U BURUNDI BUZAGANIRA NA RED TABARA CYANGWA NAHO BIZABA KU NABI?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 10 фев 2025
  • Join this channel to get access to perks:
    / @bbkigalifm

Комментарии • 70

  • @AHERACYANE
    @AHERACYANE 2 дня назад +7

    Munkandore kwifoto bavandi nimundemere Imana ibahe umugisha❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 3 дня назад +4

    Mwabuze ico muvuga nico mukora?nya Red Tabara yanyu ntituziko ari impunzi ziraho imahama mwahaye imbunda nya Red Tabara imaze gufata i cm zingahe zubutaka bw'Uburundi ngo kugirango basabe ibiganiro,Red Tabara tuzoyirasa gushika.

  • @gagakenzybuffalo6839
    @gagakenzybuffalo6839 3 дня назад +7

    Twe naho bomutera aga C_d'état ntaco bitwaye kuko nubundi tubayeho nk'abatagira l'état. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @FabriceFrommurengeza
      @FabriceFrommurengeza 3 дня назад

      We kirofa ww warasaze ww igihugu kiduha amahoro nico uvug uk naw urumwasi wuburundi urazi 1993ukuntu tutaryama twirirwa ruriruka mugabo ub umuntu araryama agasinzira

    • @KayingwaJeanDarcy
      @KayingwaJeanDarcy 3 дня назад

      Mwihangane

    • @NiyomugaboDavid-u3z
      @NiyomugaboDavid-u3z 3 дня назад

      Ur kijuju

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 3 дня назад +1

    RDF yaratsinze ariko CNDD habaye imishikirano ntukajye ugereranya inka n'ingurube
    Rero RED Tabara ibatabare vuba nkuko M23 yabikoze kuko mwe biroroshye kuva uvira ujya Bujumbura ni 43Km urumva ko ari amasaha make kandi na Bunyoni arayifuza kuko yasavye ikigongwe kubo yahemukiye agafatanya na Nkurunziza na Neva

  • @IshimweAlly-i7t
    @IshimweAlly-i7t 3 дня назад +1

    🙏🧑‍🤝‍🧑🧑‍🤝‍🧑

  • @UBUMENYINYABWOTV-1
    @UBUMENYINYABWOTV-1 3 дня назад +1

    Birababaje ukuntu mufata umwanya muganira ku matangazo ya Red Tabara!! Nkuko tudashobora kuganira na FDRL ninako uburundi budashobora kuganira nabo bicanyi. Ntimukwiye no kubataho umwanya

  • @Hbiyambere
    @Hbiyambere 3 дня назад +1

    Mujye muvuga fdr ko ishaka kuganira nubrwanda muve kubandi mwa bateruzi bibindi mwe , mwibeshye babafunge.

  • @alfredkenniyibigira4165
    @alfredkenniyibigira4165 3 дня назад +3

    Namwe mukaganira Na FDLR naho red tabara izoganira nabo

    • @Hbiyambere
      @Hbiyambere 3 дня назад

      Ubabwije ubabwije ukuri biyemera kubi

  • @manudiofficial
    @manudiofficial 3 дня назад +2

    Uburundi si Congo baraza tubamese

  • @ndungutsedamien3777
    @ndungutsedamien3777 7 часов назад

    RED TABARA ni umutwe CNDD yashize muri Kongo ngo ijye ivuga ko irwanya Leta kandi bakorana.

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 3 дня назад +1

    Neva agomba gufatwa vuba cane wavyanga wavyemera agomba gutabwa mumvuto.
    Azabazwa vyinshi harimo ingurube n'isazi yariye😂😂😂

    • @Humuratv3250
      @Humuratv3250 3 дня назад

      @@undoyenezapeter8102 mwavuze ko muzofata Bukavu muraza harya si goma harya numurugo niho muzokwumva ko u Burundi ntibukinishwa

    • @oscarjay5710
      @oscarjay5710 3 дня назад

      Gafata amabuno

    • @Wayellée-pro
      @Wayellée-pro День назад

      ​@@oscarjay5710 kuba uri umushumba simbigarukaho!!!!

