Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana igufashe cyane ❤❤❤❤ ndi murwanda
Urakoze
Imana ni nziza
Courage Imana wahisemwo ntibesha
Intahe yaw iramfashij , urakoze Can 🙏 Imana iguhunde imigisha uhezagirwe , yongere ibane naw ibihe vyose
Merciiii Pasteur Lopez Uwiteka ashishikare kukwongera amavuta masha ❤ intah yanyu Iranyubatse
Imana igukomeze mwizina rya Yesu 🎉Narakunze ukungene udashir imbere amafaranga Yesu abishimigwe🤲
Ndagukunda ukuntu wigisha hari inyugisho wigishije ihindura ubuzima bwanje Imana ishishikare kugukoresha✨✍️
Amennn
Imana ikimeze ikwagure muri vyose indirimbo zawe ziranyubaka
Uraririmba Tukanezerwa IMANA Igukomeze!
Courage Lopez. Que le bon Dieu te protège
Imana igukomeeeeze🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️
❤
Birantangaje cane kuko ukiri muto gusa narinziko Pasteur ari izina bisanzwe menye neza ko kuba muri Yesu ntagusaza Yesu agukomereze amaboko
imana uguhezagire cane
Imana ihezagire umukozi wayoo
Intahe ninziza cane 12:07
ndagukunda Lopez
Indirimbo zaw zuzuye amashimwe vyo Yesu yadukoreye
Indirimbo zawe zirimwo ubushobozi komera
Très beau témoignage qui nous aide à connaitre le chantre de l’Eternel- Un bel esprit d’Intelligence et de Sagesse. Que Dieu vous Bénisse, vous et votre famille. 👏🏾🙏🏾
😊😊
Mwagize mariage 2019.mumanze 5 ans apana 6 ans wihenze
Ni 6 ans nyene
muvyo mwashobojwe kumva, mwumvisemwo :"kwihenda" vyonyene!!! IMANA RUDASUMBWA Idushoboze kumva no kuzirikana ibitugirira umumaro twebwe ubwacu no kubatwumva! Ijambo ry'IMANA rivugako :"ntakintu nakimwe ushoboye kugira ugwanye Ukuri uretse ukugushigikire" Imana ikomeze kutugirira neza!Mwarahezagiwe!