Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
❤❤ ndakwikundiye wubahwe ntabundi buhinga..❤❤
Ndakwipfurije gutera imbere. Iri jwi ntirisanzwe.
waaaoouuu ndakumenye vuba gus vrmt warandyohey ijwi ryaw riratesaaa courage cane ugere kure🔥🔥🔥🔥
❤ my mom.IMANA ikumbugabugire mumwMi mwayoooo wari nyakuramba ariko yo ntiyabishimyeeer😢
Nciye numva merereje!! What a voice
Burundi talent. I' m proud of you girl. Osy uyo mukobwa nuwo gushigikira pee. Merci beaucoup kuvyo ukora 🇧🇮🇧🇮
Linda canção e interpretação. Obrigado. Um abraço do Brasil para você.
Sister of masterland azonabica
Courage my Twin. Ndagukunda❤️🌹
Uzi ko merereje 😢😢😢😢AmanzingKira Se nyakuramba
😊😇🥰 congratulations. Yumvika nkabarya bakera biyumvira ibyo bavuga baririmba felicitation!
Woooaaauuuuhhhhh!!!!!! So prety😍.
Oooh noonnn uyo muntuuuu
Ndagukunda uririmba izacu zarizaraheze zaketa👍👍👍
Uraturijije Aimée!untumye kwumviriza n'ugutahura amajambo ari muriyo ndirimbo, arakora ku mutima!Courage..
ndakengurutse cane #Ngendakumana Josette.merci pour ton soutien,ça me touche beaucoup!
Vyiza cane ❤❤❤❤
Waouuuh 😍birahimbaye cane😍😍
Courage Aimé urafise talent vrmt
Very nice voice 😊
Harimwo akajwi kaza nkaka Rihana karabiryosha trop so courage saana!!❤ ❤ 😍
Urakoze caane kudukumbuza abavyeyi bacu nabagaciro bubahwe
Wawoo
J'adore
Joli timbre de voix. Pas mal du tout.
Waouh😍😍
Courage aimee urashoboye peee❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Komera mwana wa mama waragasongoye neza kararuhura ba Mawe bubahwe hose🇧🇮🇧🇮🔥💓💓courage mine 🥰
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Most talentedFor sure asumvya beshi tuzi kd cane
Courage Aimée
Woooh urashoboy sister
J'ai une chaire de poule OMG!!
True tarent in burundi
Oooh wao, this cover so 👌 congratulations
Aimé 🥰🥰
Igitangaza! Magnifique reprise. Superbe voix!Brava!
Wooow
Kweli kabisa
Oooh wow🥰😇 j'en ai les larmes aux yeux ! C'est tellement émouvant
Yoooo vyukur korer Uhoraho yaraguhay impano
Keep it up! 👏🏾👏🏾👏🏾
Atumye nkumbura mama .
Shigikira uwo mwigeme elle donne plus de frissons que Adèle dans hello
Courage Aimee 💪 ♥ amarira y umunezero niyo aca yisuka uko ndakaravye.Be blessed 🙌
merci beaucoup #Clarisse.merci pour ton encouragement,ça compte énormément pour moi.
Uririmba neza caneee
Well done
Talent yigendera♥♥♥♥
Good voice
Nice 🙏 turakeneye talents nkizi zikora ibintu nkibi 🇧🇮 courage Aime Love from #runtowndjs
Va de l'avant Aimée. Bravo
❤❤❤❤❤❤❤
good job
Waouh Nice voice
Whaou ijwi risukuy du courage ma soeur uzodukorer hello ya Beyoncé plz
Uburundi burabitse ivyiza
Need to be suported for sure.
🔥🔥🔥🔥🔥
❤
Numv nanarira m belle
I appreciate the singer lady, please someone to organize BURUNDI GOT TALENT
Interpretation nziza
Ooh!haleluya
Umubanyi wanj
👌👌👌👌👌👌👌👌
wewe ndagufana kabisa
Talent arayifise ariko indirimbo original siya Ciza Sylvestre kabisa... Ciza azwi cane kundirimbo Uburundi uri umutima wa afrika...