  • @Musindi736
    @Musindi736 3 дня назад +2

    Noe ko bitwaje ngubwoko nibande bahohoterwa muburundi ngo nuko azira ubwoko niba koko bashigikiwe nabaturage uvyo biroroshr kubona

    • @lctalentsports
      @lctalentsports 3 дня назад

      Inzara izura inzara icambere rero ico conyene cotuma urwanya ubutegetsi kuko ntaco baba bariko barakora n'ibindi vyinshi ntashatse kuvuga

  • @ignacetwagirayezu7961
    @ignacetwagirayezu7961 3 дня назад +1

    Red Tabara mmurebe neza ntamutwe urimo Kandi simbabesha muzabibona Red Tabara nicyuka

  • @ignacetwagirayezu7961
    @ignacetwagirayezu7961 3 дня назад +1

    Red Tabara ni cyuka ntangabo zifatika ifite

  • @Juvenalntaganzwa
    @Juvenalntaganzwa 3 дня назад +1

    ❤❤❤❤❤❤

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 3 дня назад +1

    Nigusengera abanyarwanda ubwonko KILLING MACHINE FPR inyenzi zarabutobye.

    • @Wayellée-pro
      @Wayellée-pro День назад

      Hhhhha niwowe wambere ukwiriye guherwaho usengerwa.

  • @KikollottoKing1
    @KikollottoKing1 3 дня назад +2

    ariko abatutsi bamaze kwibona mu karere peeee😂

    • @Wayellée-pro
      @Wayellée-pro День назад

      Ariko ubundi uwabaroZe yarakarabye?!

  • @jpmukito956
    @jpmukito956 13 часов назад

    Fdlr niyo izoganira na leta y’urwanda nicyo mwashatse kuvuga. Ubundi bwo red tabara igizwe nabakoze coup d etat manqué 2015 ize tuyimese

  • @uwitonzedjemba5357
    @uwitonzedjemba5357 3 дня назад +1

    Kungufu gusa😅😅😅

  • @arseneniyongabo9965
    @arseneniyongabo9965 3 дня назад +1

    Reta yurwanda irakomeme ibihuvyose irabitera

  • @FabriceFrommurengeza
    @FabriceFrommurengeza 3 дня назад +3

    Red tabara ntakibanza ifise muburundi kk bobo nabicanyi bica abenegihugu mugihe izohirahira ikinjira muburundi kurwana abarundi twese tuzohaguruka tuyirwanye twese

    • @JoeNtirampe
      @JoeNtirampe 3 дня назад

      Wew urimwo abarundi bangah

  • @SaraSara-m3z5d
    @SaraSara-m3z5d 3 дня назад +1

    Urazoza ibibahe nyabiganiro

  • @SurprisedDesertCobra-ik8vg
    @SurprisedDesertCobra-ik8vg 3 дня назад +1

    Amakuru yunomusi

  • @concessanyirabasabose
    @concessanyirabasabose 2 дня назад +1

    😅

  • @mugishabs
    @mugishabs 3 дня назад +1

    RED RABARA NIKIMWE NA FDLR NIYO KUMARA ABANTU

  • @alexandremanirakiza-cl7ue
    @alexandremanirakiza-cl7ue 3 дня назад +1

    Ivyuvuga sivyoooo

  • @AnithaNteziyaremye
    @AnithaNteziyaremye 2 дня назад +1

    Amayeri yinkotanyi twarayamenye muzoze tubamese

  • @HavyarimanaMethode-iq6nf
    @HavyarimanaMethode-iq6nf 3 дня назад +1

    Ntamakuru mufise mwanyenzimw

  • @dorcaskarago2876
    @dorcaskarago2876 3 дня назад +1

    Burundi twende kazini

  • @rodinmugsha4494
    @rodinmugsha4494 3 дня назад +1

    Uyo muhungu jonatha ni incabwenge

  • @alexandremanirakiza-cl7ue
    @alexandremanirakiza-cl7ue 3 дня назад +1

    Non wewe urumva mugenzawe yariko akubwiraki

  • @bukuruyassini
    @bukuruyassini 4 часа назад

    Kizoba ari ikiraka bahay abarundi abazo tanguz intambara

  • @Musindi736
    @Musindi736 3 дня назад +1

    Baze bakina nivyo bazi noe red tabara irwanira iki ?

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 День назад

    Ntabiganiro vyaredi tabara bizobaho kubadede😂nindoto zabariburaya bAbabesha rendi harabanyagihugu bayizi izwi nabanyabujumbura😂bibuke abadede efenere mwishamba baribafise ingumvu kubera varimumakomine nkayose yigihugu

  • @Humuratv3250
    @Humuratv3250 3 дня назад +1

    Na cndd yarananiwe gufata igihugu ngo Red tabara izofata u burundi?

