Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Bureka gurtyoza abo mutangana, Chris ntaho muzigera mungana, eger'Imana wihane kuko agakiza kari kure yawe. Imana igutabare
Iman iyo ikijije umurwari ibayana mubabariye ibyaha ntiyamukiza itamubabariye kandi lman sumuntu wica lmanza kuberako haruza ashaka kwa kira igitangazake agaheraho akizwa
Yesu nawe ntiyigeze aza gukiza ngo abanze amubwire ngo niyihane yaragukizaga ukihana munyuma aho urihenze rwose
Ati ngo yesu naje hariya sha oyaha
Asamira hiyo wamwana we !
Abarundi vyukur ntarukundo dufise ibimenyesha makuru vyinshi bagwanya benewabo nkawewe Iyaba arumuzungu yabikoze wari kwiterera hejuru ushima
wew ukwiriye ngutegwa umabuye kuko ntururumurundi yuzuye kwl
Jw abant bunomusi baratwenza ese mwama mushira imbere ng harako bakoresha ese satani Arusha imbaraga Iman yesu akubabarir uvuga ivyutazi yesu afis imbaraga zirihejur yizind mbaraga
Uri igipupe pe
Pole.sana
MWANA RINDIRA UKURENDUMVA UFISE IVYIYUMVIROVYUBWANA NOGUTAHURANKUKUMWANA UGIKAMBAKAMBA NTAMUNTU WOGUHAMAGAZA ABANTU NKABA KUMITIBIBAYE BIBAHO UWARIWE WESE YOYIRONDERA IYOMITI IMANA NIGITANGAZAKOMEZA MUTANGARE
Comment tout
Ko utavyemera kwakorer imana warikuvyera aruko have abantu cumi muga abantu nkamwe turabamenyereye kubunva nayesu ntibamwera bavuga ko arumuvugishwa wibinyoma nawe retro uzogerageze ukore nkivyo akora udakorera imana ukorera satani hama utwereke kwivyo akora atarivyo ahasigaye ureke utwo tujambojambo
Hora
Ulibe nzero iwe harahubona numuntu yagushigikiye numwe nkamwe muvumwe kuvuguruza ibitangaza vyimana niwe winjiriwe nashetani uragashana nashetani
Twihojeje ko atazi nivyo avuga nakosore ako gafaransa kiwe arik aravuga!!!arik imbabazi nyish zimubeko
Uri ikirofa
Nabii haishimiki kwao baba
Vraiment que Dieu te pardonne le jugement appartient à Dieu.
Muzosha
Ivyimana ntushobora kubitahura udafise le saint esprit
yoooooo
👅👅👅👅👅👅👅👅👅👅👅👅😛😛😛😛😛😛😛😛😜😜😜😜😜😜😜😜😜
Mutegerezw kurengerw
Wewe,uriki,uvugivyo?kubayakizingwara mumutima,warakoze,ubabajwenuko bizeye?urumunyeshari,Toka!
Wwe ivyuga ntavyuzi kanguka irimundimi zizwi kwisi kandi ntanahamwe idashika
Habuzemw ww
Nayesu harih abavug yuk atabah Arik yarigiriy mwijuru
Honyen mutunzwe na commentaire yiwe ahoguhinduk
Uri ikigugu mumutima gukor uzik satani afis ububadha husunvy yesu😂😂 imana irahari rindira
Kubera iki abantu benshi babonye ibitangaza bagomba kuvyitirira Satani gusa? N'ukuvuga ko bemera Satani kurusha IMANA.Ariko ntibitangaje kuko n'igihe intumwa za Yesu zabona Yesu ariko agenda kumazi bibajije ko ari igisigo nk'uko umengo ibisigo ni vyo vyonyene bishobora gukora ibitangaza.N'ubu rero abantu benshi bameze uko.
None nkawewe nonekumuzi tukufasiki
Bro wewe nivyakuyobera uzobireke nduva nawe uruwuponda kumugereranya na yesu nuko arikarakora ivyo yesu yakoze
None nawe urakora akokantu uvuga uvume imana itabiguhaye wobikurahe mbega hoho ninde abahenda ngo shetani ngwaratanga kuvuma
None mwenedata eregantavyoWotahura kubera ijuru rizojaMwo abizera gusa abahakanyiNkawe ntibarimwo kiretse wihNye nanje nukwo narindi arikoUkurikwara mbatuye Chris ntaMiti akoresha
Kugira bazobinyumvishe bizoca kure
@Julias257 hanokwisi inziraNizibira udakorerimana ubaukoreraSekibi ndakwifurije kwihanaMugenzi Yesu aracari kuntebeYimbabazi guhera unomusi wihane
Imana igufashe kugira ubitahure kuki mutemera ko Imana ikora ibitangaza
Non wew icagutey ikibazo nigik ngah?? Warashitsey ngubaz wumv UK bakubwir rek ishavu namb ukeney kuvum hig ibint vyiwaw ukor kugir bakumenyer kuvyiwaw🧏🧏
Bureka gurtyoza abo mutangana, Chris ntaho muzigera mungana, eger'Imana wihane kuko agakiza kari kure yawe. Imana igutabare
Iman iyo ikijije umurwari ibayana mubabariye ibyaha ntiyamukiza itamubabariye kandi lman sumuntu wica lmanza kuberako haruza ashaka kwa kira igitangazake agaheraho akizwa
Yesu nawe ntiyigeze aza gukiza ngo abanze amubwire ngo niyihane yaragukizaga ukihana munyuma aho urihenze rwose
Ati ngo yesu naje hariya sha oyaha
Asamira hiyo wamwana we !
