuha naho yorya vyiza kuruta

  • @FofoFo-qt1qj
    @FofoFo-qt1qj 9 месяцев назад +1

    Kanyana nagukunda ariko muriyi film unj undasanzwe

  • @افناناحمد-ض7ص
    @افناناحمد-ض7ص 9 месяцев назад +1

    Jaja nahari Film ayo majambo kuri mabukwe ararenze urugero.😭😭🙆‍♂️🙆‍♂️

  • @NihimbazweChanceline
    @NihimbazweChanceline 9 месяцев назад +4

    mwubahwe bant banj ndabakund❤❤❤

  • @ConcilieIrankunda
    @ConcilieIrankunda 9 месяцев назад +1

    Maana filme wee hagiy gushaa' samy biramucanze arabuze uko abifat hagati yamam wiw n'umugore

    • @gogoloveofficial5666
      @gogoloveofficial5666  9 месяцев назад +2

      Sammy nugusenga ubundibwo ntibizoroha.mrci kuba mudahengeshanya kutuba hafi

    • @ConcilieIrankunda
      @ConcilieIrankunda 9 месяцев назад

      Turabakunda Can kuk muduha inyigisho zidufash mubuzim bwamisi yose .mubandany muterimbere mubikorw vyanyu

  • @KaburaEliphaz-pm1zb
    @KaburaEliphaz-pm1zb 9 месяцев назад +2

    Mama kanyana urasirimutse pe

  • @Nkurunzizagabriel123
    @Nkurunzizagabriel123 8 месяцев назад

    Samy najaja ndabakund cn knd couraje❤❤

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 9 месяцев назад +2

    Abagore nka kanyana wosanga barihoo😢😢😮😮😮😮😅😅

  • @mrdossiofficial
    @mrdossiofficial 9 месяцев назад +2

    Love from mr dossi official 🇧🇮
    Courage bantu

  • @نادينمدري
    @نادينمدري 9 месяцев назад +1

    Abakazan nkaba kwl iman izabahan jew uko mabukwe uko azobangana kose nzamwitaho p❤

  • @MucoLight-v9g
    @MucoLight-v9g 9 месяцев назад +1

    Ndabafana sana❤❤❤❤❤❤ imbere niheza

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 9 месяцев назад +2

    Umukazana gito karibu twar tukurindiriye

  • @EuphraimNIYOYANKUNZE
    @EuphraimNIYOYANKUNZE 8 месяцев назад +2

    Biratangaje

  • @akimanatitiane7257
    @akimanatitiane7257 9 месяцев назад +1

    Kanyan rekamafyefya ngaho vrt 😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 9 месяцев назад +1

    Yooo kanyana wanj nukur,Ivy wahora bintu vy gufata nab abiwab n'umugbo uzobibazw niy mw'ijuru 😮😮😮Nyokobukw ni mmn sha umuntu yakuvyariy umugbo nuw kwubah pe😂😂😂courage rero imbere ni bon

  • @reginaodeta473
    @reginaodeta473 9 месяцев назад +1

    Mbega umubyeyi mwiza ahanura umukobwawe, Ariko umukobwa nikinani