Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Shangazi tuzokwibuka cane kweri imana ikubabarire muvyo wakosheje vyose 😮😊
Abanyagitega tumenyane new York city slyracuse ❤
Nihtr nukur nindee yubahwee 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏✌️✌️✌️✌️✌️✌️😘😘😘😘😘😘😘😘
Ndabakunda cneee mwbw mukina Ninde mwese😍😘💞💃
I'm watching from south Africa we get you one by one💞💞
2023 tumenyan mumpe like 🤣🤣🤣🤣
Ukayironk nanj ucuyimpa shaa kwel
Ndabakundamwese kubera muhanura
Waryoshyaga Ninde,kuyikurikirana utagihari bizangora Kweli!!!!!
Ngaho uyo MUGABO yarikumuhishirira ibanga Kuko yari Maman Wiwe ariko agahita amuha IMPANURO burya umuvyeyi nikindi kintu
Oyaaaaa ikinyoma gikunitigwa ahashashe yagomba kumusamburira abesha ngo umukazana niwe gisuma. Ahubwo ni vyiza iyo mugabo amenye aho ingorane ziri naho ubundi yohavuye yirukana umugore wiwe kandi n,uwundi yazana vyomera uko nyene
ninziza cyaneeeee aeiko ibitutsi byabaye byinshi.
Sophie Niyitegeka
+Stella Batamuriza navuze ibitutsi byo gutukana niba wowe wabyumvise uko ubgonko bgawe butekereza ibyo birakureba.
Abakinyi nemera Sana muraduha inyigisho kwer😂😂
ninde disiii,mwubahwe
Woooow ninde ndayikunda irimwo impanuro ❤️❤️❤️❤️
❤❤Mubandany nez
Bikiramaria maw ndabakund can 🙏🙏🥰🥰
Intah
Abavyeyi Bose nibamwe nukuri?bitumye nikumburira muvyeyi wanj 😂😢😂😂😂
Ni Sawa mwebwe mukina ni nde😅😅 muraturyohera mukina ibitwigisha mu buzima😂😂
Zemuraduha nkizinyene kuri trevision yuburundi RTNB
Yooo ngiyarisemy
Mahorone ndabaramukije nindemwese aha ndimurwanda nindi ndayikunda irajyoherskeeri
Courage murashoboye
😢😢😢R. I. P mukecuru wacu nzokumbura ninde😢😢
.
Abobakecuru barazi gutukana umenga baragiy inka
Narababaye Bikira Maria mawe numvise atagikina kumvo zamagara!!!
Mubikora neza bakinyi baninde❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Woooow ninde ndayikunda irimwo impanuro.
Ndayishimiye Alvera etFlilmpo rno
Maar
❤❤❤❤❤❤❤ugiye cha tungukuda 😂😂😂😂😂
👍👍👍👍👍👍👍
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣adrienne ndagukunda nkarenza
Ngotobokaa
Ngo ndakuniga urakarushwa!!😂😂
Imana ikwakire mubwami bwayo
Mwarabiryoshej
Murakoze diffuser😘🥰
Zaguzumuhungu wanj😂😂😂😂❤
Nibamurek yaraje kunywa amazi😂😂😂😂
2024 niho muri😅😅😅😅
Murakoze cnee mwubahwe bavyeyi
Ikiganiro Ninde duu nicambere ahiwacu nabayikina nimubahwe😂
Ndabakunda cane❤❤❤
Akiwacu.Ndabakurikirniye Ndimumahnga.Munyibukije Iwacu!
Muzoduhe igice 2 imanga yubuka muceru.ndayikunda cane.murakoze..