Abarundi vyukur ntarukundo dufise ibimenyesha makuru vyinshi bagwanya benewabo nkawewe Iyaba arumuzungu yabikoze wari kwiterera hejuru ushima
wew ukwiriye ngutegwa umabuye kuko ntururumurundi yuzuye kwl
Jw abant bunomusi baratwenza ese mwama mushira imbere ng harako bakoresha ese satani Arusha imbaraga Iman yesu akubabarir uvuga ivyutazi yesu afis imbaraga zirihejur yizind mbaraga
Uri igipupe pe
Pole.sana
MWANA RINDIRA UKURE
NDUMVA UFISE IVYIYUMVIRO
VYUBWANA NOGUTAHURA
NKUKUMWANA UGIKAMBA
KAMBA NTAMUNTU WOGUHAMA
GAZA ABANTU NKABA KUMITI
BIBAYE BIBAHO UWARIWE WESE
YOYIRONDERA IYOMITI
IMANA NIGITANGAZA
KOMEZA MUTANGARE
Comment tout
Ko utavyemera kwakorer imana warikuvyera aruko have abantu cumi muga abantu nkamwe turabamenyereye kubunva nayesu ntibamwera bavuga ko arumuvugishwa wibinyoma nawe retro uzogerageze ukore nkivyo akora udakorera imana ukorera satani hama utwereke kwivyo akora atarivyo ahasigaye ureke utwo tujambojambo
Hora
Ulibe nzero iwe harahubona numuntu yagushigikiye numwe nkamwe muvumwe kuvuguruza ibitangaza vyimana niwe winjiriwe nashetani uragashana nashetani
Twihojeje ko atazi nivyo avuga nakosore ako gafaransa kiwe arik aravuga!!!arik imbabazi nyish zimubeko
Uri ikirofa
Nabii haishimiki kwao baba
Vraiment que Dieu te pardonne le jugement appartient à Dieu.
Muzosha
Ivyimana ntushobora kubitahura udafise le saint esprit
yoooooo
👅👅👅👅👅👅👅👅👅👅👅👅😛😛😛😛😛😛😛😛😜😜😜😜😜😜😜😜😜
Mutegerezw kurengerw
Wewe,uriki,uvugivyo?kubayakizingwara mumutima,warakoze,ubabajwenuko bizeye?urumunyeshari,Toka!
Wwe ivyuga ntavyuzi kanguka irimundimi zizwi kwisi kandi ntanahamwe idashika
Habuzemw ww
Nayesu harih abavug yuk atabah Arik yarigiriy mwijuru
Honyen mutunzwe na commentaire yiwe ahoguhinduk
Uri ikigugu mumutima gukor uzik satani afis ububadha husunvy yesu😂😂 imana irahari rindira
Kubera iki abantu benshi babonye ibitangaza bagomba kuvyitirira Satani gusa? N'ukuvuga ko bemera Satani kurusha IMANA.
Ariko ntibitangaje kuko n'igihe intumwa za Yesu zabona Yesu ariko agenda kumazi bibajije ko ari igisigo nk'uko umengo ibisigo ni vyo vyonyene bishobora gukora ibitangaza.
N'ubu rero abantu benshi bameze uko.
None nkawewe nonekumuzi tukufasiki
Bro wewe nivyakuyobera uzobireke nduva nawe uruwuponda kumugereranya na yesu nuko arikarakora ivyo yesu yakoze
None nawe urakora akokantu uvuga uvume imana itabiguhaye wobikurahe mbega hoho ninde abahenda ngo shetani ngwaratanga kuvuma
None mwenedata eregantavyo
Wotahura kubera ijuru rizoja
Mwo abizera gusa abahakanyi
Nkawe ntibarimwo kiretse wih
Nye nanje nukwo narindi ariko
Ukurikwara mbatuye Chris nta
Miti akoresha
Kugira bazobinyumvishe bizoca kure
@Julias257 hanokwisi inzira
Nizibira udakorerimana ubaukorera
Sekibi ndakwifurije kwihana
Mugenzi Yesu aracari kuntebe
Yimbabazi guhera unomusi wihane