Naze rirarenga| Club Socio-Culturel Giramahoro

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Imvyino yo mu rukurikirane"Nkwihoreze" rwabateguriwe n'umurwi ndangakaranga Giramahoro

Комментарии • 19

  • @juvenalndayishimiye4662
    @juvenalndayishimiye4662 Месяц назад

    Imvyino zikirundi ziraryoha gosee.big up club giramahoro

  • @jeanjacquesyapelejeanjacqu2077
    @jeanjacquesyapelejeanjacqu2077 2 года назад +5

    Merci infiniment à ce groupe socio culturel qui rendu mes séjours agréables dans ce pays avec une population au Grand Cœur .

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji 3 месяца назад +1

    Indirimbo "Naze rirarenga" yanje mu 1981. Ico gihe niga mu Gitaramuka (arrondissement Karusi) aho twayikoze c'ukwiyoberanya mu bihundahunda vy'igitoke kuri fête scolaire, ica ikwira intara yose ya Gitega, hanyuma ikwira Uburundi bwose.

  • @muhoracyeyedaphrose5715
    @muhoracyeyedaphrose5715 2 года назад +6

    Nkunda. Uko mubyina

  • @philbertntungwanayo5916
    @philbertntungwanayo5916 Год назад +2

    Je vous aime beaucoup depuis longtemps! Mais je ne sais pas si vous êtes toujours à l’œuvre.

  • @Bicocoro
    @Bicocoro 2 года назад +2

    Imana ibampezagirire cane.
    Ikibazo, uko mugana mwese mwoshira ino ndirimbo kuma statuts yanyu. Buri munyamuryango wese akayisangiza incuti n'abagenzi biwe, nabo bakayihana hana, yorabwa cane.

  • @LandryHakizimana-tz5kb
    @LandryHakizimana-tz5kb 3 месяца назад

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😮😮😮😮😮😮😮 vyizaaa caneeee

  • @niyonzimapatrick4148
    @niyonzimapatrick4148 2 года назад +1

    abarundi KAZI muri beza

  • @jacqui702
    @jacqui702 Год назад +4

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️♥️

  • @nadianatashanikuze2471
    @nadianatashanikuze2471 Год назад

    Iyi ndirimbo ndacayikunda nubu , iraryoshe peee.

  • @ninzizaqueendanielle9606
    @ninzizaqueendanielle9606 10 месяцев назад +1

    ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @Bicocoro
    @Bicocoro 2 года назад +3

    🇧🇮🙏🏽🇧🇮

  • @ericnilgautntakarutimana8360
    @ericnilgautntakarutimana8360 2 года назад +1

    Ego

  • @EmeryCadeau4-jv7tb
    @EmeryCadeau4-jv7tb 10 месяцев назад

    ❤️❤️

  • @NdayizeyeClauvis-up6fe
    @NdayizeyeClauvis-up6fe Год назад

  • @muhoracyeyedaphrose5715
    @muhoracyeyedaphrose5715 2 года назад +2

    Nkunda. Uko mubyina

  • @zopaidaass370
    @zopaidaass370 Год назад

    ❤❤❤❤