    • @manudiofficial
      @manudiofficial 3 дня назад

      Ico badatahura igisirikare c’uburundi bakwiye kumenya ko aric’igihugu atari ikiroberi kuva kivuka kiracahagaze bwuma 😅😅

  • @NiyonkuruMedard-s8o
    @NiyonkuruMedard-s8o День назад

    😂😂😂😂mbe abobamenyesha makuru bomugwanda murafise ubwenge😮😮😮mwe murabwira abiwanyu baganir nabamw bica abatuts muganire ariko natw ntabiganiro bikenew nivyo vyicanyi vyica abantu ntamunyagihugu numw arinyuma yavyo hubwo namwebw mufat umwanya mukavugakuribo sinziko mufise akazi😂😂😂😂😂nibaj kuryama naho nibashak kuza bazoze bazosanga abanyagihugu dufise imihoro namacumu ntaningabo yigihugu tuzokenera twebwe abenegihugu tuzobifasha

  • @alexandremanirakiza-cl7ue
    @alexandremanirakiza-cl7ue 3 дня назад +1

    Komera

  • @MuhireIsmail
    @MuhireIsmail 3 дня назад +1

    Uyu mugabo arasobanutse reta ninayo yigishije abaturajye isura yigihugu nubuyobozi buriho jonata ukwiye kuba mwarimu byose bipfira mukwigisha nubuyobozi iyobiyobeje umuturajye

  • @richardnshimirimana-io6rq
    @richardnshimirimana-io6rq 3 дня назад +2

    Uburundi si Congo muvyumve uko nukwidigadiga abarundi intambara twagwanye ni nyishi izo mbwebwe nibaje imahama kurya impungure ntakindi ko base gutaha

    • @lctalentsports
      @lctalentsports 3 дня назад

      Aba CDD nta ntambara mushoboye igisirikare cari rikomeye cari Ica Buyoya none mwarabamaze mubi kuko mwebwe abadd mwahawe igihugu for free nta na centimètre nimwe mufashe rero mureke kwikomanga muga tuntu ngo muzorwana n'urwanda bamenyereye intambara kandi bakazitsinda babakubitiye Congo muraba hehe😂😂😂

  • @emeryshalom7067
    @emeryshalom7067 3 дня назад +2

    Uburundi si Congo muvyumve,RDF yabaye inyeshamba n'a CNDD-FDD yabaye inyeshamba,nikuvuga imikino Urwanda rukina Uburundi rubitahura kare

    • @MuhireIsmail
      @MuhireIsmail 3 дня назад +1

      Mutahure simbabujije gukangura usinziriye biroroha ariko uwisinzirije biragora niba ugereranya pk naneva waba wisinzirije pe😂😂😂😂

    • @rodriguerwaka987
      @rodriguerwaka987 3 дня назад +1

      CNDD FDD harya hari numutumba yigeze irwana igafata😂😂😂

    • @ChizaJean-z7d
      @ChizaJean-z7d 3 дня назад

      Red tabara iraje Kandi ntagihe gisigaye na Neva wanyu arabizi😊

    • @rodriguerwaka987
      @rodriguerwaka987 3 дня назад +1

      Red tabara iteye ndabizi CNDD FDD yahita icanganyikirwa igatangira kwica abanyagihugu ba batutsi ibyo Kandi byahita bituma itsindwa byihuse

    • @SaraSara-m3z5d
      @SaraSara-m3z5d 3 дня назад

      Namwe ntibarongoye😂

  • @richardnshimirimana-io6rq
    @richardnshimirimana-io6rq 3 дня назад +1

    Sha baraza iyo red tabara barodusanga

  • @ElyséchadrackBizumuremyi
    @ElyséchadrackBizumuremyi 2 дня назад

    Iz mburakimaz zos kozitwaz ng zigmb gushigikir no gufash aben gihug tw twabibasavytw tubayeh nez kand umpunt wes yavuz nab evarist ntazobabarirw imber yiman nabarund

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 3 дня назад +1

    Mwabuze ico muvuga nico mukora?nya Red Tabara yanyu ntituziko ari impunzi ziraho imahama mwahaye imbunda nya Red Tabara imaze gufata i cm zingahe zubutaka bw'Uburundi ngo kugirango basabe ibiganiro,Red Tabara tuzoyirasa gushika.