Merci Ni Hakizimana Jean Berchimas
🤝🙏🙏🙏
🤣 🤣 Caurage mwana 👌 👌 wiburundi
Indirimbo nziza cane...
Ubikora neza cane
She has music in her blood . Congratulations🇧🇮.Go ahead girl,you will do more better than that.
Urabiz kl
Yoshobora style blues et jazz uko numva sa voix
❤❤❤
❤😭❤
Zambian kalengelenge music song welcome ,
Nice voiceWm
Azaduhe no yaeatsap🙏🙏🙏
❤❤ ndakwikundiye wubahwe ntabundi buhinga..❤❤
Ndakwipfurije gutera imbere. Iri jwi ntirisanzwe.
waaaoouuu ndakumenye vuba gus vrmt warandyohey ijwi ryaw riratesaaa courage cane ugere kure🔥🔥🔥🔥
❤ my mom.IMANA ikumbugabugire mumwMi mwayoooo wari nyakuramba ariko yo ntiyabishimyeeer😢
Nciye numva merereje!! What a voice
Burundi talent. I' m proud of you girl. Osy uyo mukobwa nuwo gushigikira pee. Merci beaucoup kuvyo ukora 🇧🇮🇧🇮
Linda canção e interpretação. Obrigado. Um abraço do Brasil para você.
Sister of masterland azonabica
Courage my Twin. Ndagukunda❤️🌹
Uzi ko merereje 😢😢😢😢Amanzing
Kira Se nyakuramba
😊😇🥰 congratulations. Yumvika nkabarya bakera biyumvira ibyo bavuga baririmba felicitation!
Woooaaauuuuhhhhh!!!!!! So prety😍.
Oooh noonnn uyo muntuuuu
Ndagukunda uririmba izacu zarizaraheze zaketa👍👍👍
Uraturijije Aimée!untumye kwumviriza n'ugutahura amajambo ari muriyo ndirimbo, arakora ku mutima!Courage..
ndakengurutse cane #Ngendakumana Josette.merci pour ton soutien,ça me touche beaucoup!
Vyiza cane ❤❤❤❤
Waouuuh 😍birahimbaye cane😍😍
Courage Aimé urafise talent vrmt
Very nice voice 😊
Harimwo akajwi kaza nkaka Rihana karabiryosha trop so courage saana!!❤ ❤ 😍
Urakoze caane kudukumbuza abavyeyi bacu nabagaciro bubahwe
Wawoo
J'adore
Joli timbre de voix. Pas mal du tout.
Waouh😍😍
Courage aimee urashoboye peee❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Komera mwana wa mama waragasongoye neza kararuhura ba Mawe bubahwe hose🇧🇮🇧🇮🔥💓💓courage mine 🥰
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Most talented
For sure asumvya beshi tuzi kd cane
Courage Aimée
Woooh urashoboy sister
J'ai une chaire de poule OMG!!
True tarent in burundi
Oooh wao, this cover so 👌 congratulations
Aimé 🥰🥰
Igitangaza!
Magnifique reprise. Superbe voix!
Brava!
Wooow
Kweli kabisa
Oooh wow🥰😇 j'en ai les larmes aux yeux ! C'est tellement émouvant
Yoooo vyukur korer Uhoraho yaraguhay impano
Keep it up! 👏🏾👏🏾👏🏾
Atumye nkumbura mama .
Shigikira uwo mwigeme elle donne plus de frissons que Adèle dans hello
Courage Aimee 💪 ♥ amarira y umunezero niyo aca yisuka uko ndakaravye.Be blessed 🙌
merci beaucoup #Clarisse.merci pour ton encouragement,ça compte énormément pour moi.
Uririmba neza caneee
Well done
Talent yigendera♥♥♥♥
Good voice
Nice 🙏 turakeneye talents nkizi zikora ibintu nkibi 🇧🇮 courage Aime
Love from #runtowndjs

Nice voice
Wm
Azaduhe no yaeatsap🙏🙏🙏
❤❤❤
Ubikora neza cane