SOHORA IBIGIRWAMANA VYOSE by Chris NDIKUMANA
HTML-код
- Опубликовано: 16 ноя 2024
- ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Amina cane
Imana vyukuri Idufashe gusohora mu mitima yacu ibitayihimbara vyose ,twame tuyishira imbere muri vyose
Yesu Yame Akuvomerera iminsi yose muvyeyi ,urakoze kwama witwararika guhaza intama Yakuragije mu mpande zine z isi
Amina
Amen
Amen amen imana idushobozee çane namwe mwarahezagiwe komeza guhezagigwa
Imana idushoboze mw'izina rya Yesu kristo umwami wacu n'umukiza wacu amen
Imana idushoboze Amen
Haleruyaa imana ishimwe ❤❤❤
Amen 🙌🙏 imana ishimwe cane
Hallelujah Amen Amen Amen Amen 🙏 🙌 👏
Uwiteka IMANA Yanje umfash unp imbaraga nsohore ibigigwamana vyoseee mu jewe
Amen Amen Hallelujah
Amennnn
Ameeena Ameeena 🙏🙏🙏
Ameeen 🙏 🙏 🙏
Alleluia!!!!!
Imana'Iguhezagire mukozi w'Imana
Nagira ngusaba imigisha ijanye n'ibigaragara hanze ku mu Christo .Ni gute umu Christo akwiye kwitwara muri société.hari inyambaro Ikwiye umukobwa yamenye Imana ,umugore akijijwe. Ndifuza caaane kumva inyigisho kuri ico kintu.
Mbega birakwiye umugore canke umukobwa yambara ipantalo?????
Tanga umucyo kandi birakwiye kuko turi murujijo.
Chris azagusubize nukuri, iKi kibazo cyibazwaho na benshii ariko nubwo bimeze ,ukukristo azibikwiriy nimba wowe ubona ko wambaye ipantalo wumva umutim ugushinja iyo pantalon uzayireke nujya mwiteraniro iyambike Imyambaro wikwize,abandi bantu aho isi igeze undi muntu kuruhande ntazagucyerereze kuko buri wese azabazwa ukwe !
Amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏👏👏
Glory to the Almighty
5
Amen♥️🙏🙏🙏🙏
Amen amen
AMEN AMEN
Amen
❤❤❤❤🙏🏻🙏🏻
Moses
Amen amen
Amen
Amen
Amen amen
Duhe imbaraga Mana yacu dusohore ibigirwamana bidutandukanya nawe ube uwa mbere mu mitima yacu ku buzima bwacu mu rubyaro rwacu mu ngo zacu mu miryango yacu mw'izina rya Yesu kristo umwami wacu n'umukiza wacu amen
Amen Amen
Amen
Amen amen
Amen
Amen amen
Amen
Amen Amen
Amen
Amen
Amen