Ikiganiro mutegerezwa kwumviriza🙏🏽/Navukiye mu Buhungiro,sinifuza ko abana banje bazobaho nk’impunzi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 ноя 2024

Комментарии • 26

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Месяц назад

    What a great man with a great mind ! Hari aba jeunes bashaka gukora Leta nitworohereze ntakibdi kibuze abantu bashakako igihugu cogorora turuzuye tubura aho duhera kuko tutoroherezwa

  • @Aureste_thibautIrutingabo
    @Aureste_thibautIrutingabo 2 месяца назад

    Jewe ndashimye umumenyeshamakuru. Imana yaraguhezagiye kandi ibandanye iguhezagira. N'uyo mutumire aratomoye kandi yagize amahirwe yo kugira abavyeyi bamukundishije Uburundi.
    HEZAGIRWE MWEMPI

  • @AxelNdikumana
    @AxelNdikumana 2 месяца назад

    That's awesome we are following the work you do !

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 2 месяца назад +1

    I thought I was number One Patriotic Burundian; you have humbled me😅

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 2 месяца назад +3

    Uyumuntu niwe akunda uburundi rero ntaco atakoze kugira yiteho igihugu ciwe❤

  • @parfaitmugisha5426
    @parfaitmugisha5426 2 месяца назад +1

    That was powerful, thanks...

  • @darlenekanyamuneza6266
    @darlenekanyamuneza6266 2 месяца назад +2

    Kwa dative bavuga icongereza gusa😂arashoboye nukuri 😊

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 2 месяца назад +1

    Ivyo vyose birashoboka igihe umurundi ahinduye mindset d'être perfectionniste mu kazi kiwe dans l'intérêt de son boulot et du coup tout le pays. Burundians are patriotics but in a wrong way of division. Turabe umurundi nk'umuntu nkawe, dusangiye igihugu !

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 2 месяца назад +1

    Hosy mbona unapendeza Dada,numutumire wakiriye gikuru nuko yikundira igihugu ciwe camwibarutse disi birampimbaye

  • @Mpayinkandayisnga
    @Mpayinkandayisnga 2 месяца назад

    👌👌👌👌👌lik it❤

  • @rukundoelize4512
    @rukundoelize4512 2 месяца назад

    ❤❤❤❤

  • @douce9601
    @douce9601 2 месяца назад

    Abo bavugako batazogaruka barinesha iwanyu ni wanyu tu

  • @krc0607
    @krc0607 2 месяца назад +1

    @33:15, abo bazungu ego pendant la colonisation bakoze amabi menshi. Ariko ivy'ubwicanyi, oyaaaa. Nta bazungu baroze abantu ngo baje kwica bene wabo abarundi, n'ubukoko buturimwo twebwe nyene. Tuvyemere. Reconnaissons les horreurs commises par les Burundais envers leur propre peuple. Amabi yose s'ukuyashira ku bazungu.
    Iyi commentaire yanje bahava basubira kuyifuta hahaha... j'ai l'impression ko ama critiques amw'amwe mudashaka ko aba visibles!
    Sinon iyo programme numva ari nziza et vraiment nécessaire iwacu, courage à eux. Mugabo iyo labour avuga iri muri Africa, cane cane i Burundi, malheureusement ntiri bien formé dans différents domaines.

    • @doomedinscrolling3587
      @doomedinscrolling3587 Месяц назад

      Oya biragira impact nini cane kubantu, urimagina 400 years of oppression, brainwashing bikora kuma generations
      Ntabwo aruburundi gusa presque toute l’Afrique yarabaye touché
      C’est plus subtil qu’on ne s’imagine ingaruka mbi ya colonisation.
      Ubu gusa kubera twabitahuye bofata nka branche iri dedicated gusubira kwigisha abantu kuri vyinshi
      Culture, identité nibindi nibindi

    • @krc0607
      @krc0607 Месяц назад +1

      @@doomedinscrolling3587 400 years of oppression? Uvuga esclavage n’est-ce pas, et pas la colonisation.
      Jewe navuga colonisation pour le cas du Burundi, kuko nivyo bariko baravuga murico kiganiro.
      Ntitwoza turafata ibitunaniye vyose ngo n’amakosa y’abazungu.

  • @cynthianduwimana1916
    @cynthianduwimana1916 2 месяца назад

    👍👍

  • @niyimbabazielise8919
    @niyimbabazielise8919 2 месяца назад +1

    uno muntu arakaze Hosy kindly assist me with his number

  • @nduwimanafiston1189
    @nduwimanafiston1189 2 месяца назад +1

    Nivyiza gusa mumwigishe ikirundi

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 2 месяца назад

      Ubwo wumvirije histoire yiwe?
      Ahubwo biranatangaje kubona avuga nico azi nukuri

    • @SnowSnowing-ov5px
      @SnowSnowing-ov5px 2 месяца назад +1

      ​@@kalyka4107 nacane cane nasanze abantu bazikirimi batiyemera.umugabo wanje yagiye afise 2ans arakivuga cane avuga KO ategerezwa kuvuga batwenga badatwenga🤗

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 2 месяца назад +1

      ​@@SnowSnowing-ov5pxico kintu co gutwengana naco turagikunfa nukuri.

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 2 месяца назад

    .....tuzohaba tuzohasazira ntihazocika muhira
    Indirimbo ya SOGO

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 месяца назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Stef_xx7
    @Stef_xx7 2 месяца назад

    Abantu baratandukanye, uwushimye kuguma mu gihugu camwakiriye ni uburenganzira bwiwe kandi ntibikwiye ko tubimugayira! Uwushimye gutaha ni vyiza ko yobikora ariko ntiyibaze ko aruse abandi

  • @Dusenge-TV
    @Dusenge-TV 2 месяца назад

    ❤❤❤