Menya ubuzima bwa BAHAGA Prosper umuririmvyi wakera yanditse amateka
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- #Bahaga ubwambere yayagiye ubuzima bwiwe abari bitabiriye ihuriro ry’abanditsi n’avanenyeshamakuru mukuyaga ibijanye na Festival ikomeye igiye kubera mugihugu c’Uburundi ariyo
#Burundi_Bwacu #Festival
Kurikirana uko vyari bimeze uciye kw’ino link
• Olegue,Kigingi,Esther ...
Waouh.....it's my first time to see this great legend.....
I'm so happy to see him.
Warakoze ibikora inka mutama.
Indirimbo zawe ni izagaciro gakomeye
Vieux Bahaga!
Back to the Roots ✊🏾🇧🇮
Urandik Igitabo hewe!beautiful story
Bahaga turabakunda gusa mwari kuducishirizako akaririmbo nakamwe entretemps .
Nikideve ni Oncle wanje Imana imwakire mubwami bwayo
Ongera uduhe uturirimbo wongere uturyohere turakunyotewe cane😍😍😍😍
Big up mutama uraraba ufashe urwaruka kugarukira akaranga numuziki murundi kuko umuziki murundi ugenda utakanovera wahoranye kubera kudakunda ivyiwacu nokwigana ivyabandi,bugatuma dutakaza umwimerere nakaranga kumuziki murundi.
I would love to chill with this guy he's a good storyteller
Bon retour au monde de l'art. BAHAGA. Biraboneka que tu as de la lumière sur le pourquoi tu as été créé. Courage
Imana yaraguhaye ubuzimabgiza nukuri umenga urumusore Imana ikuzigame mutama ♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇴🇲
Nubu numusore hew., erg afis 58ans
Oooooooyes! I love so much Mr Bahaga, be blessed in Jesus name
Ikiganiro cyiza. Muzagikomeze.
Nukuri twanezerewe kubona witavye ico giteramo njewe aho nari muto cane imana ikizigame nukuri turishimira kuku bona kandi ukiriho
Miles Davis
Avuga neza cane Ikirundi, Si co kimwe na bamwe bakubitira aho mu Rwanda, inyuma y'ukwezi bakaza batakizi kuvuga ururimi bonse. Urafata akanya wandike ako kahise Mutama
None ga Bernard ko abaza bivugisha indimi zabazungu mutabavuga ariko abavuze ijambo rimwel ryikinyagwanda mucamuvuza induru.Murareka ugwanko basha ntaco bimaze
Je l'aime beacoup,IL faut qu'il chantes encore.
LE LEADER MUSICAL WARAKOZE GUCIRINZIRA ABARIRIMVYI BOMURI AFRIKA
Bahaga ndamwibuka aza i Butare kera muri 89. Ndibuka aturirimbira Emma ya Touré & Kunde
Hemwe mama kavori vori nari namuyobewe 😁😁😁😁 ewe estha warabaye igitibuka umugani wa cycy 😁😁
Nimumubwe Sat b nabandi bisiga mukorogo babireke urabona uko Bahaga asa kubera mukora
Sat B arisiga?! 😆😆😆
@@burundishallsmile1day109 ko wigira nkuwutabibona
Ahubwo nimu muhanure abireke
@@jimmysabu4382 ko nigira nk'uwutabibona😆😆😆
Yoba waruzi ko ata 5mois ziheze ndamumenye.numvise Indirimbo yitwa "Iwacu" mbaza umuntu nti uyo aririmba ninde? bati ni umu petit w'umurundi yitwa SatB.
nca nja Kugira Download yiyo chanson. C est tous c q je sais de lui !
Urumva ko ntazi vyinshi kur we kandi ndakuze imizik numva ifise mssge canke sense 😊
@@burundishallsmile1day109 ntangorane muta komera nitubashigikire ariko amafuti yabo tuyavuge
@@jimmysabu4382 😉
Le grand artiste du pays
Ndahimbawe Cane no kukubona. Indirimbo zanyu ziracatwubaka n'ubu.
Turakumbuye ijwi ryawe.
Umuririmvyi akomey
مرحبا يا حبيبي
tubwire indirimbo imuhiriwacu iyonakuriye habayumwana yarintore wayanditse ryari wayisohoyeryari kugira umuntu yandike indirimbo izamara igihekirekireke vyogendagute
1988
yooooo Foro wacu baramwishe. Petit frère wiwe yitwa DEO arihehe nawe? baba Nyakabiga 1er 6eme Av. jewe naba 10eme av , natwe twaragaciyemwo i Gitega
Aho iwacu aho nakuriye,none mushingantahe Bahaga ko udaheruka kuduha indirimbo nshansha?
Innocent alias Cento yaguciriyemwo washaka kuba uratuyagira🙈
Sinzi nib nakwita mutama canke mushingantahe,mugabo wirinde covit hanyuma natwe mu rwanda uzogaruke kuducurarangira nubwo nubwo tumaze gukura tuzoza kukuraba...
Ķrb kandi mutama mugihugu cacu
Uyu ni Bahaga? Biratangaje cane ingene adasaza. Indirimbo ziwe ziranyica, ndazikunda cane.
Sprist du Deutsch ?
Je suis Rwandaise mais tu est mon chanteur préféré des années 80,bari barabeshye ngo ntukobaho.Imana ikomeze.
Ikurinde
Imana imukomeze.
Ja, Ich spreche deutsch.