FABLICE MANIRAKIZA NAWENYENE ARASHIGIKIYE GUTERERA INYUBAKWA YA DIASPORA NDUNDI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 окт 2024
  • Mu kiganiro Fablice Manirakiza yagiranye na Dicobu tv yarasiguye neza ibijanye no kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura yongera anamenyesha ko ashigikiye ibikorwa vyo kwubaka ingoro ya Diaspora.vyose ni muri kino kiganiro kiramvuye .

Комментарии • 22

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy День назад +4

    Fabirisi ndagukundacan imanikuzigairiburundi nabarundi👍🇧🇮🇿🇲

  • @NduwayezuMarc
    @NduwayezuMarc День назад +3

    Kari sana bwan Emery Nimbona

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or День назад +2

    ❤❤🎉🎉🎉

  • @jessicamuranga1611
    @jessicamuranga1611 День назад +1

    Ahubwo fablice Igihugu kimuhe protection akorigikogwa c' Imana kuko mbona harabarundi bamwe bakigomba kumwankisha abandi barundi

  • @burundinewsupdates
    @burundinewsupdates День назад +1

    Good

  • @eriagabriel7283
    @eriagabriel7283 22 часа назад

    Imana ibahezagire

  • @nahayodaniel3337
    @nahayodaniel3337 20 часов назад +1

    Numuturonse inumero yiwe ya watsap turayikeneye hama imana y'i burundi imuzigame imurinde akomeze kutuja imbere mumbona kazoza

  • @JustineNdayizeye
    @JustineNdayizeye 23 часа назад +1

    Fablice mwoshobora kuduha numéro yanyu ya fone please

  • @emelynecimpaye967
    @emelynecimpaye967 День назад +1

    Kubera Ubuntu bwa ndiho vyose birashoboka

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 21 час назад +1

    Fablice na Samuel ndabemera kandi ndabashigikiye🎩
    Ariko ga Yemwe ,murambariza Fablice na Samuel Igituma bakunda guha Imigambi Ikozwe n Abarundi ubwabo bayiha Amazina y Imvamahanga Kandi Ikirundi gifise Amazina Meza ybUbuhizi🤔

  • @JeanparfaitNtiranyibagira
    @JeanparfaitNtiranyibagira День назад +1

    Fablice wacu yubahwe cane ariko arakora ivyuburundi bwari bukeneye

  • @didacendikumugongo8947
    @didacendikumugongo8947 9 часов назад

    Komera bwana Emery

  • @gratiennduwayo1446
    @gratiennduwayo1446 День назад +1

    Tera intambwe ba diaspora

  • @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk
    @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk 21 час назад +1

    Mumumbarize ko yoza kwubaka n'ino ruguru mu bukeye ?

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 23 часа назад +1

    nimukomere muri zambie turabakurikirana

  • @B-Y-N
    @B-Y-N День назад

    👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 11 часов назад

    Fablice,uracunga cane!! Nkuyu mutipe ubu ikiganiro yaragamije iki!!?? Kwell ko ibintu wabisobanuye Muburyo buhagije!!!! Tangura kugenzura umutekano wawe ga sha!!!

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 16 часов назад

    Mukomere cane

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 День назад +1

    Hamwe igihugu kitomuha abamucungera umutekano twoca tumenya ko dufise indongozi zisamara muri vyose

    • @dj_clover257
      @dj_clover257 День назад

      Ivyo nibikenew Kuko ntamuntu yononera.

    • @songamberetv2219
      @songamberetv2219 День назад

      @@dj_clover257 haha niwe ubizi abasi bigihugu barashize?

    • @dj_clover257
      @dj_clover257 День назад

      @@songamberetv2219 Uwo arinzwe nuwuhoraho, ndibaza naho bobamuha ntaboyokwakira ndakurahiy.