Ishule ry'Imana by NDIHOKUBWAYO Basile (Official Video)
HTML-код
- Опубликовано: 6 фев 2025
- Akajambo IMANA IRISHURA kari muri iyi ndirimbo abenshi bakavuzeko vyinshi rero bitumye ndabazanira originale y'iyo ndirimbo kandi n'izindi ziri inyuma. Muhezagirwe
Imana ishimwe nahora ndayisaba ngo impano yawe ije kumugaragaro none yarabikoze kabisa
Imana Igushigikire cane Iyindirimbo Iranyukabisa IMANA Irishura nahovyobabikomeye n anje narabibonye
UBUTUMWA BWIZA BWA YESU KRISTO MUVUZE BURANYUBATSE, IMANA IRASUBIZA,
Yesu nabakomeze ndafashijwe ndabakunda ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤⚘🌹🥀🌺💐🌷🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
nukur ntimubeshe ishure ryoose riraryana. Murakoz kundirimbo nziza🎉🎉🎉🎉
Imana igukorere ico wayisavye
Hezagirwa cane yesaguhumugisha
Basile wubahwe kandi Imana ikubahishe warahishuriwe
Komerezaho yesu agukomeze.
Ndatangaye ukuntu twahuriy kuri titre wandike denis rwantambara urabe haaa
Imana iguhe umugisha
Iryoshure ndaririmwo 🎉🎉🎉🎉
Nukuri vyose bibaho
Muhezagirwe ishure ry'imana mmmmm ni hatari
Courage basile
Amen yes agukomez
Aho sha bazile
Nawe Iguhezagire
Nihishurirwa rikomeye ryaduhay ivyizigiro kwl
Ishure ry'Imana ni hatali
Amen amen amen 💃💃💃💃🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🙏🙏🙏🙏
Very good!
We love you from Rwanda!
Terujimbere mutama
Amen👍🙏🏿👍🙏🏿
Nikweli ubalikiwemuimbaji
Uracari uwambere nivyo riryo riheze
Ndagukunda ku ndirimbo zawe❤❤❤❤❤❤
Amen amen
Amen
Turubakwa namajambo ari mundirimbo zawe
Ndahezagirwa nizondirimbo
@@chanelleniyonkuru5576 Imana iguhezagire cane muntu w,Imana oui ndirimbo ni yiwanje.
Amen
Amen are you doing 🙏🙏 basile
Aaamen
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏💗
Novyo
Jw nije ndabizi
Amen amen
Amen
Amen
Amen