Irashushe
Mukazana na mabukwe😂😂
Ndabakunda❤❤
Ntanahamwe wosanga filme nkiyi Atari muburundi abataco bashoboyenabo ngohuzuye mwibitutsi izoninyigisho nuko atavyo muzi
Waoooh nimujisho
Imana ibankoreze mana
Mwabiryoheje caaaane❤❤❤❤🎉
Emwe Adrienne numukazana😂😂😂😂
Mbega mbega
Duu narinkumbuy ninde
Imana ibaje imbere muvyanyu
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Dasaah mnaweza xana nyie
Waooo mbeg mbeg vyiz ninziz pee
Wow
Ninde
Iyi ninde ikintu caryoheye sana😁😁ni bitusti vyubwoko bwose batukananye
Nibirambir bakina neza
Whtppp 68336430
Ndawakunda mwesse mukina ninde nitwa irakonza murnyibuca muhira nditanzania ndawakunda mess
@@habpast4853 murakonze can
Ngepuu kandi ariw yivye mukaz raba mukwahaa hari pilimus 😂😂😂
Ndi umunyagwanda asha murantwengeje imbavu zirumye
😂😂😂😂😃😃😃😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ariko nyoku nibiki burya uraca gwana😂😂😂😂😂😂😂😂😂
umuzinusuu😃😃
Nambie
Ndabakund can
Uri numushishwa?uragacanwa imbavu !nawuraganwa agahanga!ndakuniga urakarushwa!uragahunguhumye,nawuragahunguruka amenyo!😅
Turabakunda cane❤❤❤🎉🎉🎉
🤣🤣🤣🤣🤣imisi yose nama ndayiraba nkaho ari nshasha.Murazi gukina kweri.Umengo nivyo neza😁😁😁😁
None imanga yubuka mucerj niki
Nipo mwanza Tanzania napenda maigizo yenu
Turakunda cane izo kikaniro
nagatabi.mukecuru.aratumura🤣🤣🤣🤣🤣🤣
tumushishwa
13:23 uragahunga uhumye 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Shn ababakinyi ndabakunda
Nobah'inkonibose rugac'iyoruciye😊
Tuzogukumbura mivyeyi
HHHHHHHHHHHHHah abiwacu ndabikundira sana
Ababakecuru nanjye ndabikundira
Nayikunze
Ndabakunda caaaaaa bizuuuu 13:51
😢😢😢😢😢ndayikunda
Adrienne ndagukunda.Imana ikurinde ukobiri kose
Nabigizibanga pe
byiza cyane
Munkumbuza.muhira.kwanyokuru.😍😍😍😍😍😍😍.
Amavunikeeeee.😅😅
Murakoze
NdabAkunda zamungezaho ninde
🎉🎉😅😅😅😅😅😂😂❤❤❤❤
Nimejifuza mengi
Twarazirebye cyera disi zari nziza
😂❤️❤️
Ntituzokwibagira nukuri
Iyininde iramara kweli
Murakwiye agashimwe kigihugu
aratukana
Usanze bariko bara gwana woruca gute ?
🙏🙏🙏
Abakecuru barakaze pe
❤❤❤
😃😃😃😃😃😃😃😃
Evrine ingo imbox 68336430
Muraduha igice cakabiri
nukuri guma muaigako dushasha kandi musigeko na murikirukuri musigeko intamenwa nibindi vyishi nakimwe gica kuri nderagakura
😅😅😅
Ndi mumahanga muranyibukije iwacu imakamba

Sophie Niyit
egeka
+Stella Batamuriza navuze ibitutsi byo gutukana niba wowe wabyumvise uko ubgonko bgawe butekereza ibyo birakureba.
Abakinyi nemera Sana muraduha inyigisho kwer😂😂
ninde disiii,mwubahwe
Woooow ninde ndayikunda irimwo impanuro ❤️❤️❤️❤️
❤❤
Mubandany nez
Bikiramaria maw ndabakund can 🙏🙏🥰🥰
Intah
Abavyeyi Bose nibamwe nukuri?bitumye nikumburira muvyeyi wanj 😂😢😂😂😂
Ni Sawa mwebwe mukina ni nde😅😅 muraturyohera mukina ibitwigisha mu buzima😂😂
Zemuraduha nkizinyene kuri trevision yuburundi RTNB
Yooo ngiyarisemy
Mahorone ndabaramukije nindemwese aha ndimurwanda nindi ndayikunda irajyoherskeeri
Courage murashoboye
😢😢😢R. I. P mukecuru wacu nzokumbura ninde😢😢
.
Abobakecuru barazi gutukana umenga baragiy inka
Narababaye Bikira Maria mawe numvise atagikina kumvo zamagara!!!
Mubikora neza bakinyi baninde❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Woooow ninde ndayikunda irimwo impanuro.
Ndayishimiye Alvera et
Flilmpo rno